{"id":5470,"date":"2020-08-04T14:27:27","date_gmt":"2020-08-04T12:27:27","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=5470"},"modified":"2023-06-19T11:44:00","modified_gmt":"2023-06-19T09:44:00","slug":"burundi-hakizimana-noussaiba-miss-ngozi-kugasaka-2020","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-hakizimana-noussaiba-miss-ngozi-kugasaka-2020\/","title":{"rendered":"Umwigeme Noussa\u00efba Hakizimana yaraye atowe nka Miss Ngozi 2020, ni nde ?"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Mu kibano bamuhamagara Nounou kubera izina ryiwe rigoye gusubiramwo. Noussa\u00efba Hakizimana ni umwana w\u2019umwigeme akiri muto yavukiye i Ngozi mu mwaka wa 2000. Uyo murondo avuka mu muryango ubayabaye. Ni ubuheta (umwana wa kabiri) mu muryango w\u2019abana 4.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Umuraba, aragereranye. Ntiyirabura kandi sininzobe. Mu buvyibuhe arabayabaye. Simuremure kandi sinamugufi cane. Noussa\u00efba Hakizimana, ubu ni umunyeshure wo muri Kaminuza yitiriwe ibiyaga binini(UGL) mu mwaka wa mbere mu gisata ca T\u00e9l\u00e9communication et R\u00e9seaux. Amashure yiwe y&rsquo;intango yayatanguriye kuri Ecole Primaire Esp\u00e9rance de Ngozi gushika mu mwaka wa 4, aca ayabandaniriza kuri E.P Ngozi II.<\/p>\n\n\n\n<p>Kuva mu mwaka w&rsquo;indwi gushika mu w&rsquo;icumi uyo mwigeme yatanguranye n\u2019indinganizo nshasha y\u2019inyigisho z&rsquo;amashure shingiro kuri Lyc\u00e9e Communal Urbain de Muremera, hama arangiriza igice gikurikira amashure shingiro kuri Lyc\u00e9e Technique Moderne de Ngozi aho yize igisata ca Informatique de T\u00e9l\u00e9communication. Uyo mwigeme rero ni we ubu aramutswa ikamba ry&rsquo;umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge mu ntara ya Ngozi, inyuma yo gutsinda ihiganwa Miss Ngozi Kugasaka 2020.<\/p>\n\n\n\n<p>Agatwengo ku maso, uduherena twinjira mu mazuru n\u2019utundi ku matwi, araba hejuru yerekana amaso yiwe manini, Nounou aboneka nk\u2019umukobwa yitonda kandi aca make. N\u2019amafyeri mu guhagarara ukuntu, emwe bituma agaragara nk\u2019umu miss mu vy\u2019ukuri. Imishatsi ifungishijwe igitambara gisa n\u2019agapira yambaye kireka imishatsi yiwe yasukishije igashokera ku matwi. Eka umuravye wobona ko ari umunyamideri.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>None Nounou akunda iki?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Uyo murondo w\u2019inzara zisize akarangi kera ku ntoke agira ati: <em>\u00ab Ndakunda abantu bubaha kandi bugurutse kuko nanje ndugurutse, nama ngerageza kurondera guca bugufi, gutungana n&rsquo;ugukora ibintu biri ku murongo. Ndakunda cane gukora ivyo kwerekana imideri(mannequinat). Ikindi nkunda ni ukuraba amareresi kuko binyungura ubwenge \u00bb.<\/em> Ngo ireresi yapfiriye ni iyo benshi bazi kandi bakunda \u00ab\u00a0<em>Casa de Papel<\/em>\u00ab\u00a0. Muri iyo reresi agakundamwo cane umukinyi \u00ab\u00a0El Professor\u00a0\u00bb ku bwo guca ubwenge kwiwe, be na \u00ab\u00a0Tokyo\u00a0\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu vy&rsquo;indirimbo, uyo mwigeme yatahukanye ikamba mu karere ka Inarunyonga avuga ko kubera asanzwe ari n\u2019umu Rasta mu mutwe akunda indirimbo za Reggaie kuko zifise ubutumwa bwihariye kandi bwubaka. Umuririmvyi wiwe yemera akaba ari Bob Marley. Nayo muvyerekeye umupira w&rsquo;amaguru ngo yikundira umugwi wa Manchester United.<\/p>\n\n\n\n<p>Nounou Noussa\u00efba Hakizimana, uyo murundikazi yashikirije umugambi wiwe mu rurimi rw\u2019ikirundi avuga ko akunda cane ikirundi naho n\u2019indimi mva mahanga nazo azizi yazize mu mashure. Uwo mwigeme yambaye ikamba rya Miss Ngozi Kugasaka 2020 yahiganishije umugambi w&rsquo;ukwirinda imbanyi ziterwa abigeme bakiri mu mashure matomato n&rsquo;ayisumbuye. Ivyo bikerekana ko ikibazo c&rsquo;imbanyi mu mashure yakigize nyamukuru. Kukabankako ico kibazo yagize inkora mutima gisanzwe cica kazoza k&rsquo;abanyeshure kigatera n&rsquo;ibibazo bitari bike mu miryango no mu gihugu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu kibano bamuhamagara Nounou kubera izina ryiwe rigoye gusubiramwo. Noussa\u00efba Hakizimana ni umwana w\u2019umwigeme akiri muto yavukiye i Ngozi mu mwaka wa 2000. Uyo murondo avuka mu muryango ubayabaye. Ni ubuheta (umwana wa kabiri) mu muryango w\u2019abana 4. Umuraba, aragereranye. Ntiyirabura kandi sininzobe. Mu buvyibuhe arabayabaye. Simuremure kandi sinamugufi cane. Noussa\u00efba Hakizimana, ubu ni umunyeshure [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":30,"featured_media":5471,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[209],"tags":[450],"coauthors":[189],"class_list":["post-5470","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-indanga","tag-umwigeme-muserukizi"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5470","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/30"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=5470"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5470\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":5477,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5470\/revisions\/5477"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/5471"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=5470"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=5470"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=5470"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=5470"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}