{"id":5086,"date":"2020-04-28T09:45:26","date_gmt":"2020-04-28T07:45:26","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=5086"},"modified":"2020-05-09T14:27:17","modified_gmt":"2020-05-09T12:27:17","slug":"inyigisho-indero-ebola-coronavirus-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/inyigisho-indero-ebola-coronavirus-burundi\/","title":{"rendered":"\u00ab Inyigisho zahawe abanyeshure mu kwikingira Ebola zabaye nkenerwa  mu kwirinda n\u2019ibindi biza \u00bb"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Kuva aho ikiza c\u2019indwara ya Ebola kivugiwe cane ko kiriko kiriha inkumbi muri Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo, Uburundi, na canecane intara zihana urubibe na Congo zaciye ziba maso maze zitangura kwigisha abantu ibiranga iyo ndwara n\u2019uburyo bwo kuyirinda, ndetse n\u2019ibindi biza vyokwaduka inyuma ya Ebola. Muri urwo rugamba rero, n\u2019abanyeshure ntibasigaye inyuma.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Kuri Ecofo Rugombo I na III uhageze, umunyeshure wese wobaza ati Ebola ni iki? Azokubwira adakekeranya ko Ebola ari umugera w\u2019indwara wandukira ningoga kandi wica mu mwanya muto. Abo banyeshure bo kw\u2019ayo mashure baremeza ko hari abigisha babigishije ibiranga uwo mugera mbere bakaba banishimira ko babimenye. <br><br>Dorcas Ntiyatwibagiye umwana w\u2019umwigeme w\u2019imyaka 12 ubu yiga mu mwaka wa 5, ku bijanye n\u2019ibimenyetso biranga uwo mugera w\u2019indwara ya Ebola, abizi ku mutwe. Agira ati: <em>\u00ab Uwo mugera urangwa n\u2019ubushuhe,ukumeneka umutwe, ugucika intege, kuribwa no kutagira inguvu mu mitsi,guhurirwa ku mubiri, iseseme no kuyorwa, ugucibwamwo, kuva amaraso ahari intoboro zose z\u2019umubiri\u00bb.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ivyokorwa mu kwirindira Ebola n&rsquo;izindi ngwara<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ndayegamiye Jonas umunyeshure wo kuri ecofo Rugombo III avuga ko bigishijwe ko iyo umuntu agaragaje ibimenyetso vy\u2019indwara ya Ebola imbere yo gushikanwa kw\u2019ivuriro abanza kwitura abantu bahawe inyigisho zerekeye Ebola, n\u2019ibindi biza, agataramurwa agashirwa ahawenyene, hama bakabona ku mujana mu bitaro vyagenewe kwakira abo bagwayi kugira akurikiranwe mu kuvugwa n\u2019abaganga babinonosoye.<\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-embed-twitter wp-block-embed is-type-rich is-provider-twitter\"><div class=\"wp-block-embed__wrapper\">\n<blockquote class=\"twitter-tweet\" data-width=\"550\" data-dnt=\"true\"><p lang=\"und\" dir=\"ltr\"><a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Burundi?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Burundi<\/a> <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/CoronaVirusUpdate?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#CoronaVirusUpdate<\/a> <a href=\"https:\/\/t.co\/4bO6FQNSNA\">pic.twitter.com\/4bO6FQNSNA<\/a><\/p>&mdash; Jimbere (@JimbereMag) <a href=\"https:\/\/twitter.com\/JimbereMag\/status\/1250702585218109441?ref_src=twsrc%5Etfw\">April 16, 2020<\/a><\/blockquote><script async src=\"https:\/\/platform.twitter.com\/widgets.js\" charset=\"utf-8\"><\/script>\n<\/div><\/figure>\n\n\n\n<p>Irishura Samson wo kuri Ecofo Rugombo I agira ati: <em>\u00ab Kwirinda uwo mugera wa Ebola ni ugutaramura umuntu yoba agaragaza ibimenyetso vy\u2019uwo mugera, agashirwa ahawenyene, gukaraba buri mwanya canecane iyo uhejeje kuyorwa canke iyo uvuye mu bwiherero\u00bb.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Eddi wo kuri iryo shure nyene, avuga ko mu vyo bokwirinda kandi harimwo kudakora canke kutiramba ivyavuye mu mubiri w\u2019uwiketswe ari nk\u2019amasobwe,umwanda mukuru, ibiyorwe,amate, intuguta, amaberebere n\u2019ibindi. Uwo munyeshure yongera akavuga kandi ko bokwirinda ibikoresho vyose vyoba vyakoreshejwe n\u2019uwugwaye canke uwikekwako ivyo bimenyetso ari nk\u2019ishuka,impuzu, ubwiherero bwakoreshejwe n\u2019uwufise ibimenyetso vyawo,\u2026<\/p>\n\n\n\n<p>Wizeyimana Salif wo kuri Ecofo Rugombo III na we yongera ko kizira kikazirizwa kwegera ibikoko vyanduye yaba ivyapfuye canke ibikomeye canke ko umuntu yokora kuvyavuye kuri ivyo bikoko. Muri vyo, akaba adondagura inguge, inkende, uduhungarema, ibinyogoto,ingeregere, ingurube n\u2019ibindi.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe ikindi kiza giherutse kwaduka arico korona virisi kigisibije kw\u2019isi yose, ico kiza kije gisange urwo rwaruka rufise ubumenyi buhagije kubijanye no kwirinda ibiza, na cane cane Ebola, narirya uburyo bwo kuyikingira budatandukanye cane n\u2019ubwa Ebola, aho ihimirizwa rinini rihagaze mu gukaraba kenshi mu ntoke, no mu kwirinda gukoranako canke kwegerana.<\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-embed-wordpress wp-block-embed is-type-wp-embed is-provider-jimbere\"><div class=\"wp-block-embed__wrapper\">\n<blockquote class=\"wp-embedded-content\" data-secret=\"jOPLBP202O\"><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/bujumbura-ukuri-kuri-coronavirus-ntigukwiye-kumirwa-namajwi-yibihuha-burundi\/\">Burundi : ukuri kuri \u00ab Coronavirus \u00bb ntigukwiye kumirwa n\u2019amajwi y\u2019ibihuha n\u2019ibinyoma<\/a><\/blockquote><iframe loading=\"lazy\" class=\"wp-embedded-content\" sandbox=\"allow-scripts\" security=\"restricted\" style=\"position: absolute; clip: rect(1px, 1px, 1px, 1px);\" title=\"\u00ab\u00a0Burundi : ukuri kuri \u00ab Coronavirus \u00bb ntigukwiye kumirwa n\u2019amajwi y\u2019ibihuha n\u2019ibinyoma\u00a0\u00bb &#8212; Jimbere\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/bujumbura-ukuri-kuri-coronavirus-ntigukwiye-kumirwa-namajwi-yibihuha-burundi\/embed\/#?secret=4F9nsEex9q#?secret=jOPLBP202O\" data-secret=\"jOPLBP202O\" width=\"600\" height=\"338\" frameborder=\"0\" marginwidth=\"0\" marginheight=\"0\" scrolling=\"no\"><\/iframe>\n<\/div><\/figure>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuva aho ikiza c\u2019indwara ya Ebola kivugiwe cane ko kiriko kiriha inkumbi muri Repuburika iharanira Demokarasi ya Congo, Uburundi, na canecane intara zihana urubibe na Congo zaciye ziba maso maze zitangura kwigisha abantu ibiranga iyo ndwara n\u2019uburyo bwo kuyirinda, ndetse n\u2019ibindi biza vyokwaduka inyuma ya Ebola. Muri urwo rugamba rero, n\u2019abanyeshure ntibasigaye inyuma. Kuri Ecofo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":30,"featured_media":5087,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[203,205],"tags":[171,243],"coauthors":[189],"class_list":["post-5086","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-amagara","category-indero","tag-cibitoke","tag-ebola"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5086","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/30"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=5086"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5086\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":5088,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/5086\/revisions\/5088"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/5087"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=5086"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=5086"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=5086"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=5086"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}