{"id":5262,"date":"2020-06-18T17:21:12","date_gmt":"2020-06-18T15:21:12","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=5262"},"modified":"2023-06-17T20:50:47","modified_gmt":"2023-06-17T18:50:47","slug":"burundi-uturusho-amakori-tuduga-cane-mwaka-ku-mwaka-turatera-amadidane","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-uturusho-amakori-tuduga-cane-mwaka-ku-mwaka-turatera-amadidane\/","title":{"rendered":"Uturusho ku makori tuduga cane ku mwaka ku mwaka turatera amadidane"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Kuva kw\u2019igenekerezo ry\u2019uwa 3 gushika ku wa 5 Ruheshi 2020, ikigo kijejwe guteza imbere abanyamitahe API caratunganije umwiherero wo kumenyesha no kuronsa inyigisho abaserukiye ibinyamakuru n\u2019amaradiyo, mu ntara ya Gitega neza na neza kw\u2019iseminari nkuru yitiriwe Yohani Paulo wa kabiri. Muri vyinshi &nbsp;vyahigiwe haragarutse cane&nbsp; ikibazo c\u2019iduga ridasanzwe&nbsp; ry\u2019amafaranga y\u2019uturusho ku makori tugenda turiyongera &nbsp;ku mwaka ku mwaka. Ni muri iyi nkuru.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ico kibazo kiraraje ishinga sentare ijejwe kwubahiriza umutungo wa Reta kuko idasiba kugabisha mu vyegeranyo vyayo&nbsp;: Mu gihe mu mwaka wa 2015 Reta yari yategekanije amafaranga angana imiriyaridi 18 z\u2019uturusho yari gutanga muri ico kiringo, wagiye kurangira hatanzwe uturusho&nbsp; tw\u2019imiriyaridi zirenga 100 z\u2019amakori Reta yari kwinjiza , ni ukuvuga ibice birenga 466,2%. &nbsp;Mu 2017 ho ibiharuro vyaraduze cane. Imiriyaridi 18 z\u2019uturusho zari zategekanijwe zararenze cane, sishika 111, nayo kuva kw\u2019igenegerezo rya 1 Mukakaro 2019 gushika ku wa 31 Nzero 2020 hari hamaze gutangwa uturusho ku bice birenga 490% ufatiye ku mahera y\u2019uturusho yari yategekanijwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Ariko rero mwumve neza. API si yo itanga uturusho ku makori gusa, kuko yoyo ikora yisunze itegeko rigenga imitahe. Iruhande ya API, Reta ibicishije mu bushikiranganji bujejwe ubutunzi iratanga ubwo uburusho na yo nyene.<\/p>\n\n\n\n<p>Hamwe n\u2019ivyo, kuva mu kwezi kwa Ruhuhuma 2014, mu ntumbero yo gutunganya neza no gucungera ibikorwa vy\u2019itangwa ry\u2019uturusho ku batugenewe, ikigo API carashinze igisata kijejwe gukurikirana amashirahamwe n\u2019amahinguriro yahawe urupapuro rwemeza ko bemererwa n\u2019amategeko guhabwa uturusho hisunzwe itegeko ribiraba. Ubutohoji bwakozwe n\u2019ico gisata bwasanze vyifashe gute?<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Icegeranyo cabonetse ntikimara amadidane<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nk\u2019uko ico gisata kibimenyesha, mu mwaka wa 2019, ikigo API catanze impapuro &nbsp;69 zitari iza burundu zerekana ko abazihawe &nbsp;bakurikije ivyo biyemeje. Ni mu gihe mu mwaka wa 2018 hari hatanzwe izishika 54, ni ukuvuga ko ziyongereye ku bice 13%. Inyuma y\u2019umwihwezo wakozwe vyagaragaye ko &nbsp;iryo yongerekana ryaturutse kw\u2019igwirirana ry\u2019ibidandazwa vyinjijwe bivanye n\u2019ingingo zafashwe mu ntumbero yo kworohereza abo binjiza ibidandazwa. Mu mpera z\u2019umwaka wa 2018, amashirahamwe 31 yaronkejwe uturusho yari amaze gushinga imitahe w\u2019imiriyaridi 71 z\u2019amarundi ku miriyaridi 143 zari zitezwe, ni ukuvuga ko ico gikorwa &nbsp;caranguwe ku bice 49.58%. Ku buzi 2.929 bwari gutangwa, ayo mashirahamwe yatanze ubungana 1.341, ni ukuvuga ko ibikorwa vyaranguwe ku bice 45.7%.<\/p>\n\n\n\n<p>Hisunzwe ivyigwa vyakozwe ku gitigiri c\u2019imiduga yahawe uturusho two gukurwako ikori kuva mu mwaka wa 2009 gushika 2015, biboneka ko amashirahamwe 23 kuri 77 ikigo API cahaye uburenganzira bwo kwinjiza imiduga ata makori arishwe, atakoresheje imiduga nk\u2019uko vyari mu masezerano yagiriraniye na API.<\/p>\n\n\n\n<p>Ni mu gihe&nbsp; mu kiringo kiri hagati y\u2019imyaka ya 2009-2012, mu gisata c\u2019amahoteri no kwakira ingenzi, imigambi 78 y\u2019amahoteri ari yo yahawe uburenganzira bwo kuronka &nbsp;uturusho. Muri iyo migambi 78, iyishika 59 iri i Bujumbura. Ivyigwa vyakozwe ku murwa mukuru w\u2019ubutunzi, bifatiye ku mahoteri 20, vyatanze ibiharuro biteye ubwoba: 5 kuri 13 (61,5%), ntizari zigikora eka mbere 4 muri zo zarangurirwamwo iyindi mirimo.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"has-background has-cyan-bluish-gray-background-color\"><strong><strong><strong>Mu ntumbero yo gushira mu ngiro umugambi \u00ab Tuyage \u00bb ufashwe mu mugongo na USAID, ikinyamakuru Jimbere cifadikanije n\u2019ishirahamwe Search For Common Ground Burundi mu gikorwa co kwandika inkuru zijanye n\u2019ivy\u2019ubutunzi mu gihugu<\/strong><\/strong><\/strong>.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuva kw\u2019igenekerezo ry\u2019uwa 3 gushika ku wa 5 Ruheshi 2020, ikigo kijejwe guteza imbere abanyamitahe API caratunganije umwiherero wo kumenyesha no kuronsa inyigisho abaserukiye ibinyamakuru n\u2019amaradiyo, mu ntara ya Gitega neza na neza kw\u2019iseminari nkuru yitiriwe Yohani Paulo wa kabiri. Muri vyinshi &nbsp;vyahigiwe haragarutse cane&nbsp; ikibazo c\u2019iduga ridasanzwe&nbsp; ry\u2019amafaranga y\u2019uturusho ku makori tugenda turiyongera &nbsp;ku [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":37,"featured_media":5265,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[207],"tags":[428],"coauthors":[443],"class_list":["post-5262","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ubutunzi","tag-tuyage"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5262","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/37"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=5262"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5262\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":5282,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5262\/revisions\/5282"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/5265"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=5262"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=5262"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=5262"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=5262"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}