{"id":6643,"date":"2021-11-22T19:37:32","date_gmt":"2021-11-22T18:37:32","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=6643"},"modified":"2021-11-22T19:39:56","modified_gmt":"2021-11-22T18:39:56","slug":"kumenya-isuku-ivyambarwa-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/kumenya-isuku-ivyambarwa-burundi\/","title":{"rendered":"Ninkenerwa kumenya isuku ry&rsquo;ivyambarwa"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Isuku ry&rsquo;ivyambarwa rirakenewe ku rwaruka rwacu ndetse no kubatari urwaruka. Aho rero twohera kukungene bamesura gushika no ku migozi yukwanikirako.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Kenshi, igihe urwaruka rumesura, ntirufata umwanya wo kubanza kumanura imigozi y&rsquo;ukwanikirako nayo ngo ibanze igirirwe isuku. <em>\u00a0\u00bb Jewe ndayihanagura gusa kuko sindigera mbona uwuyimesa, iramanurwa igihe yashaje honyene kugira isubirizwe\u00a0\u00bb<\/em>, ivyo vyiganwa na Ishimwe M w&rsquo;imyaka 12 wo muri zone ya Nyakabiga mu gisagara ca Bujumbura. Ikirenze aho, imigozi imwimwe igurwa kw&rsquo;isoko ikozwe mu vyuma (intsinga) ivyo bituma bitahira ingarukambi gusa ku magara y&rsquo;abana ariko kandi n&rsquo;impuzu zirashobora gucafura.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>&nbsp;Impanuro z&rsquo;umuhinga<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p><em>\u00ab\u00a0Hari imigera mibi ishobora kugirira nabi abana bivuye ku mpuzu bambaye\u00a0\u00bb. <\/em>Ivyo bishikirizwa na Eric Iyamuremye, umuhinga mubijanye n&rsquo;isuku ry&rsquo;ivyambarwa. Kubw&rsquo;uyo muhinga, isuku ry&rsquo;ivyambarwa, rirahambaye cane kurusha irindi suku ryose. Iyamuremye abandanya avuga yuko hari uburyo bwo kubikora bwokwigishwa abana kuva bakiri bato cane. <em>\u00a0\u00bb Imigozi yokwanikirako impuzu, itegerezwa kuba isukuye, impuzu nazo zitegerezwa kuba zimeshe hakoreshejwe amazi meza n&rsquo;isabuni hamwe no gukoresha amazi ashushe mugihe bishoboka kuko nayo yica imigera myinshi\u00a0\u00bb,<\/em> ivyo nibimwe muvyokwigishwa urwaruka nkuko bishikirizwa nuwo muhinga.&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p>Uyu muhinga arongera akavuga kandi k&rsquo;umuntu yokoresha indimu mu kumesa ngo kuko hari imigera n&rsquo;imicafu ikurako. Ngo kubagura imigozi yukwanikirako, kubwuyo muhinga, ngo vyiza bogura iyidakozwe muvyuma (intsinga) bakagura iyikozwe muri parastike. Ngo ni vyiza kuyoza imbere yo kuyanikirako hamwe no kugorora iminsi yose impuzu imbere yo kuyambara nkuko iyamuremye abihanurira abantu.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"has-pale-cyan-blue-background-color has-background\"><strong>Kino gisomwa canditswe na\u00a0<strong><strong><strong>Nday Chance Kamariza<\/strong><\/strong><\/strong><\/strong>,\u00a0<strong>yize<\/strong>\u00a0<strong>kuri Universit\u00e9 Lumi\u00e8re de Bujumbura, mu gisata cigisha ibijanye n\u2019ugutanga amakuru<\/strong>,\u00a0<strong>umwe mu banyeshure ikinyamakuru Jimbere Magazine cakiriye mu ntumbero<\/strong>\u00a0<strong>yo kwimenyereza umwuga wo kumenyesha amakuru<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Isuku ry&rsquo;ivyambarwa rirakenewe ku rwaruka rwacu ndetse no kubatari urwaruka. Aho rero twohera kukungene bamesura gushika no ku migozi yukwanikirako. Kenshi, igihe urwaruka rumesura, ntirufata umwanya wo kubanza kumanura imigozi y&rsquo;ukwanikirako nayo ngo ibanze igirirwe isuku. \u00a0\u00bb Jewe ndayihanagura gusa kuko sindigera mbona uwuyimesa, iramanurwa igihe yashaje honyene kugira isubirizwe\u00a0\u00bb, ivyo vyiganwa na Ishimwe M [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":6645,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[523],"tags":[333],"coauthors":[34],"class_list":["post-6643","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-isuku","tag-isuku"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6643","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6643"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6643\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":6646,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6643\/revisions\/6646"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/6645"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6643"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6643"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6643"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=6643"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}