Burundi : ukuri kuri « Coronavirus » ntigukwiye kumirwa n’amajwi y’ibihuha n’ibinyoma
Igihe cose iyo ikiza cadutse, cama giherekezwa n’ibihuha vyinshi, abigira abahinga ntibabura, nayo abigisha ukabasanga hose. Uri abavuga ukuri, ababesha, abatwara inkuru ukutari kwo, abanyagihugu bagatekerwa n’ubwoba mbere bamwe bagatekera bagahunga. Haba hageze ko abafise ubumenyi n’amajwi ashika kure bagira ico bakoze. Kw’igenekerezo ryo ku wa 24 ntwarante, umukuru w’igisagara ca Bujumbura ari kumwe n’abajejwe … Lire la suite de Burundi : ukuri kuri « Coronavirus » ntigukwiye kumirwa n’amajwi y’ibihuha n’ibinyoma
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer