{"id":6704,"date":"2021-12-15T17:30:12","date_gmt":"2021-12-15T16:30:12","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=6704"},"modified":"2021-12-15T17:36:26","modified_gmt":"2021-12-15T16:36:26","slug":"twibukanye-gato-ibihano-bihabwa-uwarenze-amategeko-akingira-igiti-mu-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/twibukanye-gato-ibihano-bihabwa-uwarenze-amategeko-akingira-igiti-mu-burundi\/","title":{"rendered":"Twibukanye gato ibihano bihabwa uwarenze amategeko akingira igiti mu Burundi"},"content":{"rendered":"\n<p>Itegeko rigenga amashamba (<a rel=\"noreferrer noopener\" href=\"https:\/\/www.presidence.gov.bi\/...\/loi-n107-du-15-juillet...\/\" target=\"_blank\">Code Forestier<\/a>) kuva ku ngingo yaryo y&rsquo;198 rirerekana neza ibihano bihabwa uwo wese ahohoteye ibiti. Uwo wese aranduye ibimenyetso (pancarte, inzitiro,&#8230;) vyerekana amashamba y&rsquo;igihugu ahanishwa umunyororo uva ku mezi 6 gushika ku myaka itanu n&rsquo;ihadabu riva ku 10.000 gushika ku 100.000 vy&rsquo;amarundi<\/p>\n\n\n\n<p>Arafungwa ukwezi kumwe gushika kumezi atandatu n&rsquo;ihadabu y&rsquo;icakabiri c&rsquo;ivyo yaciye uwo wese aciye igiti atabifitiye uruhusha<\/p>\n\n\n\n<p>Uwurimye mu bice bikingiwe, uwuhaciye ibiti, uwubatseyo inzu bose bahanishwa umunyororo uva ku mezi abiri gushika ku myaka ibiri n&rsquo;ihadabu riva ku 20.000 gushika ku miriyoni 2 n&rsquo;igice z&rsquo;amarundi <\/p>\n\n\n\n<p>Nawe uwurima mu bitara vya Reta atabifitiye uruhusha, acibwa ihadabu ry&rsquo;ibihumbi 50 gushika ku 100 vy&rsquo;amarundi. Ivyo yarimye bikimburwa kandi bikagurishwa n&rsquo;abajejwe ivyamashamba mu Burundi<\/p>\n\n\n\n<p>Uwusamaye agaturira ishamba atabizi agafatwa, ahanishwa umunyororo uva ku mezi 2 gushika ku mwaka n&rsquo;ihadabu ry&rsquo;amarundi ava ku 50.000 Fbu gushika ku 200.000 Fbu canke kimwe muri ivyo. Iyo hagize abahasiga ubuzima muri uwo muriro naho, uwagirizwa icaha co kuhaturira aca ahanishwa umunyororo w&rsquo;imyaka 5 gushika kuri 10<\/p>\n\n\n\n<p> Uwutaye akamwanya, iplastique, ibiboze, n&rsquo;iyindi micafu yonona isi mu mashamba ahanishwa amande ava ku 50.000 gushika ku muriyoni w&rsquo;amarundi<\/p>\n\n\n\n<p> Uwuturukije ibitungwa vyiwe mu mashamba akingiwe ahanishwa umunyororo uva ku kwezi kumwe gushika ku mezi atandatu n&rsquo;ihadabu riva ku mafaranga 20.000 gushika ku 100.000 vy&rsquo;amarundi<\/p>\n\n\n\n<p> Twobibutsa ko mu 2018 hatangujwe umugambi \u00ab\u00a0Ewe Burundi Urambaye\u00a0\u00bb wo gutera ibiti mu ntara zose z&rsquo;Uburundi ariko uriko ugenda uhura n&rsquo;ibibazo vyabahonyora imivyaro yatewe ku misozi n&rsquo;abayirandura aho yatewe hafi y&rsquo;imirima ku kwibaza ko ivyo biti bitobana n&rsquo;ibiterwa<\/p>\n\n\n\n<p>Umugambi \u00ab\u00a0Ewe Burundi Urambaye\u00a0\u00bb rero uriko ushirwa mu ngiro n&rsquo;igisoda c&rsquo;Uburundi (FDNB) ukazorangira mu 2025 aho hipfuzwa ko imisozi y&rsquo;Uburundi yose izoba isharijwe n&rsquo;ibiti<\/p>\n\n\n\n<p>Aho iwanyu gukingira igiti vyifashe gute ?<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Itegeko rigenga amashamba (Code Forestier) kuva ku ngingo yaryo y&rsquo;198 rirerekana neza ibihano bihabwa uwo wese ahohoteye ibiti. Uwo wese aranduye ibimenyetso (pancarte, inzitiro,&#8230;) vyerekana amashamba y&rsquo;igihugu ahanishwa umunyororo uva ku mezi 6 gushika ku myaka itanu n&rsquo;ihadabu riva ku 10.000 gushika ku 100.000 vy&rsquo;amarundi Arafungwa ukwezi kumwe gushika kumezi atandatu n&rsquo;ihadabu y&rsquo;icakabiri c&rsquo;ivyo yaciye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":39,"featured_media":6705,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[542],"tags":[15,354],"coauthors":[516],"class_list":["post-6704","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-twibukanye-amategeko","tag-burundi","tag-ibidukikije"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6704","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/39"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6704"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6704\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":6706,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6704\/revisions\/6706"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/6705"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6704"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6704"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6704"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=6704"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}