Gutembereza ibicuruzwa mbumbarugo umuhana ku wundi, uburyo bugezweho bwo guca akanoti?
N’ubwo abadandaza ibifungurwa mbumbarugo co kimwe n’ivyamwa basigaye babitembereza ku bwinshi umuhana ku wundi, ngo ni ukubura uko bagira kuko ngo ari uburyo bwo guhigisha udufaranga kugira basimbire muhira guhembura abana n’aho nyene kuturonka bitama vyoroshe. Muri iki gihe ubuzima busa nk’ubugoye. Ifaranga kuribona inomero bisaba kubira akuya bigakomera, kanatsinda uwushaka umubira abira akuya. Abakurambere … Lire la suite de Gutembereza ibicuruzwa mbumbarugo umuhana ku wundi, uburyo bugezweho bwo guca akanoti?
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer