{"id":6560,"date":"2021-10-13T17:41:21","date_gmt":"2021-10-13T15:41:21","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=6560"},"modified":"2023-10-07T13:27:11","modified_gmt":"2023-10-07T11:27:11","slug":"zimwe-munzu-zubwiherero-zacitse-izamagorwa-kubigeme-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/zimwe-munzu-zubwiherero-zacitse-izamagorwa-kubigeme-burundi\/","title":{"rendered":"Zimwe munzu z\u2019ubwiherero zacitse izamagorwa\u00a0kubigeme"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Inzu yose itegerezwa kugira akazu k\u2019ubwiherero. Ariko mubisagara usanga inzu zigera kuri zitanu zisangira ubwiherero bumwe murugo. Isuku ryaho rikagora. Mumashure y\u2019uburaro n\u2019uko. Hari naho inyubako y\u2019utwo tuzu itorohereza abatwinjiramwo. Umwana w\u2019umwigeme abibamwo gute&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ntawutariyumva amerewe nabi iyo yinjiye mu bw\u2019iherero butasukuye. Hari n\u2019abantu, igihe bashaka kwihagarika binjiye ahadasa neza bica bihera ntibibe bigikunda ko bakora icabajanyeyo. Abandi birabankira kwihangana bakagira iseseme, bagasohoka batari bwinjire.&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p>Ku bigeme ho, ingarukambi z\u2019ubwiherero budasukuye zirwizwa kabiri. Sandrine* umwigeme w\u2019imyaka 16 asanzwe aba mu rupangu rwo mu Kamenge ashingatahe ati&nbsp;: \u00ab&nbsp;<em>Nka jewe ubwanje, mpora ndwara uturwara two mu bihimba vy\u2019irondoka bita \u2018&nbsp;infections\u2019 kuko utuzu twa surwumwe tujamwo akenshi tuba tudasa neza<\/em>&nbsp;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ivyago birahererekana \u2026<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Utwo tuzu twasurwumwe tutitaweho aho mubona dukwega vyinshi. Isuku rike mu tuzu twa surwumwe riraba intandaro y\u2019indwara zimwe zimwe zo mu bihimbba vy\u2019irondoka. Iyo iyo ndwara ifashe umwigeme, arababara agiye k\u2019umwanda muto kandi ntibibe bikimukundira kwifata. Hari n\u2019igihe bimubera intambamyi yo gutonda kw\u2019ishure.&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p>Nk\u2019uko muganga Ciza Marl\u00e8ne Kaneza akora muri SaCoD\u00e9 abivuga, izo ndwara kandi zirava kukubura kw\u2019ibikoresho vy\u2019isuku mu bwiherero. Iyo umwigeme abuze amazi n\u2019isabuni bica vyumvikana ko aca akoresha ibintu vy\u2019ibipapuro. Maze bwabucafu bukabandanya bwegera ibihimba vy\u2019irondoka vyiwe. Arashobora no kuhandurira indwara ziva kw\u2019isuku rike nk\u2019amacinya.<\/p>\n\n\n\n<p>Devote* we yarahaboneye amakuba&nbsp;: \u00ab&nbsp;<em>Ndibuka nciga mw\u2019ishure ryisumbuye ry\u2019uburaro, ndi mu butinkanya narabura amazi nka koresha igitambara c\u2019ijipo nambaye<\/em>&nbsp;\u00bb. Aho yabikora kuko yaba yabuze amahera yo kugura twa dukoresho two mu butinyanka. Naho atagwaye, isuku mu butinyanka ni nkenerwa ku magara y\u2019umwigeme. Atagize Imana, arahandurira uturwara duhungabanya amagara yiwe ntabe agikurikira ishure neza.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Mbega agateka k\u2019umwigeme ko ntikoba gahungabanywa&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Hari n\u2019ikindi gihungabanya ubuzima bw\u2019umwigeme mu kibano igihe akazu k\u2019ubwiherero katikinze bikwiye. Utembereye hirya no hino y\u2019igisagara ca Bujumbura nko mu Kanyosha, Cibitoke, Buterere aho usanga hari abapanze inzu z\u2019amikoro make, utuzu twa surwumwe usanga twubatse nabi, impome zigahakwa guhenuka, imiryango ntibe yugarika. Aho n\u2019igihe udatsanze umuryango utakiriko canke atawo bigeze bashirako. Ivyo bigakwega abana babasore baza kurunguruka bashaka kuraba ubwambure bw\u2019umwigeme yinjiyeyo.<\/p>\n\n\n\n<p>Akazu ka surwumwe kari gakwiye kuba ikibanza umuntu ashitsemwo aruhuka. Eka nticari gikwiye kuba ikibanza co kwanduriramwo indwara. Ariko riho n\u2019ikibanza cokugirira isuku kandi n\u2019agateka k\u2019umwigeme ari mu butinyanka ntigahungabane. Gutyo agakurikirana ivyigwa vyiwe nk\u2019abandi bana babahungu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inzu yose itegerezwa kugira akazu k\u2019ubwiherero. Ariko mubisagara usanga inzu zigera kuri zitanu zisangira ubwiherero bumwe murugo. Isuku ryaho rikagora. Mumashure y\u2019uburaro n\u2019uko. Hari naho inyubako y\u2019utwo tuzu itorohereza abatwinjiramwo. Umwana w\u2019umwigeme abibamwo gute&nbsp;? Ntawutariyumva amerewe nabi iyo yinjiye mu bw\u2019iherero butasukuye. Hari n\u2019abantu, igihe bashaka kwihagarika binjiye ahadasa neza bica bihera ntibibe bigikunda ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":6561,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[523],"tags":[333],"coauthors":[34],"class_list":["post-6560","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-isuku","tag-isuku"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6560","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6560"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6560\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":6562,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6560\/revisions\/6562"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/6561"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6560"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6560"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6560"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=6560"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}