Kuba amakonteri y’umuyagankuba atakibarizwa muri Regideso gusa hari akarusho kanini
Kuva muri ruheshi umwaka wa 2019, amazu ane ariyo TIPC, KLK, UBUCOM na BESCO ni yo yashoboye kugiriranira amasezerano na Regideso kugira aze aragurisha amakonteri kuri buri muntu wese yipfuza amatara n’amazi ku muhana iwe. Ku mvo z’ibikorwa vyinshi vyarangurwa n’ishirahamwe ritanga amatara n’amazi Regideso, vyarashika ko iyo umunywanyi asavye kuronka amatara amara iminsi atarashobora … Lire la suite de Kuba amakonteri y’umuyagankuba atakibarizwa muri Regideso gusa hari akarusho kanini
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer