{"id":6890,"date":"2022-01-19T17:19:02","date_gmt":"2022-01-19T16:19:02","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=6890"},"modified":"2023-10-08T10:50:10","modified_gmt":"2023-10-08T08:50:10","slug":"uruhara-umuryango-kuremesha-uwugendana-umugera-sida-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/uruhara-umuryango-kuremesha-uwugendana-umugera-sida-burundi\/","title":{"rendered":"Uruhara rw\u2019umuryango mu kuremesha uwugendana umugera wa SIDA"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Narakize S. yari yarubakanye n&rsquo;umugabo, maze imibano yabo ntiyabandanya , barateba baravana mumwaka w&rsquo;1998. Iynyishu y\u2019uko agendana umugera wa SIDA mu 2000 akiyibwirwa n&rsquo;umuganga, avuga ko bitoroshe ingene asohoka aho ANSS ifise icicaro. Vyamusavye kurya umurima amenyo kugira mugenziwe babana bari bajanye kwipimisha&nbsp; ntabimenyere aho<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u201c<\/strong><em>Nari umunyeshure yiga muri kaminuza y&rsquo;Uburundi mu mwaka w&rsquo;2000. Nari mfise amakenga ko noba naranduye umugera wa&nbsp; SIDA wariko urahitana abantu benshi . Niho nigira inama yo kwipimisha. Inyishu nayakiriye nk&rsquo;uwo ijuru riguyeko. Nari naranduye umugera. Umuryango ntiwavyakiriye. Naragize ubwoba n&rsquo;agahinda kenshi&nbsp; n&rsquo;ingene ubuzima bugiye kubandanya. Dushitse i muhira naciye mbwira uyo mukobwa mugenzanje twabana mucumba twiga ko twugara inzu. Nararize gushika aho atamarira ansigaramwo, nari namubujije ko naho hododora nde atugurura<\/em>\u00ab\u00a0.<\/p>\n\n\n\n<p>S. Narakize amaze kuririra ubuzima bwiwe yaciye afata ingingo yo kubandanya amashure ya kaminuza. Kandi yahejeje atangorane, maze aca ararondera akazi akaronka bidatevye kandi bimworoheye. \u201cNashaka ko atamwanya wonjana naronse ikimfasha\u00a0\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ikumigwa<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Umukenyezi Narakize yarababajwe n&rsquo;ingene ababanyi biwe bamaze kumenya ko agendana umugera wa SIDA batamworohereje na gato: \u00ab\u00a0<em>Sinashobora gutunga umukozi ngo ahamare kabiri, baca bamuja mumatwi ngo nzoheva ndamwanduza SIDA., agaca yigira<\/em>\u00ab\u00a0<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ukwiyakira<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Narakize S. ngo yagie kurema, aho agiriye gusenga, akumva umurongozi w\u2019aho yasengera aratuye ko agendana umugera wa SIDA, aho hari i Bubanza. \u201c<em>Ivyo vyarankozeko gose , birandemesha ko najewe nzotangura kuremesha abandi batazi ko barwaye canke bacikumira<\/em>\u00ab\u00a0.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubu uyo mukenyezi ari murunani rw\u2019abagendana umugera wa SIDA, bakaba bihaye intumbero yo gufasha abandi, ari mumirwi , ari mungo bakabasangayo.<\/p>\n\n\n\n<p>\u00ab\u00a0Ubu SIDA ntikiriza nk&rsquo;uko yandiza kiriya gihe, aho wasanga uwuyirwaye apfa urupfu rubabaje\u201d. Narakize akemeza ko iyo yipimishije atamugera wa VIH\/SIDA bamusangamwo. \u201cNdashimira cane iterambere ry&rsquo;ubuvuzi. Ibice 90 kw\u2019ijana vy\u2019abawugendana baronka imiti ipfupfahaza kandi haragwijwe ibibanza vyo gupimiramwo n&rsquo;aho batorera imiti i Bubanza\u201d<\/p>\n\n\n\n<p>Narakize S.ubu arubatse, afise n\u2019abana bavutse atanumwe afise umugera,. Akamenyesha ko ivyo vyashobotse kukonajijutse ko umuntu ashobora kubana neza n&rsquo;umugera wa SIDA., N&rsquo;abandi babikore.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Narakize S. yari yarubakanye n&rsquo;umugabo, maze imibano yabo ntiyabandanya , barateba baravana mumwaka w&rsquo;1998. Iynyishu y\u2019uko agendana umugera wa SIDA mu 2000 akiyibwirwa n&rsquo;umuganga, avuga ko bitoroshe ingene asohoka aho ANSS ifise icicaro. Vyamusavye kurya umurima amenyo kugira mugenziwe babana bari bajanye kwipimisha&nbsp; ntabimenyere aho \u201cNari umunyeshure yiga muri kaminuza y&rsquo;Uburundi mu mwaka w&rsquo;2000. Nari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":6891,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[213],"tags":[391],"coauthors":[34],"class_list":["post-6890","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ukubana","tag-amagara"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6890","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6890"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6890\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":6894,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6890\/revisions\/6894"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/6891"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6890"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6890"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6890"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=6890"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}