{"id":7375,"date":"2022-09-21T15:07:50","date_gmt":"2022-09-21T13:07:50","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=7375"},"modified":"2023-08-08T12:24:52","modified_gmt":"2023-08-08T10:24:52","slug":"amakuru-makuru-makuru-yaranze-nyakanga-2022-muri-eac-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/amakuru-makuru-makuru-yaranze-nyakanga-2022-muri-eac-burundi\/","title":{"rendered":"Amakuru makuru makuru yaranze indwi ya 9-16 Nyakanga 2022 muri EAC"},"content":{"rendered":"\n<p><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Muri RDC<\/strong>, kw\u2019igenekerezo rya 10 Nyakanga indege yo mu bwoko bwa Antonov 28 niho yava ku kibuga c\u2019indege c\u2019ahitwa Kavumu ija i Kasese mu ntara ya Maniema isaha indwi z\u2019umutaga yarazimiye. Iyo ndege ntiyigeze ishika aho yaja nk&rsquo;uko bimenyeshwa n\u2019ikinyamakuru Okapi co muri Congo iharanira intwaro rusangi. Iyo ndege ngo yari itwaye ibidandazwa kandi ikaba yari ireruye abantu batatatu\u00a0: uwuyiyonga, icababa ciwe be n\u2019uwujejwe kuraba imizigo.\u00a0 <a href=\"https:\/\/bit.ly\/3LzM2S4\">https:\/\/bit.ly\/3LzM2S4<\/a> <\/p>\n\n\n\n<p><strong>Muri Uganda, u<\/strong><strong>bushikiranganji bujejwe ivyo gutumatumanako amakuru bwamenyesheje itariki 11 Nyakanga 2022 abateguye isabukuru Nyege Nyege ryabaye kuva itariki 15 gushika 18 Nyakanga ko kizira kuhagirira imibonano mpuzabitsina, kuhanywera ibiyayuramutwe, buranasaba abana badakwije imyaka cumi n\u2019umunanai kutegera ahategerezwa kubera ivyo birori. Bene kubitunganya bavyita ivyo guhayagiza umuziki wo kw\u2019isi yose. Ivyo ntivyabujije ko bamwe mu bari muri ivyo birori batamba ingoma z\u2019Uburundi bambaye ubusa, ibitanezereje ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo imico mu Burundi bwiyamirije izo ntambo zititura umuco w\u2019igihugu hamwe n\u2019ingoma. <\/strong><a href=\"https:\/\/bit.ly\/3UsCfB5\">https:\/\/bit.ly\/3UsCfB5<\/a> <\/p>\n\n\n\n<p><strong>Muri Tanzania, <\/strong><strong>abaranguzi b\u2019ibigori birimwa muri ico gihugu\u00a0 bategerezwa kwandikisha\u00a0 amashirahawe yabo yose i Dar Es Salam ku murwa mukuru w\u2019ico gihugu kugira baronke uburenganzira bwo kurangurirayo ico giterwa. Intumbero ikaba ari ugukingira ivyimburwa vyaco hamwe n\u2019ubuzi kuko ayo mashirahamwe usanga kenshi akorera hanze y\u2019ico gihugu. Iyo ngingo ikaba izogira ingaruka nini ku bihugu vyakarere nka Kenya bisanzwe birangurira ibigori muri Tanzania kugira bisahirize umwimbu wavyo. <\/strong><a href=\"https:\/\/bit.ly\/3DIavCO\">https:\/\/bit.ly\/3DIavCO<\/a><br><strong><br><br>Igihugu ca <\/strong><strong>Uganda<\/strong><strong> cararishe kw\u2019igenekerezo rya 17 Nyakanga igihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo imiriyoni 65 z\u2019amadorari nk\u2019indishi y&rsquo;akababaro ijanye n\u2019iterwa \u00a0ry\u2019ico gihugu haraheze imyaka 20. Ivyo vyashikirijwe na Rose Mutombo, umushikiranganji w\u2019ubutungane wa Uganda. Intumbero ikaba ari ukwubahiriza ingingo ya sentare mpuzamakungu y\u2019ubutungane yo muri Ruhuhuma uno mwaka. Aho iyo sentare yategeka Uganda kuriha Congo imiriyoni 225 z\u2019amadorari ku bantu batakaje ubuzima muri iyo ntambara, imiriyoni 60 z\u2019amadorari ku busuma bwahabereye, imiriyoni 40 ku busuma be no gucukura ubutare bwa Congo bidakurikije amategeko hamwe n\u2019imiriyoni 40 zijanye n\u2019ivyasambuwe muri iyo ntambara<\/strong><strong>. <\/strong><a href=\"https:\/\/bit.ly\/3S5HFR8\">https:\/\/bit.ly\/3S5HFR8<\/a> <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri RDC, kw\u2019igenekerezo rya 10 Nyakanga indege yo mu bwoko bwa Antonov 28 niho yava ku kibuga c\u2019indege c\u2019ahitwa Kavumu ija i Kasese mu ntara ya Maniema isaha indwi z\u2019umutaga yarazimiye. Iyo ndege ntiyigeze ishika aho yaja nk&rsquo;uko bimenyeshwa n\u2019ikinyamakuru Okapi co muri Congo iharanira intwaro rusangi. Iyo ndege ngo yari itwaye ibidandazwa kandi ikaba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":42,"featured_media":7377,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[568],"tags":[567],"coauthors":[535],"class_list":["post-7375","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ayagezweho","tag-eac"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/7375","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/42"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=7375"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/7375\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":7380,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/7375\/revisions\/7380"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/7377"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=7375"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=7375"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=7375"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=7375"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}