{"id":8863,"date":"2025-08-07T14:15:54","date_gmt":"2025-08-07T12:15:54","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/?p=8863"},"modified":"2025-08-09T20:50:26","modified_gmt":"2025-08-09T18:50:26","slug":"kigega-paeej-burundi-inyigisho-ubutunzi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/kigega-paeej-burundi-inyigisho-ubutunzi\/","title":{"rendered":"Kigega iti \u00ab\u00a0Mwitegurire impinduka zozanana no gushorerwa cane\u00a0\u00bb"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Umurwi wa mbere ugizwe n&rsquo;urwaruka rw&rsquo;abanyamigambi basavye aho kudandariza ivyo bahingura mu kibanza kiri hagati mu gisagara ca Bujumbura co kuri \u00ab\u00a0Palais des Arts\u00a0\u00bb, watanguye kuronswa inyigisho n&rsquo;ikigo <a href=\"https:\/\/businesspark.bi\/\">Bujumbura Business Park<\/a>, ku kungene bubaka ubucuti n&rsquo;amabanki<\/strong><\/p>\n\n\n<div class=\"wp-block-image\">\n<figure class=\"alignleft size-full is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" width=\"1000\" height=\"667\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Umuyobozi-wa-KIGEGA-aganira-nurwaruka.jpeg\" alt=\"\" class=\"wp-image-8866\" style=\"width:649px;height:auto\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Umuyobozi-wa-KIGEGA-aganira-nurwaruka.jpeg 1000w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Umuyobozi-wa-KIGEGA-aganira-nurwaruka-300x200.jpeg 300w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Umuyobozi-wa-KIGEGA-aganira-nurwaruka-768x512.jpeg 768w\" sizes=\"auto, (max-width: 1000px) 100vw, 1000px\" \/><figcaption class=\"wp-element-caption\"><strong><em><sup>Umuyobozi wa KIGEGA ariko araganira n&rsquo;abagwizamwimbu bitavye inyigisho<\/sup><\/em><\/strong><\/figcaption><\/figure>\n<\/div>\n\n\n<p>Bugingo ibikorwa vyo gusubiramwo ikibanza ca \u00ab\u00a0Palais des Arts\u00a0\u00bb biriko bigana umusozo, imyiteguro ijanye no kuhakorera irabandanya <strong><a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=x4D2VSyoajw\">mu mugambi Kigega wa PAEEJ. <\/a><\/strong><br>Kimwe mu bibazo biguma bigaruka, ni ukungene abagwizamwimbu bazoshora ibidandazwa vyabo aho hantu, bazoshobora kuronka ibikwira abaguzi bazohagana, na rirya ico kibanza kiri hagati mu gisagara ca Bujumbura ahari uruja n&rsquo;uruza rwinshi cane. <br><br>Kugira ibidanzwa bibe vyinshi, bizosaba ko inganda zagurwa, haboneke ibikoresho vy&rsquo;ibanze bihagije, mbere n&rsquo;abakozi bagwizwe: ivyo vyose bizova ku kungene nya mashirahamwe akorana na Kigega azoba yaronse ingurane ijanye n&rsquo;iyo mwiteguro.<br><em>\u00ab\u00a0Mu kuronka nya deni mw&rsquo;ibanki, bizosaba ko werekana ingene ishirahamwe canke koperative yawe yinjiza amahera, ingene yunguka, uburyo iba ikene ku ndwi canke ku kwezi kugira ikore neza, n&rsquo;ibindi. Ivyo vyose bisaba ko wubaka imigenderanire myiza n&rsquo;ibanki, mu gukoresha buri kanya ikonti yawe\u00a0\u00bb.<\/em> Uko niko Umuyobozi wa Kigega, Roland Rugero, yasiguriye umuce wa mbere w&rsquo;abanyamigambi barenga 100 bitavye izo nyigisho, ku mashirahamwe 205 amaze kwiyandikisha ngo akorere mu bibanza vya Kigega.<\/p>\n\n\n\n<p>Rugero ati: <em>\u00ab\u00a0Burya PAEEJ yarahejeje mu kubaha ingurane y&rsquo;ibanze, ubumenyi bw&rsquo;ingene muyikoresha, ica inashiraho ikibanza c&rsquo;aho mushorera. Ubu ni ahanyu ho kwerekana ubukerebutsi nk&rsquo;abanyamigambi. Vyoba bibabaje mumaze igihe mukora ariko ugasanga biranka ko muronka ingurane y&rsquo;ibanki, n&rsquo;ubwo yoba ari nto, kubera ko amahera muronse mutayacisha kuri konti yanyu ngo ibanki ironke aho ifatira kugira ibafashe.\u00a0\u00bb<\/em><\/p>\n\n\n<div class=\"wp-block-image\">\n<figure class=\"alignright size-full is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" width=\"500\" height=\"721\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Jamin-du-PAEEJ.jpeg\" alt=\"\" class=\"wp-image-8865\" style=\"width:333px;height:auto\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Jamin-du-PAEEJ.jpeg 500w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/08\/Jamin-du-PAEEJ-208x300.jpeg 208w\" sizes=\"auto, (max-width: 500px) 100vw, 500px\" \/><figcaption class=\"wp-element-caption\"><strong><sup><em>Jamin Nduwayo, yaserukiye PAEEJ<\/em><\/sup><\/strong><\/figcaption><\/figure>\n<\/div>\n\n\n<p><strong>Kwama ufise icemezo canditse<\/strong> <\/p>\n\n\n\n<p>Jamin Nduwayo yaserukiye umuhuzabikorwa wa PAEEJ ku rwego rw&rsquo;igihugu, yasavye abo banyamigambi kuzirikana izo nyigisho: \u00ab\u00a0<em>Icatumye PAEEJ itanguza umugambi Kigega, ni uko twigeze kworora inkoko mu 2022, inyama zitubana nyishi turabura isoko gushika aho dutegura imisi mikuru yo kuzidandaza. Nkengurukire rero abanyamigambi bumvise akamo hama bagasaba ibibanza kare, kuko abantu benshi bama barindira gukora ari uko babonye umusaruro w&rsquo;abandi. Amashirahamwe yanyu akuze agashika aho ashora hanze, ca kibazo c&rsquo;ubushomeri kigatorerwa umuti, rizoba ari iteka ku gihugu no kuri barya bose bazoba barafashije kugira mushike kur&rsquo;iyo ntambwe.\u00a0\u00bb<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Mu nyigisho Bella Emerusabe wo muri Bujumbura Business Park yatanze, zari zerekeye ibintu umudandaza ategerezwa kuba afise kugira ashobore gukora neza, kuko bimufasha kumenya ivyo yasohoye hamwe n&rsquo;ivyinjiye (\u00ab\u00a0<em>journal de banque<\/em>\u00a0\u00bb na \u00ab\u00a0<em>journal de caisse<\/em>\u00ab\u00a0). Ngo ufise ivyo bituma OBR ije kuraba ibijanye n&rsquo;ikori vyoroha gusuzuma, ndetse ngo n&rsquo;iyo wasavye ingurane mw&rsquo;ibanki biroroha kubona ingene uriko urakora kugira bashobore kubona ko woronka canke utohabwa iyo ngurane wasavye.<\/p>\n\n\n\n<p>Mwomenya ko ukwiyandikisha ku banyamigambi bashikana imyaka 40 bakeneye ibibanza vyo kudandarizamwo muri \u00ab\u00a0Palais des Arts\u00a0\u00bb biciye muri Kigega, <a href=\"https:\/\/docs.google.com\/forms\/d\/e\/1FAIpQLSfOH_NZYWcgz10Vjw_T0ExQRS-0TAtDD5qbDY5zdnzRuJwM_A\/viewform\">bibandanya uciye aha https:\/\/bit.ly\/3Zy4bb1<\/a><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umurwi wa mbere ugizwe n&rsquo;urwaruka rw&rsquo;abanyamigambi basavye aho kudandariza ivyo bahingura mu kibanza kiri hagati mu gisagara ca Bujumbura co kuri \u00ab\u00a0Palais des Arts\u00a0\u00bb, watanguye kuronswa inyigisho n&rsquo;ikigo Bujumbura Business Park, ku kungene bubaka ubucuti n&rsquo;amabanki Bugingo ibikorwa vyo gusubiramwo ikibanza ca \u00ab\u00a0Palais des Arts\u00a0\u00bb biriko bigana umusozo, imyiteguro ijanye no kuhakorera irabandanya mu mugambi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":52,"featured_media":8864,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[207],"tags":[694,238,693,532],"coauthors":[669],"class_list":["post-8863","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ubutunzi","tag-bujumbura-business-park","tag-inkurunkuru","tag-kigega","tag-paeej"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8863","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/52"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8863"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8863\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":8874,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8863\/revisions\/8874"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/8864"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8863"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8863"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8863"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=8863"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}