{"id":4097,"date":"2019-10-03T20:05:03","date_gmt":"2019-10-03T18:05:03","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4097"},"modified":"2019-10-13T17:10:51","modified_gmt":"2019-10-13T15:10:51","slug":"landry-promoter-waka-light-tv-music-delegue-general-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/landry-promoter-waka-light-tv-music-delegue-general-burundi\/","title":{"rendered":"Umuvumbuzi nawe yavumbuwe, uwiyita Mutananirwa, uyu musi yananiwe"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Inyuma y&rsquo;aho Ol\u00e8gue azwi nka \u00ab\u00a0D\u00e9l\u00e9gu\u00e9 G\u00e9n\u00e9ral\u00a0\u00bb afatiwe n&rsquo;igipolisi kubera amasanamu y&rsquo;indirimbo yiwe yerekana inyifato itabereye, ubu na ho wa \u00ab\u00a0muvumbuzi\u00a0\u00bb Landry Promoter (Mutananirwa) ari mu minwe y&rsquo;igipolisi. \u00ab Uyu nawe yagirizwa ko be na boss wiwe (Akes Don) bakoresha ivyuma n\u2019impano bafise mu gucafuza abasani bagenzi babo kugira hagume havuma ibikorwa vyabo. Ivyo navyo bakabikora muku viola vie priv\u00e9e y\u2019abandi ba artistes. Dossier yiwe iriko irakorwa hamwe niya <\/strong> <strong>Ol\u00e8gue<\/strong> <strong>\u00bb, vyavuzwe na Pierre Nkurikiye, umuvugizi w\u2019igipolisi, aho be na Olegue bari bariko basaba ikigongwe Uburundi bwose.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>\u00a0En tout cas, ngira bamuvumbuye nawe ahejeje kuvumbura uwundi musani, Isma\u00ebl Gasore. Kuko aho bamufata, isaha zitatu, yarahejeje gushirako <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"aka video kanyuma (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=TYWCqtoDl_U\" target=\"_blank\">aka video kanyuma<\/a>. Iradukunda Pacelli ( amazina yiwe ya vrai) yihaya nk\u2019umutananirwa n\u2019umwe mu ba youtubeurs b\u2019abarundi bakaze cane. <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"Waka Light TV (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/channel\/UCZ1BO_I3LBA5p5wPxjwhV4A\" target=\"_blank\">Waka Light TV<\/a> akorera n\u2019imwe mu ma m\u00e9dias en ligne akurikiranwa cane n\u2019aho itazwi n\u2019amategeko. Nimba abandi ba paparazzi bari barananiwe, uyu mu brother wewe n\u2019imwe mu ngabire ziwe kabisa. Muti rero bamuziza iki? Nta kindi atari ukuvumbura abasani bibereye muvyo aba fans batabazigamwo, ico police yise \u00ab\u00a0violation de la vie priv\u00e9e\u00a0\u00bb. Intandaro, ni ya vid\u00e9o yavumburamwo <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"Aubin Lux (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=L4n22T6Cv94\" target=\"_blank\">Aubin Lux<\/a>, nawe agaca amukubita. Promoter ikosa yagirizwa araryemera: \u00ab <em>Ubwambere tukibikora twabona ari ibintu bisanzwe, ariko twasanze harimwo udukosa twari dukwiye kudukosora. Nkuko Ol\u00e8gue<\/em> <em>yabivuze turasavye imbabazi abadutwara, abarundi ndetse naba jeunes bagenzi bacu badukurikirana ku bwinshi .Ndabemerera ko ivyo bintu bitagiye gusubira<\/em> \u00bb<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Abo basani bavumburwa bo bakiriye gute iyo nkuru gute?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>\u00ab\u00a0General\u00a0\u00bb Fizzo abajijwe kuri phone uko yakiriye ifungwa rya Landry Promoter, yabanje kudutera ikibazo: \u00ab <em>Wewe uraba ubona a m\u00e9rita igihano <\/em>? \u00bb. Natwe tuti twabonye bamufata. Aca arabandanya ati: \u00ab <em>Je ntakosa ndamubonako kuko ivyo akora bose barabikora. Ikosa urya mu petit afise, abuze professionalisme. Abaza utubazo tudakenewe, ubona ko ata respect yashizemwo. Miye haja nivulia adhabu, umusi yopima nomwikosorera<\/em>\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>\u00a0B. Face nawe ati:  \u00ab <em>Yoo, vyahaye, uyu mupeti bamufunze kweli ? Muri Entertainment, ukuvumbura abantu ni kawaida, hose birakorwa. Sema tu, nibaza ko yagize ikibazo ca police idatahura ukuntu music industry ikora bigaca bicangana n\u2019uyu musani wacu ata experience n\u2019ubumenyi abifisemwo<\/em> \u00bb. <\/p>\n\n\n\n<p>Duca turabaza Aubin nawe ati: \u00ab <em>Urya mu type afise target nziza. Mutaricarana ngo muyage, wokwibaza ko ashaka kuguponda, ariko au fond il est bien intentionn\u00e9 seulement, n\u2019ikintu yaguyemwo atize, donc, asanga yaguye mu tu erreur hapa na pale<\/em> \u00bb. Aho abandi bariko baramushigikira,\u00a0 igitangaje boss wiwe <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"Akes Don (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=4LCgj-V0WLM\" target=\"_blank\">Akes Don<\/a> tumubajije kuvya Landry Promoter, yamwihakanye: \u00ab <em>Uwo nuwahe ? Ntawenzi.<\/em> \u00bb. Ariko tumubajije ko Waka Light TV ari iyiwe, yavyemeye imbere yuko adu coupirako t\u00e9l\u00e9phone.<\/p>\n\n\n\n<p>Mbese abamenyeshamakuru babigize umwuga,\nbabivugako iki ?<\/p>\n\n\n\n<p>Umuntu abifashe uko abikora, yohava yiyumvira yuko uyu musaza atazi icakora, ariko ku nzobere mu mwuga w\u2019ukumenyesha amakuru, Landry Promoter ngo ni \u00ab\u00a0uwo gushigikira mu kumugirira encadrement\u00a0\u00bb. Nkuko tubisoma kuri page yiwe ya <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"facebook (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.facebook.com\/1451210525170402\/posts\/2204686249822822\/?app=fbl\" target=\"_blank\">facebook<\/a>, Yann Santanna, umumenyeshamakuru kuri RFM agira ati\u00ab C&rsquo;est un des grands passionn\u00e9s du metier, un \u00ab\u00a0Paparazzi\u00a0\u00bb tout fait comme il en existe des milliers dans le monde entier. apr\u00e8s Jojo paparazzi de l&rsquo;ancienne radio Bonesha FM, Landry Promoter de Waka Light TV\u00a0 l&rsquo;un des \u00ab\u00a0Paparazzi\u00a0\u00bb \u00e0 succ\u00e8s&#8230;\u00a0\u00bb.<br> N.F. nawe amaze\u00a0 imyaka irenga itanu muri uwo mwuga ati \u00ab\u00a0 <em>Landry Promoter ntiyari kuba blam\u00e9 kubera yashize akantu  kuri compte yiwe. Seulement, il a abus\u00e9 avec ivyo yita imivumburo, il l\u2019aurait fait d\u2019une mani\u00e8re polie. La police, ntiyari kwihutira ku mufunga, yarakeneye encadrement<\/em>. \u00bb <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y&rsquo;aho Ol\u00e8gue azwi nka \u00ab\u00a0D\u00e9l\u00e9gu\u00e9 G\u00e9n\u00e9ral\u00a0\u00bb afatiwe n&rsquo;igipolisi kubera amasanamu y&rsquo;indirimbo yiwe yerekana inyifato itabereye, ubu na ho wa \u00ab\u00a0muvumbuzi\u00a0\u00bb Landry Promoter (Mutananirwa) ari mu minwe y&rsquo;igipolisi. \u00ab Uyu nawe yagirizwa ko be na boss wiwe (Akes Don) bakoresha ivyuma n\u2019impano bafise mu gucafuza abasani bagenzi babo kugira hagume havuma ibikorwa vyabo. Ivyo navyo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":27,"featured_media":4098,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[316],"tags":[317,318],"coauthors":[186],"class_list":["post-4097","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-aba-stars","tag-umuziki","tag-youtube"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4097","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/27"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4097"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4097\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4099,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4097\/revisions\/4099"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4098"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4097"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4097"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4097"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4097"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}