{"id":4135,"date":"2019-10-12T13:42:50","date_gmt":"2019-10-12T11:42:50","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4135"},"modified":"2019-10-13T17:11:53","modified_gmt":"2019-10-13T15:11:53","slug":"indero-burundi-abakobwa-ishure","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/indero-burundi-abakobwa-ishure\/","title":{"rendered":"Mu Burundi, abakobwa bababa 1 500 000 ni bo bari ku ntebe y\u2019ishure mu mwaka wa 2017-2018"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Kw\u2019igenekerezo\nrya 11 Gitugutu hama hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe umwigeme. Ivyo\nbiri uko mu gihe aho hambere hahise, abakobwa batafatwa kumwe n\u2019abahungu. Hari\nibintu vyinshi imico itemerera umukobwa gukora kuko yaboneka nk\u2019uwudashoboye.\nN\u2019amashure akiza, abantu bihutiye kubona ko ari ay\u2019abahungu gusa ko ata mwana\nw\u2019umukobwa yoyashobora. Ariko muri iki gihe ho, abigeme basigaye bafise\nuburenganzira bumwe n&rsquo;ubwa basaza babo, kanatsinda ubu no kw&rsquo;ishure ni bo\nbenshi kurusha abahungu. <\/strong><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Mu\nmashure y\u2019ibinyoni (Gardienne)<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Abana b\u2019abigeme biga mu mashuri ya reta atangurira umwaka wa mbere wa matomato bagera 39 056 mu gihe abahungu bangana 37 502. Mu y\u2019abigenga abakobwa ni 15 400, abahungu ni 15 633. Igitigiri c\u2019abanyeshuri bose hamwe biga mu binyoni muri uwo mwaka haba mu mashure ya reta canke ay&rsquo;abigenga bangana na\u00a0107 591, abakobwa bakaba barenga 50%. <\/p>\n\n\n\n<p><strong>Mu\nmashure shingiro<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu Burundi, ibitigiri vy\u2019abana b\u2019abigeme biga mu mashure shingiro biza naho nyene imbere y\u2019ivy\u2019abahungu. Muya Reta, abakobwa bangana 1\u00a0204 748 mu gihe abahungu bangana 1\u00a0171 288. Nayo mu y\u2019abigenga abakobwa ni 25 912, abahungu 25 479. Ibitigiri vyose hamwe vy\u2019abana biga mu mashure shingiro yaba aya reta canke ay\u2019abigenga bikangana 2\u00a0427 427, abakobwa nahone barenga ibice 50%.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Mu mashure akurikira ishure shingiro<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Naho\nnyene abakobwa ntibatanzwe muri ayo mashure kuko abiga mu mashure ya reta\nbangana 175 847 mu gihe abahungu ari 165 246. Mu y\u2019abigenga, abakobwa bashika 4\n625, abahungu na bo 4 406. Ibitigiri vyose hamwe ni 350&nbsp;124, abakobwa\nbakaba bababa ibice 52%.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu\nmashure y\u2019imyuga ya reta y\u2019inyuma y\u2019ishure shingiro naho abigeme bangana&nbsp; 13 688, abahungu nabo&nbsp; 20 939, mu gihe mu y\u2019abigenga abakobwa ari 19\n151 ku bahungu 15 053. Bose hamwe rero bakaba bangana 68.831, bagizwe\nn\u2019abakobwa ibice 48%.<\/p>\n\n\n\n<p>Nkuko\nrero icegeranyo c\u2019ibitigiri vy\u2019abanyeshuri bari kw\u2019ishure mu mwaka w\u2019ishure wa\n2017-2018 cashikirijwe n&rsquo;ubushikiranganji bw&rsquo;indero kivyerekana, abigeme bari\nku ntebe y\u2019ishure basumba abahungu ku bitigiri vyababa ibihumbi 43&nbsp;000, kuko\nkuva muri gardienne gushika mu mashure y\u2019inyuma y\u2019ishure shingiro abakobwa\nbangana 1&nbsp;498 427 mu gihe abahungu ari 1&nbsp;455 529.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kw\u2019igenekerezo rya 11 Gitugutu hama hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe umwigeme. Ivyo biri uko mu gihe aho hambere hahise, abakobwa batafatwa kumwe n\u2019abahungu. Hari ibintu vyinshi imico itemerera umukobwa gukora kuko yaboneka nk\u2019uwudashoboye. N\u2019amashure akiza, abantu bihutiye kubona ko ari ay\u2019abahungu gusa ko ata mwana w\u2019umukobwa yoyashobora. Ariko muri iki gihe ho, abigeme basigaye bafise uburenganzira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":30,"featured_media":4136,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[205],"tags":[267,299],"coauthors":[189],"class_list":["post-4135","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-indero","tag-abigeme","tag-ishure"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4135","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/30"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4135"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4135\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4139,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4135\/revisions\/4139"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4136"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4135"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4135"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4135"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4135"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}