{"id":4343,"date":"2019-11-13T11:29:11","date_gmt":"2019-11-13T10:29:11","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4343"},"modified":"2019-11-15T17:04:51","modified_gmt":"2019-11-15T16:04:51","slug":"burundi-umugambi-guhingura-imiti-ibiterwa-kama","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-umugambi-guhingura-imiti-ibiterwa-kama\/","title":{"rendered":"Uburundi mu migambi yo kwihingurira imiti mu biterwa kama"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Amadorari yababa 750.000 y\u2019amanyamerika, ni yo ikigo kijejwe gushigikirana &nbsp;ca &nbsp;Su\u00e8de (coop\u00e9ration su\u00e9doise), kibicishije mw\u2019ishirahamwe \u2018<a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"BioInnovate Africa programme (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/bioinnovate-africa.org\/\" target=\"_blank\">BioInnovate Africa programme<\/a>\u2019 kigiye gushigikiza umugambi wo guteza imbere imiti kama mu karere ka Afirika y\u2019ubuseruko. Mu Burundi hakaba haratangujwe umushinge w\u2019ihinguriro ryayo mbere n\u2019ibikoresho vy\u2019ukuyihingura bikazoba vyashitse mu mezi atatu, mu ntumbero &nbsp;yo guteza imbere ico gisata. Vyemezwa na Ginette Karirekinyana, asanzwe arongoye umugambi wo kuvuza imiti y\u2019ikirundi biciye mu ngaburo (Karire product).<\/strong><\/p>\n\n\n\n<div class=\"wp-block-image\"><figure class=\"alignright is-resized\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/11\/Photo-projet-construction.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-4345\" width=\"401\" height=\"225\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/11\/Photo-projet-construction.jpg 680w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/11\/Photo-projet-construction-300x169.jpg 300w\" sizes=\"auto, (max-width: 401px) 100vw, 401px\" \/><figcaption> Umukuru w\u2019inama nshingamateka Pascal Nyabenda, mu gikorwa co gutanguza umushinge w\u2019ahazohingurirwa imiti <\/figcaption><\/figure><\/div>\n\n\n\n<p>Ibikorwa vy\u2019itanguzwa ku mugaragaro iyubakwa ry\u2019iryo hinguriro ry\u2019imiti vyatangujwe ku wa 8 Munyonyo n\u2019umukuru w\u2019inama nshingamateka Pascal Nyabenda, ku mutumba Ruvumvu uri mu ntara ya Bubanza, komine Bubanza.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Hari abahinga bahari bokurikirana\nivy\u2019iyo miti&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nk\u2019uko Karirekinyana abimenyesha, abigisha bo muri kaminuza y\u2019Uburundi bariteguriye gufasha mu gikorwa c\u2019ubushakashatsi gutyo iyo miti izohingurwa \u00a0mu biterwa kama izohore ikoreshwa ku rugero rwo.<\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-embed-wordpress wp-block-embed is-type-wp-embed is-provider-jimbere\"><div class=\"wp-block-embed__wrapper\">\n<blockquote class=\"wp-embedded-content\" data-secret=\"tZAqE30bKg\"><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-igiterwa-artemisia-malaria\/\">Igiterwa \u00ab Artemisia \u00bb gikinga kikanavura indwara ya marariya kigiye gukwiragizwa mu Burundi<\/a><\/blockquote><iframe loading=\"lazy\" class=\"wp-embedded-content\" sandbox=\"allow-scripts\" security=\"restricted\" style=\"position: absolute; clip: rect(1px, 1px, 1px, 1px);\" title=\"\u00ab\u00a0Igiterwa \u00ab Artemisia \u00bb gikinga kikanavura indwara ya marariya kigiye gukwiragizwa mu Burundi\u00a0\u00bb &#8212; Jimbere\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-igiterwa-artemisia-malaria\/embed\/#?secret=ksbm1As0tV#?secret=tZAqE30bKg\" data-secret=\"tZAqE30bKg\" width=\"600\" height=\"338\" frameborder=\"0\" marginwidth=\"0\" marginheight=\"0\" scrolling=\"no\"><\/iframe>\n<\/div><\/figure>\n\n\n\n<p>Eka n\u2019ikigo\nICIPE (International Centre for Insect Physiology and Ecology) ngo caremeye\ngufadikanya n\u2019abo bigisha muri ico gikorwa c\u2019ubushakashatsi kugira ngo iyo miti\nizohore ihingurwa itagira akanenge kandi yasuzumwe ko ishobora gukiza koko\ningwara igenewe kuvura.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Uko irimwa ry\u2019ivyo biterwa\nryiteguriwe <\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>\u00ab<em>Ha mbamvu ya wa mugambi wo gukwiragiza igiterwa artemisia mu ntara zose&nbsp; zigize igihugu c\u2019Uburundi (artemisia=igiterwa gikinga kikanakiza ingwara ya marariya), hari n\u2019umugambi wo kurima iyindi miti kuko burya ubutaka bw\u2019Uburundi nka bwose bwambaye imiti ni uko benshi batabizi&nbsp;:Ibicuncu, icanda, imibirizi, imiravumba n\u2019iyindi myinshi, ni ibiterwa bivura kandi bikwiragiye hose<\/em>\u00bb. <\/p>\n\n\n\n<blockquote class=\"twitter-tweet\"><p lang=\"ro\" dir=\"ltr\">?\u00a0\u00bbImivyaro iri hagati y\u2019imiriyoni 5 na 10 y\u2019igiterwa <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Artemisia?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Artemisia<\/a>, gikinga kikanavura <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/malaria?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#malaria<\/a>, igiye gukwiragizwa mu <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Burundi?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Burundi<\/a>\u00ab\u00a0, <a href=\"https:\/\/twitter.com\/karirekinyana?ref_src=twsrc%5Etfw\">@karirekinyana<\/a>, umukuru w\u2019ikigo ACECI (Agence Consultative en <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Ethique?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Ethique<\/a> de la Coop\u00e9ration Internationale)<a href=\"https:\/\/t.co\/OE8NhQBRIn\">https:\/\/t.co\/OE8NhQBRIn<\/a><a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/MalariaEradication?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#MalariaEradication<\/a> <a href=\"https:\/\/t.co\/DPIscX68Kx\">pic.twitter.com\/DPIscX68Kx<\/a><\/p>\u2014 Jimbere (@JimbereMag) <a href=\"https:\/\/twitter.com\/JimbereMag\/status\/1173954399158362112?ref_src=twsrc%5Etfw\">September 17, 2019<\/a><\/blockquote> <script src=\"https:\/\/platform.twitter.com\/widgets.js\"><\/script>\n\n\n\n<p>Karirekinyana abandanya amenyesha ko ku mahegitari 5 yaguzwe ku mutumba Ruvumvu, imwe ari yo izokwubakwa ko inyubakwa z\u2019amahinguriro, ane asigaye nayo, abe ayo gutera mwo ibiterwa vy\u2019imiti kama, hisunzwe uburimyi bwa kijambere.  Yongera ko ati\u00a0:\u00ab<em>Abanyagihugu na bo nyene bakwiye kwijukira kurima ivyo biterwa kuko bazohora babigurirwa aho iryo hinguriro buca ritangurira gukora<\/em>\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Abanyagihugu b\u2019aho baranezejwe n\u2019ako gakuru<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Paul Irankunda, aba ku musozi washinzwe\nko iryo hinguriro, arashima cane kuko ngo yahora aha agaciro gato ivy\u2019ibiterwa\nbivamwo imiti y\u2019ikirundi ariko akaba yiboneye ko bishigikiwe. Ngo na we azokira\nkumenya ubwoko bw\u2019ibiterwa bikenerwa, ngo nta catsi kizosubira kumupfa ko\nubusa, azohora abishorera kw\u2019iryo hinguriro,ngo azorara afunguye.<\/p>\n\n\n\n<p>Pascal Nyabenda, umukuru w\u2019inama nshingamateka akaba ashima uwo mugambi uje guteza imbere amagara y\u2019abanyagihugu mbere ngo azonawushigikira. Akagira ko ahamagarira abanyagihugu b\u2019aho i Bubanza kuwutahura ubwa mbere, ubona ko abatari bake bazoharonkera ubuzi, haba kuri uwo mutumba ivyo biterwa bizoba biteye ko, eka no mu mashamba.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Amadorari yababa 750.000 y\u2019amanyamerika, ni yo ikigo kijejwe gushigikirana &nbsp;ca &nbsp;Su\u00e8de (coop\u00e9ration su\u00e9doise), kibicishije mw\u2019ishirahamwe \u2018BioInnovate Africa programme\u2019 kigiye gushigikiza umugambi wo guteza imbere imiti kama mu karere ka Afirika y\u2019ubuseruko. Mu Burundi hakaba haratangujwe umushinge w\u2019ihinguriro ryayo mbere n\u2019ibikoresho vy\u2019ukuyihingura bikazoba vyashitse mu mezi atatu, mu ntumbero &nbsp;yo guteza imbere ico gisata. Vyemezwa na [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":33,"featured_media":4344,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[203],"tags":[347,348],"coauthors":[231],"class_list":["post-4343","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-amagara","tag-imiti","tag-karire-product"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4343","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/33"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4343"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4343\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4353,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4343\/revisions\/4353"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4344"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4343"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4343"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4343"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4343"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}