{"id":4437,"date":"2019-11-27T15:17:10","date_gmt":"2019-11-27T14:17:10","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4437"},"modified":"2021-01-27T15:24:20","modified_gmt":"2021-01-27T14:24:20","slug":"giriyuja-abana-ibarabara-unicef-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/giriyuja-abana-ibarabara-unicef-burundi\/","title":{"rendered":"Giriyuja : \u00ab Inyuma y&rsquo;ibarabara, hari ubundi buzima \u00bb"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Uko umwaka utashe kw&rsquo;igenekerezo rya 26 munyonyo, amakungu arahimbaza umunsi wahariwe abana bo mw&rsquo;ibarabara. Uno mwaka bihuriranye aha mu Burundi Reta yarashizeho umugambi wo gukura abana bose mu mabarabara tutibagiye na bamwe basegerereza. Ikinyamakuru Jimbere rero caraganiriye na bamwe mu bana bahoze mw&rsquo;ibarabara ubu bafashwa n&rsquo;ikigo Giriyuja baratwiganira uko babayeho ubu.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nduwimana Fadhil w&rsquo;imyaka\n17 aba ku Buterere, ari mu bana bahoze mw&rsquo;ibarabara bagize amahirwe yo guhabwa\ninyigisho z&rsquo;imyuga n&rsquo;ikigo Giriyuja. Ngo ubuzima yari abayemwo imbere yuko\nashika muri ico kigo bwari bugoye cane <em>: <\/em>\u00ab<em>\nImbere yuko duhura na Girayuja natoragura amakara hamwe n&rsquo;ivyuma nkaca\nndabigurisha. Amahera nkuyemwo ni yo nakoresha mu kugura ico mfungura. Naryama\nku mabaraza canke harya barorerera cinema. Nifuka amakarato <\/em>\u00bb<em>.\n<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Bukuru Hassan afise\nimyaka 18, umwe mu bana bakuwe mw\u2019ibarabara, agira ati : \u00ab<em>\nPapa amaze kwitaba Imana naciye mpagarika ishure kuko mama ntiyari gushobora\nkubandanya aturonkera ibikoresho twese nabo tuvukana. Ico gihe naciye ntangira\nkuja mw&rsquo;ibarabara. Nakora akazi ko kwikorera imizigo. Hari igihe nataha muhira\ncanke nkarara mw&rsquo;ibarabara nyene. Ubwo buzima nabubayemwo imyaka irenga itanu <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Inyuma\ny&rsquo;ibarabara, abana barafashwa kwibeshaho<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Kuva mu mwaka uheze ubushikirangaji bw&rsquo;agateka kazina muntu imibano n&rsquo;iterambere ridakumira bwaragiye hamwe n\u2019amwe mu mashirahamwe araba ivy&rsquo;agateka k&rsquo;abana maze bashiraho umugambi wo gukura abana mw&rsquo;ibarabara. Ari na wo watumye abana bakurwa mw\u2019ibarabara. <\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-embed-wordpress wp-block-embed is-type-wp-embed is-provider-jimbere\"><div class=\"wp-block-embed__wrapper\">\n<blockquote class=\"wp-embedded-content\" data-secret=\"fOE3N2SzSC\"><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/umugambi-abana-ibarabara-agateka-burundi\/\">Muri Reta bati \u00ab\u00a0abana 4.000 baramaze kuva mw\u2019ibarabara\u00a0\u00bb<\/a><\/blockquote><iframe loading=\"lazy\" class=\"wp-embedded-content\" sandbox=\"allow-scripts\" security=\"restricted\" style=\"position: absolute; clip: rect(1px, 1px, 1px, 1px);\" title=\"\u00ab\u00a0Muri Reta bati \u00ab\u00a0abana 4.000 baramaze kuva mw\u2019ibarabara\u00a0\u00bb\u00a0\u00bb &#8212; Jimbere\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/umugambi-abana-ibarabara-agateka-burundi\/embed\/#?secret=bsTCUmoI7u#?secret=fOE3N2SzSC\" data-secret=\"fOE3N2SzSC\" width=\"600\" height=\"338\" frameborder=\"0\" marginwidth=\"0\" marginheight=\"0\" scrolling=\"no\"><\/iframe>\n<\/div><\/figure>\n\n\n\n<p>Fadhil avuga ati <em>: <\/em>\u00ab<em> Igihe batangura birya vyo gufata abana hari umuntu yaje atubwira ko hari ahantu twogenda maze bakatwigisha imyuga. Niko kugenda dusanga ni mu kigo citwa Giriyuja. Tumaze kuhashika umwe wese baramubaza umwuga ashaka kwiga yaba kumwa, gushona, gusudira, \u2026wahitamwo uwo wumva ushaka <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><em>&nbsp;<\/em>Yongera ati : <em>\u00ab Jewe nahisemwo kumwa, m&rsquo;ukwezi kwa gatatu\nniho natanguye kwiga hama mukwa munani uyu mwaka nyene baca baraduha ama\ncertificat yemeza ko twahejeje inyigisho. Munyuma baciye badushikiriza\nibikoresho vyo kumwa hamwe n\u2019inzu dukoreramwo <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ibanga\nryo kudasubira mw&rsquo;ibarabara<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Hassan avuga ko\nukudatorerwa umuti kw&rsquo;ikibazo kiba catumye uja mw&rsquo;ibarabara ko ari vyo bituma\nbagaruka : \u00ab<em> Nta n\u2019umwe aja mw&rsquo;ibarabara ata kibazo\nkibiteye. Nyamba umwana agiye mw&rsquo;ibarabara kubera inzara ico kibazo kitavuye mu\nnzira azokwama aritonda mwo minsi yose. Jewe naragize amahirwe yoguca muri\nGiriyuja baranyigisha kumwa <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Nyabenda Wenceslas\narongoye igisata c&rsquo;ubuhinga mu kigo Giriyuja, na we akaba yarahoze mw&rsquo;ibarabara\nagira ati :\u00ab<em> Abana bageze ngaha ikintu tubakorera ni\nkubumviriza. Turafise abahinga muvy&rsquo;inyifato babafasha. Hama tukabaha\nuburenganzira bwo kw&rsquo;ihitiramwo umugambi uzomufasha muri kazoza. Aho natwe duca\nduheza tukamufasha mu kumuha inyigisho n&rsquo;uburyo bimufasha kurangura uwo mugambi\naba yihitiyemwo. Gutyo iciyumviro co gusuira mw\u2019ibarabara kikamuvamwo <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Fadhil ngo ubutumwa\nafitiye abana bakiri mw&rsquo;ibarabara ngo vyose birashoboka iyo ufise ishaka : \u00ab<em>\nNkiri mw&rsquo;ibarabara sinigera niyumvira ko igihe kimwe nzoba mfise salon de\ncoiffure nigabira. Ariko ubu vyarakunze, ndambara agahuzu gasa neza, ndaryama\nheza, n&rsquo;ibindi vyinshi. Nohanura abandi bana bakiri mw&rsquo;ibarabara kwegera ibigo\nnka Giriyuja. Najewe ndiko ndategura kuzotangira kwigisha abandi bana uwu mwuga\nwo kumwa <\/em>\u00bb<em>.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Twobamenyesha ko mu mwaka uheze ikigo Giriyuja cashoboye gukura abana mw&rsquo;ibarabara bashika ku 600. Muri abo 420 barasubijwe kw&rsquo;ishure abandi 180 bararonka inyigisho z&rsquo;imyuga. Ivyo vyose bakaba babikora bafashwe mu mugongo n&rsquo;ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho ineza y&rsquo;ibibondo Unicef.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"has-background has-cyan-bluish-gray-background-color\"> <strong>Inkuru yatororokanijwe na Chancelle Bamuhaye, ariko arimenyereza mu <a rel=\"noreferrer noopener\" href=\"https:\/\/www.jimbere.org\/burundi-presse-unicef-jimbere-enfants-journalism\/\" target=\"_blank\">Ruganda rwa Jimbere mu mugambi wa Unicef wo kuyaga ibijanye n\u2019agateka k\u2019abana mu Burundi<\/a>.<\/strong> <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uko umwaka utashe kw&rsquo;igenekerezo rya 26 munyonyo, amakungu arahimbaza umunsi wahariwe abana bo mw&rsquo;ibarabara. Uno mwaka bihuriranye aha mu Burundi Reta yarashizeho umugambi wo gukura abana bose mu mabarabara tutibagiye na bamwe basegerereza. Ikinyamakuru Jimbere rero caraganiriye na bamwe mu bana bahoze mw&rsquo;ibarabara ubu bafashwa n&rsquo;ikigo Giriyuja baratwiganira uko babayeho ubu. Nduwimana Fadhil w&rsquo;imyaka 17 [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":4438,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[486,213],"tags":[247,135],"coauthors":[34],"class_list":["post-4437","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ijwi-ryabana","category-ukubana","tag-abana","tag-unicef"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4437","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4437"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4437\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":6068,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4437\/revisions\/6068"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4438"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4437"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4437"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4437"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4437"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}