{"id":4649,"date":"2019-12-30T14:00:15","date_gmt":"2019-12-30T13:00:15","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4649"},"modified":"2019-12-31T11:36:21","modified_gmt":"2019-12-31T10:36:21","slug":"ubuhinga-gukinda-imico-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/ubuhinga-gukinda-imico-burundi\/","title":{"rendered":"\u00abGukinda birabaho kandi bisaba ubuhinga bukomeye\u00bb"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Hari abakinda bagaramye, abakinda badida udutsintsiri hasi hakaba n\u2019abadida inkokora n\u2019agakomokomo hasi. Mu gihe abandi bahinga bishimira imyuga yabo, bakayishimira mbere bagatunganya n\u2019ibiteramo kugira ngo bagaragaze impano zabo, abakinzi bavuzwe kuva kera ariko baguma mu kinyegero. Naho biri uko, ngo bafise ubushobozi budasanzwe kandi baracavugwa n\u2019uyu munsi \u2026<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu matohoza yagizwe na Lucie Nakamano, mu gitabu yise\u00a0: \u00ab <em>Etude anthropologique de Gukinda au Burundi, 2011 <\/em>\u00bb, yarashoboye kuyagisha abahoze bakinda 7 bavuga ko babihevye hamwe na 10 biyemerera ko bagikinda. Abo, berekanye ko abakinzi bafise ububasha bukomeye\u00a0: \u00ab <em>Kwinjira mu nzu yugaye, kwinjira mu mva yugaye, kunyika, canke kuguruka ata mababa bagira, kwihindura igikoko, kugirira nabi uwo batari kumwe n\u2019ibindi.<\/em> \u00bb<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Gukinda\nbifitiye akamaro gaki ababikora&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ngo bivana n\u2019ico umukinzi\naba agamije. Si bose ngo babikora kugira bakore ikibi. Vyemezwa na Nyandwi w\u2019i\nCabara, mu Rumonge, yahora akoresha ubwo buhinga. Agira ati : \u00ab <em>Birafasha mu\nkuja kure kuko naho woba wacerewe ushikayo mu kanya isase. Ngo umwanya uri\nbumare mu kirere warara, uwuvuga utaraguruka.<\/em> \u00bb Akongera ati&nbsp;: \u00ab <em>Erega ni agati gasanzwe utambika imbere yawe\nukavuga amajambo, ariko hari n\u2019imiti ukoresha da. Uca uhumiriza, ugataruka ka\ngati, uba ugiye <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ariko\nnone hakinda bande ga yemwe&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>\u00abB<em>akinda bose&nbsp;! Tereza ntiyafashwe ari kumwe n\u2019umuhungu wiwe\nHabonimana, bavuye kuzura umuntu bamwikoreye&nbsp;? Ico gihe baranapfungiwe no\nmu gasho ka Komine Mugina hatwara musitanteri Jean Paul Majambere. Gusa\nbahavuye batoroka aho imvura yasambura iryo bohero <\/em>\u00bb, uwo ni Angeline\nCimpaye wo ku gatumba Nyabihu, muri komine Mugina mu ntara ya Cibitoke. Eka na\nNyandwi amwunganira avuga ko hakinda bose kuko ngo agikora uwo mwuga yabona\nbahurira yo n\u2019inkumi, imisore, abagabo ndetse n\u2019abagore. <\/p>\n\n\n\n<p><strong>Imwe\nmu miziro ijanye no gukinda<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ngo bivana n\u2019ico umwe wese\naba yarabujijwen\u2019\u00ab abavyeyi \u00bb. Nyandwi\nagira ati&nbsp;: \u00ab <em>Wihenze ukanyikira mu\ngiti kizira, umumanda, umurinzi, umukuyo, \u2026, uca uhera yo. Ivyo biti kirazira\nno kubica munsi. Ni co kimwe n\u2019iyo unyikiye mu mugina. Kiranazira gusambanya\nabo usanze mu nzu \u00bb.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Patiri Liboire Kagabo ni umukukuruke yahoze yigisha muri kaminuza y\u2019uBurundi. Ni nawe yahagarariye igitabo ca Lucie Nakamano. Aremeza ko ubwo buhinga bubaho. Abushira mu mugwi w\u2019imigirwa. Ariko aragira ati\u00a0:\u00ab <em>Ntawotsimbataza gukindira mu gihugu nawe ntu<\/em> \u00bb. <\/p>\n\n\n\n<p>Mwoba muvyumva kumwe&nbsp;?<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Hari abakinda bagaramye, abakinda badida udutsintsiri hasi hakaba n\u2019abadida inkokora n\u2019agakomokomo hasi. Mu gihe abandi bahinga bishimira imyuga yabo, bakayishimira mbere bagatunganya n\u2019ibiteramo kugira ngo bagaragaze impano zabo, abakinzi bavuzwe kuva kera ariko baguma mu kinyegero. Naho biri uko, ngo bafise ubushobozi budasanzwe kandi baracavugwa n\u2019uyu munsi \u2026 Mu matohoza yagizwe na Lucie Nakamano, mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":33,"featured_media":4650,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[258],"tags":[],"coauthors":[231],"class_list":["post-4649","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-itorokanirizo-ryuruganda-rwa-jimbere"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4649","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/33"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4649"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4649\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4656,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4649\/revisions\/4656"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4650"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4649"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4649"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4649"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4649"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}