Agateka k’abana : n’igiki kimaze gukorwa inyuma y’imyaka 30 …

Igenekerezo rya 20 munyonyo ry’uwu mwaka, rihuriranye n’imyaka 30 irangiye hemejwe amategeko mpuzamakungu yubahiriza agateka k’abana. Ku bw’ivyo, Uburundi bwifadikanije n’ibindi bihugu kuri uyu wa gatatu mu guhimbaza iryo sabukuru ku civugo: « Twese duhamagariwe kurushirizaho kwubahiriza agateka k’abana. » Nkuko vyashikirijwe ejo hahise mw’itangazo ryasomwe n’umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’agateka ka zina muntu, imibano … Lire la suite de Agateka k’abana : n’igiki kimaze gukorwa inyuma y’imyaka 30 …