{"id":4140,"date":"2019-10-13T11:40:21","date_gmt":"2019-10-13T09:40:21","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4140"},"modified":"2019-11-05T15:12:10","modified_gmt":"2019-11-05T14:12:10","slug":"fizzo-satb-music-industry-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/fizzo-satb-music-industry-burundi\/","title":{"rendered":"Fizzo na Sat-B, ni beef canke ni game ?"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Iminsi yariheze ata majambo menshi avugwa kuri ibi bihangange mu muziki. Kuva kuri Primusic iheruka, aho Sat-B yahamagara Fizzo kuri stage ngo baririmbane. Benshi biyumvira ko Bantu Bwoy na Empire Avenue, labels zabo bo stars, zigiye gusenyera ku mugozi umwe mu guteza imbere music industry y\u2019Uburundi. Umugani w\u2019abaraho ngo \u00ab&nbsp;mon \u0153il&nbsp;\u00bb, vyaraye bihaye, kuva aho Satura yankiye kwishura ibibazo bimwe bimwe ku nyishu yari kuba Fizzo. Dutere ryarenga.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Sasa bikaanza aye\u00a0? Nguyo Sat-B iyo yimariye imisi Tanzaniya ariko akora ama collabo, aba journalistes bo muri <a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=hy2uMvQqw4E\" target=\"_blank\" rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"wasafi media (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\">wasafi media<\/a> bati : <em>\u00ab\u00a0ntutuvana aha tutaguteye utubazo tubiri canke dutatu ku muziki wawe n\u2019umuziki ndundi<\/em> \u00bb. Narirya benshi tuzi igihagararo ca wasafi, dufatiye kuri Diamond Platnumz, gutumirwa kari agateka kuri Satura no ku muziki ndundi, ariko uyu aliteleza kwanzia introduction. <\/p>\n\n\n\n<p>Il s\u2019est introduit avec la chanson \u00ab Mu gacerere \u00bb. Aba journalistes bamusamiye hejuru, bati iyi ndirimbo ni rwawe canke ya Q.Boy\u00a0(yahora akora muri wasafi) ? Amaze kuvuga ko atari rwiwe yari yikwegeye imvura y\u2019ibibazo vyabo. Baramucaniriye gushika aho yibagira akavuga ko iyo ndirimbo ariyo yamuvumishije narirya tuzi ko hari indirimbo zemeje abantu nka Feel love, No love, n\u2019izindi. <\/p>\n\n\n\n<p><strong>La goutte qui a fait d\u00e9border le vase <\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Bamubajije kwata musani w\u2019umurundi afise compte kuma social media iri certified, yishuye ko atawuhari, mu gihe compte Instagram ya Big Fizzo iri certifi\u00e9. Ku bamenyereye kahise k\u2019aba baririmvyi babiri, biyumviriye ko yoba yanse kumuvuga amuzi. Dufatiye kuri statut yaciye ashira kuri telefone yiwe, uwo ari we wese yokwibaza vyinshi. <\/p>\n\n\n\n<p>Yapfuye kuba ageze hanze ya studio, aba ashitse kuri statut yiwe no kwandika ngo : \u00ab&nbsp;<em>Nimelipa ndege yangu, nimetumia hela yangu, nimepambana kwa jasho langu, eti nikuseme tu kiivyo, nipe hela basi&nbsp;?<\/em>&nbsp;\u00bb. Ngo bibwirwa benshi bikumva benevyo \u2026 Hapo alikua anamaliza kuchokoza nyuki. Fizzo ntiyatevye kumwishura kuri statut yiwe, nawe ati:<em> \u00ab&nbsp;Umeshindwa kujiamini, gisi unavyo jiamini kwetu Burundi !&nbsp;\u00bb <\/em>Amajambo yaherekejwe n\u2019utu emojis dufyura &nbsp;amaso.Noneho na Fizzo nawe nguyo aranyereye:<em> \u00ab&nbsp;Ngo warumenyereye baba journaliste b\u2019aba amateurs b\u2019iwacu batazi kubaza ibibazo \u2026&nbsp;\u00bb<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Aba journalistes b\u2019abarundi bakobokeye uyo mwuga nabo ati twatanzwe. Alain Nova, journaliste culturel kuri Radio Culture ntiyatevye, ati : \u00ab\u00a0<em>kumenga n\u2019umu autodidacte, journalisme yayinonosoreye hehe<\/em>\u00a0?\u00a0\u00bb. No kugirako amuhanura mu kubwira ati : \u00ab\u00a0<em>Nibaza ko wo retira ta parole hatararengerana<\/em>\u00a0\u00bb. Fizzo ntiyatevye kwishura kandi : \u00ab\u00a0M<em>uri journalisme, comme dans d\u2019autres domaines de la vie active, il y a des amateurs. Je navuze ko certains sont des amateurs, pas tout le monde <\/em> <em>bien s\u00fbr<\/em> <em>.<\/em>\u00a0\u00bb <\/p>\n\n\n\n<p><strong>None, bigiye guherera he&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Fizzo tumubajije ko ari beef yawe na Satura, yagize ati\u00a0: \u00ab\u00a0<em>Jewe beef narayirengeye. Mu mutima wanje nta nzigo mfitiye abandi basani, ahubwo ntahura yuko uwuteye imbere mu mwuga aba atuma abandi bose baboneka. Ku cerekeye interview ya Sat-B, narababajwe n\u2019ukuntu yararonse opportunit\u00e9 yo kuvugira umuziki ndundi bikamunanira kwishura. Nk\u2019umuririmvyi afise power mu Burundi, yari chance itaboneka kabiri<\/em>.\u00a0\u00bb Twagerageje kurondera Sat.B ariko ntiyashimye kutwakira.<\/p>\n\n\n\n<p>Abantu benshi bakurikirana entertainment, baravuga ko buzz y\u2019aba journalistes na Fizzo, idatanguriye kuri iyi interview. Nta gihe cari giheze Fizzo apostinze aka video aho yavuga ko nawe agiye kuba umu journaliste. Bikaba vyari bivuye ku ba journaliste babiri (Ami Pro na Dj Israel) baheruka gusohora ingoma (<a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"Shuha (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=_6H8fJmlakI\" target=\"_blank\">Shuha<\/a> na <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"Tsagatsa (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=LrWEDExHMQ4\" target=\"_blank\">Tsagatsa<\/a>) . Kubibajije ko yoba yarabatwenze, Fizzo ati : \u00ab\u00a0<em>Irya yari joke. Barya ba journalistes n\u2019abagenzi. N\u2019ikimenyamenya, nije nabaye uwa mbere gupartaja link yindirimbo zabo.<\/em>\u00a0\u00bb. Nova nawe ati : \u00ab<em>\u00a0Jewe nta kibazo mfitaniye na fizzo, nabonye yatatse umwuga numva ntokwihangana.<\/em> <em>Je nagize irya statut pour l\u2019inciter \u00e0 rectifier. Kandi yarabikoze.<\/em>\u00a0\u00bb <\/p>\n\n\n\n<p><strong>Wewe ivyo vyabaye wobiha iyihe nsiguro ?<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iminsi yariheze ata majambo menshi avugwa kuri ibi bihangange mu muziki. Kuva kuri Primusic iheruka, aho Sat-B yahamagara Fizzo kuri stage ngo baririmbane. Benshi biyumvira ko Bantu Bwoy na Empire Avenue, labels zabo bo stars, zigiye gusenyera ku mugozi umwe mu guteza imbere music industry y\u2019Uburundi. Umugani w\u2019abaraho ngo \u00ab&nbsp;mon \u0153il&nbsp;\u00bb, vyaraye bihaye, kuva aho [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":4141,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[316],"tags":[325,326,324],"coauthors":[34],"class_list":["post-4140","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-aba-stars","tag-fizzo","tag-sat-b","tag-wasafi"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4140","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4140"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4140\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4147,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4140\/revisions\/4147"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4141"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4140"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4140"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4140"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4140"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}