{"id":4853,"date":"2020-02-17T16:23:19","date_gmt":"2020-02-17T15:23:19","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4853"},"modified":"2020-05-09T14:19:59","modified_gmt":"2020-05-09T12:19:59","slug":"burundi-ubutunzi-urubuga-amakuru-ubudandaji-itc-cnuced","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-ubutunzi-urubuga-amakuru-ubudandaji-itc-cnuced\/","title":{"rendered":"Mu Burundi hagiye gushirwaho urubuga rudonda amakuru y\u2019ivy\u2019ubudandaji"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Mu ntumbero yo kworohereza abadandaza b\u2019abarundi kuronka amakuru ajanye n\u2019ubudandaji ku gihe, reta y\u2019Uburundi ifadikanije n\u2019ikigo mpuzamakungu kiraba ivy\u2019ubudandaji ITC na CNUCED, igiye gushiraho urubuga ngurukanabumenyi aho umudandaza wese yipfuza inkuru ijanye n\u2019ivyo akoreramwo azohora ayisanga.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nk\u2019uko Adolphe\nManirakiza ajejwe ivy\u2019imipaka mu Burundi abimenyesha, ishirwaho ry\u2019urwo rubuga riri\nmu mugambi MARKUP (Market Access Upgrade Programme) rigiye kuzotuma umuntu wese\namenya uko urudandaza rw\u2019i Burundi rukorwa, amategeko agenga abakora urudandaza\nrutoruto mu karere ka Afirika y\u2019ubuseruko, n\u2019ibindi.<\/p>\n\n\n\n<p>Uwo muhora uzoba\nuvyerekana neza: uri uwukeneye inkuru ijanye n\u2019amavoka, ntuzoyisanga mw\u2019ikawa.\nBizoba bitunganijwe neza hisunzwe ubwoko bw\u2019ikidandazwa kimwekimwe. Ivyo rero\nbikazotuma umudandaza uwo ari we wese agirira icizere ibikorwa vyiwe\nkurushirizaho kuko azoba abona inkuru zose zijanye n\u2019ibidandazwa vyiwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Victoria Tuomisto\nyaserukira ikigo ITC (International Trade Center) amenyesha ko ishirwaho\nry\u2019urwo rubuga rije rihamvya ibihugu bibanyi nka Kenya, Rwanda, Uganda na\nTanzaniya aho, bishigikiwe n\u2019ikigo ITC na CNUCED (Conf\u00e9rence des Natons Unies\nsur le Commerce et le D\u00e9veloppement), vyatunganije urwo rubuga kandi bigirira\nakunguko gakomeye ibihugu mu karere n\u2019abadandaza barimwo.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubera ivyo,\nigihugu c\u2019Uburundi cinjiye neza mu muryango uraba ivy\u2019ubudandaji kw\u2019isi OMC (Organisation\nMondiale du Commerce) kuko ari kimwe muri vyinshi bikomeye bisabwa kugira ngo\nigihugu kibe ikinyamuryango nk\u2019uko biri mu masezerano yawo mu ngingo ya 12 ivuga\nivy\u2019ugushira ku rubuga inkuru z\u2019igisata c\u2019ubudandaji.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Inkuru\nyishimiwe n\u2019abadandaza \u2026<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Bamwe mu badandaza\ntwayaze banezerejwe cane n\u2019urwo rubuga rwabo rugiye gushirwaho. Pontien\nHategekimana umudandaza asanzwe arankura impuzu mu gihugu ca Uganda amenyesha\nko vyahora bishika akajabuka ata nkuru n\u2019imwe ku bijanye n\u2019amabeyi y\u2019ibintu\nafise, yagera yo agasanga ibintu birazimvye. Ubu akavuga ko azoca aza araja ku\nrubuga ahaguruke azi neza amakuru y\u2019ivyo agiyemwo.<\/p>\n\n\n\n<p>B\u00e9atrice Manirakiza aba mu ntara ya Rumonge\nagira ati: \u00ab<em>Nizigiye ko kuri urwo rubuga\nnzosanga ko n\u2019amategego agenga indimu n\u2019imicungwa bitume tuzohora twihagararako\nhagize uwutwitsitazako.&nbsp; Hari n\u2019aho\nduhora tubishora tugasanga muri Tanzaniya na bo baravyejeje tukaruhira ubusa\u2026.<\/em>\u00bb.\n<\/p>\n\n\n\n<p>Mwomenya ko inyigisho ku bakozi b\u2019ikigo OBR bazohora bashira kuri urwo rubuga inkuru zijanye n\u2019igisata c\u2019ubudandaji muri uwo mugambi zatanguye kuva uwu wa 17 Ruhuhuma zikazorangira ku wa 20 z\u2019uku nyene, kuri Martha Hotel, i Bujumbura.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu ntumbero yo kworohereza abadandaza b\u2019abarundi kuronka amakuru ajanye n\u2019ubudandaji ku gihe, reta y\u2019Uburundi ifadikanije n\u2019ikigo mpuzamakungu kiraba ivy\u2019ubudandaji ITC na CNUCED, igiye gushiraho urubuga ngurukanabumenyi aho umudandaza wese yipfuza inkuru ijanye n\u2019ivyo akoreramwo azohora ayisanga. Nk\u2019uko Adolphe Manirakiza ajejwe ivy\u2019imipaka mu Burundi abimenyesha, ishirwaho ry\u2019urwo rubuga riri mu mugambi MARKUP (Market Access Upgrade Programme) [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":33,"featured_media":4855,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[207],"tags":[],"coauthors":[231],"class_list":["post-4853","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ubutunzi"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4853","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/33"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4853"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4853\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4854,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4853\/revisions\/4854"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4855"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4853"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4853"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4853"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4853"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}