Kuki kera bavuga ko abagore aribo gusa baba ingumba?
Mu kibano aho duherereye turamaze kwumva imvugo igira ngo « nta mugabo atavyara ». Ikinyamakuru Jimbere caregereye umuhinga mu mico n’akaranga aratuyagira inkomoko y’iryo jambo eka ndetse n’uko abantu babifata muri kino gihe ca none. Mbega koko ni vyo nta mugabo aba ingumba? Ku bwa Ernest Nahimana umuhinga mu bijanye n’imico n’akaranga ukutamenya hamwe n’ugushaka … Lire la suite de Kuki kera bavuga ko abagore aribo gusa baba ingumba?
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer