{"id":4601,"date":"2019-12-20T17:24:41","date_gmt":"2019-12-20T16:24:41","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4601"},"modified":"2019-12-29T12:55:04","modified_gmt":"2019-12-29T11:55:04","slug":"mutombola-can-intamba-football-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/mutombola-can-intamba-football-burundi\/","title":{"rendered":"\u00ab Ku batipfuza kubona Mutombola aba reconduit, ngo bategure umutima wo kuvyakira hamwe vyoshika \u00bb"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Kubwa Colonel Gishikizo Jean Pierre, pr\u00e9sident de la commission technique de la FFB <\/strong>\u00ab&nbsp;<strong><em>Atari umu \u00e9tranger bazanye, nawe sinibaza ko minist\u00e8re des sports ifise uburyo bwo kumuhemba, nta murundi amurusha abuhinga n\u2019ubumenyi mu vya coaching. Je ico nosaba nka commission charg\u00e9e de recruter les entraineurs nationaux ni uko bomw\u2019entoura n\u2019abandi ba coachs adjoints b&rsquo;inzobere hama nawe akaba flexible quant \u00e0 la collaboration <\/em><\/strong>\u00bb. <strong>Ibi yavyishuye igihe yarabajijwe ku cerekeye yuko coach wa \u00e9quipe nationale azosubirizwa mu gihe amasezerano yiwe ashobora kuba ariko arangira.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ariko benshi ntibabibona co kimwe na pr\u00e9sident de la commission technique. Fizzo kuri micro bamubajije akajambo yobwira Mutombola ati \u00ab&nbsp;<em>Ndamusavye aveho<\/em>&nbsp;\u00bb. Mugenzi we mu muziki, B-Face ati \u00ab&nbsp;<em>Akanse uraheba. Nahe abandi akaryo bipime <\/em>\u00bb.&nbsp; Abandanya avuga ati \u00ab&nbsp;<em>abakinyi bacu turazi ko babishoboye, nibarabe coach bamuhindure <\/em>\u00bb. N\u2019umwe mu ba journalistes sportifs bamaze kwubaka&nbsp; izina abibona nkabo bakunzi b\u2019Intamba.&nbsp; <em>\u00ab&nbsp;Je iyaba nobaye Alain Olivier Niyungeko, nari kuva muri CAN mpita ndemissiona. Ko yari ahejeje gutwara intamba aho zitari bwigere zishika, n\u2019ubwo ataco zayaze, yarahejeje kwubaka une base solide d\u2019une riche carri\u00e8re voire m\u00eame internationale. Je nomuhanura ko yokwiyumvira kuri carri\u00e8re yiwe yo muri kazoza kubera apr\u00e8s le national azovaho \u00bb.<\/em><\/p>\n\n\n\n<div class=\"wp-block-image\"><figure class=\"alignright size-large is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-1024x1024.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-4603\" width=\"398\" height=\"398\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-1024x1024.jpg 1024w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-300x300.jpg 300w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-150x150.jpg 150w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-768x768.jpg 768w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-1536x1536.jpg 1536w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-scaled.jpg 2048w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/12\/Mutombola-80x80.jpg 80w\" sizes=\"auto, (max-width: 398px) 100vw, 398px\" \/><\/figure><\/div>\n\n\n\n<p>Ivyo bivugwa mu gihe haheze igihe kirekire abakunzi b\u2019intamba baja kuri stade intwari bagataha imvumbure nk\u2019abavuye kuragirira ba inarume. Muri 21 matchs officiels za equipe nationale senior ziheruka, Olivier yatsinze 2 gusa, anganya 6 atsindwa 13. Sa d\u00e9fense a encaiss\u00e9 18 buts et l\u2019attaque a marqu\u00e9 16 buts dont la moiti\u00e9 contre le Sud Soudan. \u00ab<em>&nbsp;L\u2019\u00e9quipe nationale irageze kugarukirwa. Aho tugeze aho dutsindwa na equipe zitatu za nyuma kuri classement FIFA&nbsp;? En tout cas iyaba habaho 2<sup>\u00e8me<\/sup> division y\u2019ibihugu, tuba twarakorotse&nbsp;<\/em>\u00bb.&nbsp; Umwe mu ba fana b\u2019intamba bakumbuye kuva kuri stade bishimye. <\/p>\n\n\n\n<p><strong>&nbsp;\u00ab <em>Sur la vision de la FFB,&nbsp;le rendement de Mutombola est positif<\/em>&nbsp;\u00bb<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>&nbsp;\u00ab<em>Mutombola yarashitse ku co twari twamutumye.\nIcifuzo ca FFB kwari uko dushika muri CAN, ahubwo igisigaye ni uko tutosubira\ngusiba. Na 2021 ntidusiba kuko turiteguye gutsinda retour ya Centre africa,\ndutsinde Mauritanie aller-retour hanyuma hariho n\u2019imigambi yo gutsindira Maroc\niwabo<\/em>&nbsp;\u00bb Colonel Gishikizo arizeza abarundi ko umunezero abarundi\nbagize igihe banganya na Gabon, n\u2019ubu bazowubona. \u00ab&nbsp;Erega icatumye izi\nmatch zibiri ziheruka dutsindwa abakinyi batanu kandi ngenderwako bavunikiye\nrimwe&nbsp;\u00bb continue-t-il de d\u00e9fendre que Mutombola n\u2019a pas \u00e9chou\u00e9.<\/p>\n\n\n\n<p>N\u2019ubwo yadushikanye muri Egypte, Wilson Kwizera, journaliste sportif \u00e0 la radio culture ati le coach est le responsable du manque de motivation des joueurs \u00ab&nbsp;<em>Mu vyatumye tuva muri CAN avec 0 buts et 0 points, ni uko coach atigeze ashobora ku motiva son vestiaire. Bagiyeyo bamaze gushira mu mitwe que l\u2019essentiel est de participer haba kuri coach canke ku bakinyi<\/em>\u00bb. Ku bwa fizzo wewe ngo si Coach yadushikanyeyo. \u00ab&nbsp;<em>Ce n\u2019est pas le coach qui a qualifi\u00e9 le Burundi. La solidarit\u00e9 et la d\u00e9termination des joueurs l\u2019ont fait.<\/em>&nbsp;\u00bb ivyo na Mutombola ntiyabihakanye igihe yabazwa la force de l\u2019equipe. Yagize ati \u00ab&nbsp;<em>Qualification ya \u00e9quipe nationale ndayikesha Sa\u00efdo Berahino na Ga\u00ebl Bigirimana, bahise bakomeza ukwizera kw\u2019abakinyi, bituma bakina match imwe imwe nkuko ari iya nyuma.<\/em>&nbsp;\u00bb<\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-embed-wordpress wp-block-embed is-type-wp-embed is-provider-jimbere\"><div class=\"wp-block-embed__wrapper\">\n<blockquote class=\"wp-embedded-content\" data-secret=\"1e2eYOjLPR\"><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/mutombola-intamba-can-2021-burundi\/\">\u00ab Mutombola n\u2019abahungu biwe bagiye kuturwaza umutima \u00bb<\/a><\/blockquote><iframe loading=\"lazy\" class=\"wp-embedded-content\" sandbox=\"allow-scripts\" security=\"restricted\" style=\"position: absolute; clip: rect(1px, 1px, 1px, 1px);\" title=\"\u00ab\u00a0\u00ab Mutombola n\u2019abahungu biwe bagiye kuturwaza umutima \u00bb\u00a0\u00bb &#8212; Jimbere\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/mutombola-intamba-can-2021-burundi\/embed\/#?secret=1WMIQwxU9t#?secret=1e2eYOjLPR\" data-secret=\"1e2eYOjLPR\" width=\"600\" height=\"338\" frameborder=\"0\" marginwidth=\"0\" marginheight=\"0\" scrolling=\"no\"><\/iframe>\n<\/div><\/figure>\n\n\n\n<p><strong>\u00ab&nbsp;<em>Mutombola ntazi gusoma neza match<\/em>\u00bb<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe abakunzi b\u2019umupira bavuga\nko abakinyi batari bahagaze nabi, baravuga ko ugutsindwa kwa \u00e9quipe national\nbiva kuri syst\u00e8me de jeu du coach iruhisha \u00ab <em>Naturellement, le meilleur moyen de se d\u00e9fendre, c\u2019est d\u2019attaquer.\nUkuntu \u00e9quipe ikina izibira bituma d\u00e9fense ihera la 1ere minute jusqu\u2019\u00e0 la\nderni\u00e8re. Cons\u00e9quence, quoiqu\u2019elle puisse \u00eatre solide, \u00e0 un moment, elle finit\npar craquer. Ni vyo vyama biba ku Ntamba kuko twama dutsindwa mu minota ya\nnyuma.&nbsp;Ikindi na co ntazi kumenya ryari agira remplacement n\u2019uwo akuramwo \u00bb.<\/em>\nAnalyse un professionnel du football qui a pr\u00e9f\u00e9r\u00e9 l\u2019anonymat. <\/p>\n\n\n\n<p>Ku cerekeye ko hari abakinyi bari bavunitse, abafana ntibabibona kumwe \u00ab\u00a0<em>N\u2019abakomeye ntashobora kubakinisha kuko rien n\u2019explique comment asiba gukinisha abana bakina 2<sup>\u00e8me<\/sup> division\u00a0 y\u2019i buraya ngo          ntibarakomer3\u00e8me hama akizera\u00a0umuntu akina 3<sup>\u00e8me<\/sup> division muri Arabie Saoudite canke umuntu arwaye nkuko bikunze gushika kuri Pierrot. Icihuta, les \u00e9tats g\u00e9n\u00e9raux zirakenewe vyihuta ahandi ho le projet yuko 2026 tuzoja muri coupe du monde ziraherera mu vyipfuzo<\/em>\u00a0\u00bb <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kubwa Colonel Gishikizo Jean Pierre, pr\u00e9sident de la commission technique de la FFB \u00ab&nbsp;Atari umu \u00e9tranger bazanye, nawe sinibaza ko minist\u00e8re des sports ifise uburyo bwo kumuhemba, nta murundi amurusha abuhinga n\u2019ubumenyi mu vya coaching. Je ico nosaba nka commission charg\u00e9e de recruter les entraineurs nationaux ni uko bomw\u2019entoura n\u2019abandi ba coachs adjoints b&rsquo;inzobere hama [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":27,"featured_media":1122,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[210],"tags":[133,372],"coauthors":[186],"class_list":["post-4601","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-inkino","tag-intamba","tag-mutombola"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4601","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/27"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4601"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4601\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4611,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4601\/revisions\/4611"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/1122"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4601"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4601"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4601"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4601"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}