Agatabu k’amategeko agenga ibinyobwa bihingurwa mu bitoke na tangawizi karaye kemejwe

Iyo ibinyobwa bitagira amategeko abigengaˌ umwe wese abikora uko agomvye, kandi ngo ntibishobora kujabuka imbibe. Vyavugiwe mu ruganda rwo kwemeza amategeko agenga ibinyobwa bikorwa mu gitoke no muri tangawizi aho abahinga n’abahingura ivyo binyobwa bari bakoranye. Kuri uwu wa 30 na 31 Mukakaro, kuri Royal Palace Hotel, hakozwe uruganda rwo kwemeza agatabu ndangakintu kemeza amategeko … Lire la suite de Agatabu k’amategeko agenga ibinyobwa bihingurwa mu bitoke na tangawizi karaye kemejwe