Banyagisagara, be maso !

Ikete rya mbere rya Njebarikanuye ryerekeye ubusuma n’ubunyonyezi bwigize ndanse mu bisagara. Banyagisagara benewacu nkunda cane, Mbaje kubaramutsa ndabifuriza umwaka mushasha wa 2020. Ndabandikiye iri kete ndabamenyesha ko aho muba hari ibimwenyi n’ibisiga bishonje biryamiye amajanja. Bamwe babita abanyamitwe abandi bakabita abatuwuneri, mugabo baragisibije benedata ! Bakoresha amayeri n’amanyanga akomeye kugira mwikore mu mifuko mubahe ivyo … Lire la suite de Banyagisagara, be maso !