{"id":6023,"date":"2021-01-20T12:26:50","date_gmt":"2021-01-20T11:26:50","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=6023"},"modified":"2021-01-30T19:05:35","modified_gmt":"2021-01-30T18:05:35","slug":"uruhara-abavyeyi-ni-ntangere-irondoka-rijanye-amagara-meza-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/uruhara-abavyeyi-ni-ntangere-irondoka-rijanye-amagara-meza-burundi\/","title":{"rendered":"Uruhara rw&rsquo;abavyeyi ni ntangere muvy&rsquo;irondoka rijanye n&rsquo;amagara meza"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Abavyeyi bafise uruhara ntasubirizwa mu ndero y&rsquo;abana babo. N&rsquo;ubwo biri ukwo ikiyago hagati y&rsquo;abana n&rsquo;abavyeyi ku bijanye n&rsquo;irondoka rijanye n&rsquo;amagara meza nticamaho, ivyo navyo bikaba bifise ingaruka mbi nyinshi ku rwaruka. Menyumenyeshe mu ndinganizo yayo nshasha ihurikiyemwo bose iti:\u00a0\u00bb Reka tubihagurukire\u00a0\u00bb<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Burya rero ngo umuvyeyi w&rsquo;umurundi ngo yobona yibangikanya agakoni kugira aze arahana umwana wiwe yaguye mu makosa hakwo amwicarika ngo bayage ivy&rsquo;ihindagurika ry&rsquo;imibiri yabo wohava ugirango ntibibaraba cane.<\/p>\n\n\n\n<p>Nahimana Fabiola n&rsquo;umuvyeyi twasanze kuri komine Kiganda ati: \u00ab\u00a0<em>Umuvyeyi nsigaye ndi, kubera umugambi Menyumenyeshe uhurikiyemwo bose, atandukanye cane n&rsquo;umuvyeyi nari ndi ubwambere<\/em>.\u00a0\u00bb<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Umuvyeyi n&rsquo;umwana baraba abagenzi, bakanabitsanya utubanga<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>N&rsquo;umwana ku mugongo Fabiola ati : \u00ab\u00a0Abana banje basigaye ari abagenzi banje\u00a0\u00bb Muti gute? Aratugira ku muriri:&nbsp;\u00a0\u00bb Ubwa mbere nari nashize mu mutwe ko mukubarera ntegerezwa gukara. Ivy&rsquo;ukwo tuyaga nkababaza ivyo bagenda baracamwo ku munsi ku munsi sinabiha agaciro cane.&nbsp; Ariko, ntimwibaze ngo nije jenyene, co kimwe n&rsquo;abandi bavyeyi bo ng&rsquo;aha, usanga twigumira mu vyacu, tukibaza ko abana bacu tubarungitse kw&rsquo;ishure akazi kaba gasigaye kaba ari ako umwigisha gusa, ugaca usanga inda z&rsquo;indaro ziguma zigwira mu kibano.\u00a0\u00bb<\/p>\n\n\n\n<p>Sp\u00e8s Caritas Nshimirimana, umuvyeyi w&rsquo;imyaka 50 twasanze mu Kayanza ati: \u00a0\u00bb <em>Menyumenyeshe yarankuyemwo amasoni, ubwambere nabona umengo noba ndiko ndabashirisha isoni, ariko ubu naratahuye ko ari uburyo bwiza nyabuna bwo kuzitira tutaronerwa, n&rsquo;inda z&rsquo;indaro ziraheza zikagabanuka<\/em>.\u00a0\u00bb Fabiola Nahimana ati:\u00a0\u00bb <em>Menyumenyeshe yatumye no mu rugo iwanje twe n&rsquo;umugabo tuza turaganira, ubu dusenyera ku mugozi umwe<\/em>\u00ab\u00a0<\/p>\n\n\n\n<p>R\u00e9my Ndikumana, umuyobozi w&rsquo;ishure rya Kiganda we amenyesha ati:\u00a0\u00bb <em>Inyigisho dutanga ku banyeshure muri Menyumenyeshe dutegerezwa kubona ko abanyeshure bazishikana mu rugo zikazana impinduka mu ngo no mu kibano aho basanzwe babaye<\/em>.\u00a0\u00bb Arongera ati: \u00a0\u00bb <em>Gukorana kwa hafi hagati y&rsquo;amashure n&rsquo;abavyeyi biraheza bikagirira akamaro n&rsquo;abavyeyi bo ubwabo.<\/em>\u00a0\u00bb Ku bw\u2019uwo muyobozi, ivyo ngo&nbsp;bituma agira icizere ko ivyamwa vya Menyumenyeshe bitagenda akagirire n&rsquo;inyuma y&rsquo;uwu mugambi.\u00a0\u00bb<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abavyeyi bafise uruhara ntasubirizwa mu ndero y&rsquo;abana babo. N&rsquo;ubwo biri ukwo ikiyago hagati y&rsquo;abana n&rsquo;abavyeyi ku bijanye n&rsquo;irondoka rijanye n&rsquo;amagara meza nticamaho, ivyo navyo bikaba bifise ingaruka mbi nyinshi ku rwaruka. Menyumenyeshe mu ndinganizo yayo nshasha ihurikiyemwo bose iti:\u00a0\u00bb Reka tubihagurukire\u00a0\u00bb Burya rero ngo umuvyeyi w&rsquo;umurundi ngo yobona yibangikanya agakoni kugira aze arahana umwana wiwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":6024,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[213],"tags":[293],"coauthors":[34],"class_list":["post-6023","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ukubana","tag-menyumenyeshe"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6023","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=6023"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6023\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":6087,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/6023\/revisions\/6087"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/6024"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=6023"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=6023"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=6023"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=6023"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}