{"id":8699,"date":"2025-01-27T10:16:43","date_gmt":"2025-01-27T09:16:43","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/?p=8699"},"modified":"2025-01-29T12:10:57","modified_gmt":"2025-01-29T11:10:57","slug":"kira-inyota-mugenzi-icivugo-gikwiye-kwama-kijana-nibihe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/kira-inyota-mugenzi-icivugo-gikwiye-kwama-kijana-nibihe\/","title":{"rendered":"\u00ab\u00a0Kira inyota Mugenzi\u00a0\u00bb\u00a0: icivugo ca Brarudi gikwiye kwama kijana n\u2019ibihe"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Kuronka ibinyobwa vya Brarudi ni ikibazo. Aho bibonetse na ho barabisahuranwa, hari n&rsquo;aho batonda imirongo kugira baronke ico banywa kandi ugasanga n\u2019ibiciro biri hejuru y\u2019ibizwi n\u2019amategeko. Mu kugerageza gutorera umuti ivyo bibazo, abajejwe intwaro baguma bahagarika bongera bakura ku ntonde z\u2019abadandaza inzoga za Brarudi uwo wese yikika mu kiza mu kunyegeza ibinyobwa canke kuzimba abaguzi, ariko nta gihinduka kiboneka. None ikibazo c\u2019ibinyobwa vya Brarudi\u00a0cotorerwa umuti gute ?<br><\/strong><br>Mu gisagara ca Gitega, kugira barangirane ahari ibinyobwa vya Brarudi bamwe mu bakunzi b&rsquo;agacupa barashizeho umugwi WhatsApp <em>ndangira inzoga<\/em>. Abadandaza b\u2019ibinyobwa vya Brarudi muri ico gisagara bakavuga ko ubunywero butandukanye buronka inzoga rimwe rimwe kandi ko zihera ariho zigishika ku bw&rsquo;abaguzi baba bazirindiranye igishika.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubera ukwo kubura kw&rsquo;ibinyobwa nyene, hari amategeko mu gisagara ca Bujumbura n\u2019ahandi aguma yubuka mu badandaza bamwebamwe baba baronse inzoga, aho usanga bategeka abaguzi ko uwukeneye ikinyobwa wese ategerezwa kubanza kugura n\u2019ico afungura mu gikoni. Canke ushaka inzoga ukagurana n\u2019ifanta ya Vitalo. Atari uko ugaca wisoza utarose ikinyobwa cagukuye muhira.<\/p>\n\n\n\n<p>N.G, wo mu gisagara ca Bujumbura avuga ko yugaye ubunywero kubera kubura inzoga, agize arazironka akazirangura ku baziguze, ibituma nawe yaca ashaka kuduza ibiciro ngo yunguke na make. Mu majambo yerekana agashavu, agira ati:&nbsp;<em>\u00ab&nbsp;N\u2019ubwo hari ubukene bw\u2019ibinyobwa vya Brarudi, nta n\u2019umuco uri mwitangwa ryavyo. N\u2019iyo na bike bibonetse hari abadandaza canecane abafise impusha zo kudandaza ku biciro birenze bama bashirwa imbere y\u2019abandi.&nbsp;\u00bb<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Abandanya agira ati&nbsp;:&nbsp;<em>\u00ab&nbsp;Ukorera mu nzoga za Brarudi utazinanye n\u2019amadepo aziguha ntiwopfa udandaje. Bafise ingene bazitanga mu kimenyane. Rero umaze indwi irenga utaronse n\u2019ikarato y\u2019inzoga kandi inzu ikenera kurihwa ukanahemba abakozi uca utekera ukiyomora. \u00bb<\/em> Mu kibazo kirimwo agahemo yongera amera nk\u2019uwutanga intererano, uyo yahoze adandaza inzoga ati&nbsp;: <em>\u00ab&nbsp;Ubwo Brarudi ntimarira ivy\u2019ihingura mu gihugu kibanyi ca Congo kwihigira amafaranga y\u2019agaciro&nbsp;?<\/em> <em>Nyabuna<\/em> <em>Reta yoraba igatanga impusha ku bafise ubushobozi, abahingura inzoga bakaba benshi ikareka kuguma yiteze Brarudi kuko biboneka ko itagishoboye kumara inyota abayizigiye. \u00bb<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ubukene bw\u2019ibinyobwa vya Brarudi n\u2019ibiciro bidasiguritse ku baguzi \u2026<\/strong><\/p>\n\n\n<div class=\"wp-block-image\">\n<figure class=\"aligncenter size-full\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" width=\"720\" height=\"406\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/brarudi-2.jpeg\" alt=\"\" class=\"wp-image-8694\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/brarudi-2.jpeg 720w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/brarudi-2-300x169.jpeg 300w\" sizes=\"auto, (max-width: 720px) 100vw, 720px\" \/><\/figure>\n<\/div>\n\n\n<p>Ingaruka mbi ni nyinshi kubera iryo bura ry&rsquo;ibinyobwa kuko ahenshi aho bibonetse uwuba yabironse aca acuruza bike kw&rsquo;ibeyi ya Reta, ibisigaye akabibika kugira abitange mu kinyegero, aho icupa rya Primus riheza rikagurwa amafaranga 4000Fbu canke arenga, Amstel na yo 5000Fbu canke arenga. Ni ukuvuga ko ku biciro bizwi barenzako amafaranga ari hagati ya 1500 na 2000Fbu, mbere n\u2019ayarenga.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu bunywero bukomakomeye hose mu gihugu c\u2019Uburundi, ubu bashinga ibiciro bisunze amatagisi batanze mu kigo OBR. Aho, icupa rya Amstel ndende riraduga rikanarenza 7000Fbu, mbere rigashika no ku 10.000Fbu.<\/p>\n\n\n\n<p>Bamwe mu bihereza ibinyobwa mu ntara ya Makamba bavuga ko babona agahaze mu bijanye n\u2019abahabwa uburenganzira bwo kuduza ibiciro. Bagasigura ko iyo inzoga zibonetse abatangura guhabwa ari bamwe bafise impusha zo kudandaza uko bishakiye ariko abasabwa kudandaza igiciro kizwi, cashinzwe na Reta badashikirwa. Bakemeza ko abajejwe gukurikirana itangwa ry\u2019ivyo binyobwa ari bo babohera amaboko i mugongo abihereza ibinyobwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Hari n\u2019aho mbere nko mu ntara ya Ngozi mu makomine ya Mwumba na Nyamurenza yegeranye n\u2019igihugu c\u2019Urwanda, bavuga ko ku nzoga zitangwa, abakunzi bazo hari n\u2019abatamenya ingene zajabutse uruzi kanyaru.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubera ko hari abikika mu kiza bakaduza ibiciro vy\u2019inzoga, abandi bakazinyegeza, mu nama yakoresheje Buramatari w\u2019intara ya Makamba ku wa 14 Nzero 2025, hapfunditswe ko ata muntu afise idepo yemerewe kugira akabare. Nayo abavuga ko baduza ibiciro bitwaje ko barangura ku macupa basabwe kureka kuzirangura. Abafise impusha zo kuduza ibiciro nabo babwirwa ko bategerezwa kuzimanika ahabona mbere n\u2019ibiciro bigashirwa ku mugaragaro.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>N\u2019ibihano ntibisigara inyuma\u2026<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Haraheze iminsi ahatari hake mu gihugu abajejwe intwaro batanguye gushiraho intonde z&rsquo;abaronswa ibinyobwa bikorwa na Brarudi imbere yuko bishikirizwa abadandaza. Abazihabwa baba bafise impusha zibibemerera. Ab\u2019ubunywero canke amabutike, bose basabwa kwubahiriza igiciro ca Reta. Uwukirengeje arabihanirwa mu gukurwa ku ntonde z&rsquo;abadandaza inzoga akanacibwa ihadabu.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri komine Muyinga mu ntara ya Muyinga ubunywero 150 ni bwo bwugawe mw&rsquo;isekeza ryo kwubahiriza ibiciro vya Reta. Ubwo bunywero bwugawe n&rsquo;abajejwe intwaro n&rsquo;umutekano kuko henshi baduza ibiciro vy&rsquo;ibinyobwa vya Brarudi, ahandi ugasanga nta tuzu twa surwumwe bafise canke batagira aho abantu bokwugama akazuba canke imvura<\/p>\n\n\n\n<p>Musitanteri wa komine Muyinga akaba kuri uyu wa 16\/1\/2025 yamenyesheje ko ba nyene ubwo bunywero bashoboye kwitunganya bagakwiza ibisabwa n&rsquo;amategeko kandi bakubahiriza ibiciro vyashinzwe, bazoca bugururirwa. Bamwe mu bugariwe bakaba barakuwe ku ntonde z&rsquo;abahabwa ibinyobwa vya Brarudi ariko bagahumurizwa na Am\u00e9d\u00e9e Misago musitanteri wa komine Muyinga ko abakurikije amategeko bazohabwa akaryo ko kwisigura, bishobotse basubire kuronswa ivyo binyobwa.<\/p>\n\n\n<div class=\"wp-block-image\">\n<figure class=\"alignright size-full is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" width=\"960\" height=\"720\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/inzoga-photo.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-8696\" style=\"width:324px;height:auto\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/inzoga-photo.jpg 960w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/inzoga-photo-300x225.jpg 300w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/inzoga-photo-768x576.jpg 768w\" sizes=\"auto, (max-width: 960px) 100vw, 960px\" \/><\/figure>\n<\/div>\n\n\n<p>No mu ntara ya Bubanza, mu makomine yose ayigize, hamaze gukurwa ku ntonde abarenga 30 kuva mu kwezi kwa kigarama 2024. Eka no mu ntara ya Mwaro hari umudandaza yatswe amakarato 242 y&rsquo;inzoga za Brarudi inyuma yo gufatwa yadandaje zimwe mu kinyegero. Uwo mudandaza wo ku mutumba Nyamiyaga muri komine Rusaka yari yaranguye amakarato 400 kuri mega Nyakararo ariko ntiyayayashikiriza ubunywero yabwirizwa kuyaha, yarafashwe kuri wa 12\/1\/2024, bamwaka izo yari asigaranye, n\u2019amatohoza aca aratanguzwa kugira ahanwe.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>None ibinyobwa vya Brarudi bibura gute mu gihugu bikorerwamwo?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Bamwe baribaza igituma bikenye, abandi nabo bakibaza umwimbu wa Primus na Amstel Uburundi buronka ingene ungana. Ngibi ibiharuro vyerekana urugero rw&rsquo;umwimbu w&rsquo;ibinyobwa vya Primus na Amstel. Ivyo biharuro nyene vyerekana n&rsquo;umwimbu washowe hanze y&rsquo;igihugu:<\/p>\n\n\n\n<p>Nk&rsquo;uko tubisanga mu biharuro bitangwa n&rsquo;ibanki nkuru BRB, mu mezi icumi y\u2019umwaka wa 2024, Uburundi bwahinguye Primus zababa amaritiro imiriyoni 10 buri kwezi. Kuva muri Nzero gushika muri Gitugutu 2024, Uburundi bwahinguye amaritiro ya Primus arenga imiriyoni 121. Muri ico kiringo nyene, Uburundi bwaronka umwimbu wa Amstel utari musi y\u2019iritiro imiriyoni 5 ku kwezi.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri ayo mezi icumi, Uburundi bwashoye hanze amaritiro arenga imiriyoni 72 y&rsquo;inzoga yo mu bwoko bwa Amstel. Hama mu mezi 11 yo muri 2024, Uburundi bwashoye hanze amatoni y\u2019ibiyeri arenga ibihumbu 18 (Amaritiro arenga imiriyoni 18). Uburundi bushora igice kimwe c\u2019izo nzoga hanze nk&rsquo;uko tubisanga mu cegeranyo c\u2019ibanki nkuru BRB.<\/p>\n\n\n\n<p>Inzoga zishorwa hanze ziharurwa hakoreshejwe uburemere bwazo kandi biri mu mugwi umwe w\u2019inzoga \u00ab\u00a0Bi\u00e8res\u00a0\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<div class=\"wp-block-group has-pale-cyan-blue-background-color has-background\"><div class=\"wp-block-group__inner-container is-layout-constrained wp-block-group-is-layout-constrained\">\n<p><strong>Ingene abadanza barushanya kuduza ibiciro vy\u2019ibinyobwa vya Brarudi<\/strong><\/p>\n\n\n<div class=\"wp-block-image\">\n<figure class=\"alignright size-full is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" width=\"626\" height=\"960\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/WhatsApp-Image-2025-01-29-at-11.36.42.jpeg\" alt=\"\" class=\"wp-image-8700\" style=\"width:456px;height:auto\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/WhatsApp-Image-2025-01-29-at-11.36.42.jpeg 626w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2025\/01\/WhatsApp-Image-2025-01-29-at-11.36.42-196x300.jpeg 196w\" sizes=\"auto, (max-width: 626px) 100vw, 626px\" \/><\/figure>\n<\/div>\n\n\n<p>Ivyo kuduza ibiciro ku binyobwa vya Brarudi biri mu ngingo ya 90 y&rsquo;itegeko risubiramwo itegeko ry&rsquo;amafaranga Reta izokoresha mu mwaka w&rsquo;2024-2025. Iyo ngingo iratomora igitigiri c&rsquo;amafaranga arekuriwe kurenza ku kinyobwa ca Brarudi bivanye n&rsquo;igitigiri c&rsquo;amafaranga yarishe.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu bubare hamwe no mu butambiro (bo\u00eete de nuit), hari ubwoko bune bw&rsquo;impusha: Umuce wa mbere ni uw&rsquo;abatazorenza ku biciro vya Reta, bakazoriha 50.000Fbu. Umuce wa kabiri ugabuyemwo imice itatu: Abazorenzako kuva kw&rsquo;ifaranga 1 gushika kuri 200 BIF bazorihishwa 1.000.000Fbu, Abazorenzako kuva kuri 201 gushika kuri 500 BIF bazoriha 2.000.000Fbu, mu gihe abazorenzako kuva kuri 501 gushika kuri 1000 BIF bazoriha 3.000.000 BIF<\/p>\n\n\n\n<p>Umuce wa gatatu ni umuce urimwo abazorenzako 1.001 BIF kuduga, na bo bakazoriha 10.000.000Fbu<\/p>\n\n\n\n<p>Umuce wa kane na wo ni uwurimwo ubutambiro gusa, ukazorihishwa 5.000.000 BIF<\/p>\n\n\n\n<p>Iyo ngingo nyene ya 90 iragabisha abadandaza batazoshira ahabona icerekana ko barishe, ko bazohanishwa ihadabu rya 1.000.000 BIF, mu gihe uwuzogurisha ayarengeye ayo afitiye uruhusha azoca acibwa amande angana n&rsquo;ayakwiranye n&rsquo;uruhusha ruhuye n&rsquo;igiciro azoba ariko aradandarizako. Nk&rsquo;akarorero, uwemerewe kurenzako gushika ku 500 BIF ariko agafatwa ariko arenzako igihumbi, azoca acibwa ihadabu ry&rsquo;imiriyoni zitatu.<\/p>\n<\/div><\/div>\n\n\n\n<p class=\"has-luminous-vivid-orange-background-color has-background\">Kino gisomwa canditswe na <strong>Firmin Ndagijimana afadikanije na Olivier Manirambona<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p class=\"has-luminous-vivid-amber-background-color has-background\"><\/p>\n\n\n\n<p><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuronka ibinyobwa vya Brarudi ni ikibazo. Aho bibonetse na ho barabisahuranwa, hari n&rsquo;aho batonda imirongo kugira baronke ico banywa kandi ugasanga n\u2019ibiciro biri hejuru y\u2019ibizwi n\u2019amategeko. Mu kugerageza gutorera umuti ivyo bibazo, abajejwe intwaro baguma bahagarika bongera bakura ku ntonde z\u2019abadandaza inzoga za Brarudi uwo wese yikika mu kiza mu kunyegeza ibinyobwa canke kuzimba abaguzi, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":8695,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[258,207],"tags":[],"coauthors":[34],"class_list":["post-8699","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-itorokanirizo-ryuruganda-rwa-jimbere","category-ubutunzi"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8699","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=8699"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8699\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":8704,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/8699\/revisions\/8704"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/8695"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=8699"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=8699"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=8699"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=8699"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}