{"id":4217,"date":"2019-10-28T09:02:39","date_gmt":"2019-10-28T08:02:39","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4217"},"modified":"2019-11-05T15:13:15","modified_gmt":"2019-11-05T14:13:15","slug":"umusaraba-urukundo-clip-r-flow-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/umusaraba-urukundo-clip-r-flow-burundi\/","title":{"rendered":"\u00ab En 2019, R-Flow yoba atazi ico bita droit d\u2019auteur ? \u00bb"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Mugihe video y\u2019<a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"umusaraba w\u2019urukundo (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=6P9j7v-IK7g\" target=\"_blank\">umusaraba w\u2019urukundo<\/a> iriko irabica bigacika kuma r\u00e9seaux sociaux, umuryango wa Jean Berchmans Hakizimana, yanditse yongera aririmba iyo ndirimbo usaba ko yohagarikwa kuvuzwa kuko R-Flow atigeze ayibasaba. Ivyo wabimenyesheje muri communiqu\u00e9 de presse yasohotse ce 28 octobre<\/strong>. <strong>Rero R-Flow yagize ico yishura kuvyo yagirijwe<\/strong>.<\/p>\n\n\n\n<p>\u00ab&nbsp;<em>Ntakintu kiryana mu mutima nk\u2019igihe ubona umuntu yihagira ikintu cawe nkuko ku nguvu. Jewe s&rsquo;amahera ndiko ndarondera, ariko ndiko ngwanira agateka k\u2019umuryango wanje<\/em>&nbsp;\u00bb. Ayo majambo agaragaramwo agashavu naya Consolate Sibomana, umuvyeyi w\u2019abana 2 basizwe na Jean Berchmans Hakizimana. <em>\u00ab Ikinatuntuza gusumba, banazisubiramwo nabi. Erega indirimbo yose ifise igituma yanditswe. Iyo bayisubiyemwo batavuganye na beneyo, usanga bakuyemwo l\u2019essence m\u00eame de la chanson. Nyeneyo ntasubira kuyiyumvamwo kuko atayibonamwo<\/em> \u00bb,  Arl\u00e8ne Mireille, la benjamine de la famille qui compl\u00e8te sa m\u00e8re.<\/p>\n\n\n\n<p>Iyo ngingo kandi igaruka igafata Big Fizzo na Vivi Muyomba kubw&rsquo;indirimbo kw\u2019<a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"iriba ry\u2019urukundo (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=6XcQ779Qsoo\" target=\"_blank\">iriba ry\u2019urukundo<\/a>.&nbsp;Uti aba nabo bajemwo gute&nbsp;? Fizzo na Vivi nabone bagize nka R.Flow.&nbsp;\u00ab <em>Bakiyisohora, twarabitwariye muri Amical des musiciens, turangiza twumvikanye n&rsquo;uwayitwara, umuhisi Bruno Simbavimbere ko indirimbo igiye guhagarikwa kuvuzwa ku maradiyo yose. Vyarakozwe imisi mikeya ariko yaciye iguma ibandanya ivuzwa<\/em>.&nbsp;\u00bb Uwo niwa mu mama abandanya atuyagira. Umukobwa wiwe nawe akabandanya agira ati: <em>\u00ab Twe nta mananiza dusaba, nibaze badusabe izo ndirimbo, natwe tuzibahe mu burwaneza<\/em>&nbsp;\u00bb. None kubera iki ikibazo kivyutse haheze umwaka indirimbo yarasohotse&nbsp;?&nbsp;<em>\u00ab&nbsp;La goutte d&rsquo;eau qui a fait d\u00e9border le vase yabaye vid\u00e9o. Agisohora audio, twibajije tuti ngira yaratubuze aracaturondera. Ariko tubonye aciye ashirako na clip, twavuzi tuti trop c\u2019est trop&nbsp;\u00bb<\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Abaririmvyi bobo bavyakira gute&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>R-Flow ntiyahakanye ivyo yagirijwe n\u2019umuryango ariko arahakana ikosa ry&rsquo;uko yayihagiye \u00ab\u00a0 <em>Jewe indirimbo narayisavye muri Amicale des Musiciens. Feu Bruno Simbavimbere yambwiye ivyo ndiha \u00a0d\u2019une valeur de 100.000 fbu. Narabirishe, j\u2019ai une facture sign\u00e9 par le pr\u00e9sident de l\u2019Amicale des Musiciens.\u00a0\u00bb<\/em> Ikibazo umuntu aca yibaza ni: mbega Amicale des Musiciens irashobora gutanga indirimbo y\u2019umuntu itamubajije? Kwizera Freddy\u00a0 \u00ab\u00a0Botchum\u00a0\u00bb ati: \u00ab <em>Hariho indirimbo Amicale ishobora kugirako ububasha, Iyari cover hoho, ntaniyo yirirwa asabira uruhusha. Ariko ivya R-Flow ntaco nobivugako kinini kuko ntazi uko vyagenze.\u00a0\u00bb.<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Fizzo tumwegereye yaratangaye sana. Mu majambo make ati\u00ab <em>Ivy\u2019iyo ndirimbo jewe ntavyo nkwiye kujamwo. Nibabaze Vivi Muyomba. Nikimenya menya ntayo usanga kuma accounts yanje<\/em>&nbsp;\u00bb. Vivi nawe ati \u00ab&nbsp;<em> Igihe twayikora ntamategeko ya droit d\u2019auteur yari bwaze, nta Youtube, nta Facebook. Kuva ba Canjo bagiye, nitwe twari twasigaye turavuza ama karaok\u00e9. Gusubiramwo indirimbo zabo yari inzira imwe rudende yo gutuma aba bantu bubatse umuziki ndundi batibagiranwa, narirya amajambo adakunze kubavuga. Igihe haje studio ya mbere (Menya Media Studio), J\u00e9r\u00e9mie twararimbana abonye uko yari ikunzwe aca asaba tuyi recordinge<\/em>&nbsp;\u00bb. N&rsquo;ukugenderako asaba imbabazi: \u00ab <em>Nukuri ndasavye imbabazi ku muryango wa Berchmans, ngiye kubarondera tukivuganeko<\/em>.&nbsp;\u00bb. <\/p>\n\n\n\n<p><strong>Muti habuze iki kugira le droit d\u2019auteur\nibe respect\u00e9 mu burundi&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe ayo mategeko yasinywe neza na neza en 2005, &nbsp;ikibazo umuntu wese yokwibaza n&rsquo;icabuze kugira inyuma y\u2019imyaka hafi 15 abe atarakurikizwa&nbsp;? Botchum ati \u00ab<em> Tubajije muri OBDA, batubwira ko reta itarabaha uburyo&nbsp;. Twarifatiye ikibazo mu minwe twitura Minist\u00e8re idutwara none iheruka kutwishura ko caciye muri conseil minist\u00e9riel kija muri 2\u00e8me vice pr\u00e9sidence aho notre minist\u00e8re itwarirwa. Amatwi ansumira, tr\u00e8s prochainement tuzokwicarira ico kibazo hama turondere uko umu artiste yotangura gutungwa na talent yiwe.<\/em>&nbsp;\u00bb&nbsp; Ariko hampande y&rsquo;ivyo yongerako ati: \u00ab <em>Abaririmvyi nka bose barakeneye des s\u00e9minaires de formation ku cerekeye amategeko ya droit d\u2019auteur. Benshi babona inzatsa<\/em>&nbsp;\u00bb<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mugihe video y\u2019umusaraba w\u2019urukundo iriko irabica bigacika kuma r\u00e9seaux sociaux, umuryango wa Jean Berchmans Hakizimana, yanditse yongera aririmba iyo ndirimbo usaba ko yohagarikwa kuvuzwa kuko R-Flow atigeze ayibasaba. Ivyo wabimenyesheje muri communiqu\u00e9 de presse yasohotse ce 28 octobre. Rero R-Flow yagize ico yishura kuvyo yagirijwe. \u00ab&nbsp;Ntakintu kiryana mu mutima nk\u2019igihe ubona umuntu yihagira ikintu cawe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":27,"featured_media":4219,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[241],"tags":[342,343],"coauthors":[186],"class_list":["post-4217","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-umuziki","tag-obda","tag-r-flow"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4217","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/27"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4217"}],"version-history":[{"count":8,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4217\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4231,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4217\/revisions\/4231"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4219"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4217"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4217"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4217"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4217"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}