{"id":4079,"date":"2019-10-01T17:13:44","date_gmt":"2019-10-01T15:13:44","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=4079"},"modified":"2019-10-13T17:10:31","modified_gmt":"2019-10-13T15:10:31","slug":"laurette-tetero-primusic-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/laurette-tetero-primusic-burundi\/","title":{"rendered":"Tetero yoba yaratetereje abamutoye?"},"content":{"rendered":"\n<p><strong><em>\u00ab\u00a0Sister aliniangusha sans blague<\/em>\u00a0\u00bb Iyo niyo nyishu Guilain aba mu Kanyosha yishuye abajijwe uko yakiriye indirimbo ya Laurette Tetero, uwatsindiye  Primusic 2019. Aho ni mu gihe uyo murondo amaze iminsi avugisha benshi kandi menshi bivanye n\u2019uko ariko arabana n\u2019ubu star bwiwe. Abenshi bari bakaniye indirimbo yiwe. Ikinyamakuru Jimbere caratemberereye abakunzi n\u2019abahinyanyuzi b\u2019umuziki ndundi kugira cumve uko bayakiriye. <\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Kuwa 26 nyakanga, nguwo Tetero arayidropinze nk\u2019uko wenyene avyita.\u00a0 Saa mbili y\u2019ijoro irashitse kuri <a rel=\"noreferrer noopener\" aria-label=\"Youtube (s\u2019ouvre dans un nouvel onglet)\" href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=rPuOX0TGZHc\" target=\"_blank\">Youtube<\/a>. \u00ab\u00a0<em>Mu cit\u00e9 abadafise utu mega <\/em> <em>bose<\/em> <em>, waza wumva ngo ngirira partage uzoba ukoze numve iyo ngoma ya Tetero<\/em> \u00bb , uwo ni uwitwa K\u00e9vin. David nawe ati: \u00ab\u00a0<em>Uwo muhuye mucora mwese yagenda arahiga ko ataryama atumvise ico gisasu<\/em>\u00a0\u00bb.\u00a0 Aho n\u2019inyuma y\u2019amezi abiri gusa \u00a0Laurette atahukanye imiriyoni 25 mu gutsindira Primusic. Mu gihe abakurikiraniye iryo higanwa batari bashize amazinda ku kuntu yaritsindiye bivanye n\u2019uruhara \u00ab\u00a0Team Tetero\u00a0\u00bb yabigizemwo mu kumugirira marketing, indirimbo yiwe niyo yategerezwa kwemeza aba \u00ab\u00a0<em>haters<\/em>\u00a0\u00bb. Yoba yaremeje\u00a0? \u00ab\u00a0<em>Nkimwumva ku ma playback nari niteze iki bombe.\u00bb <\/em>Guilain aguma yijogota\u00a0 . Ico bamwe nk&rsquo;uyo bita uguhemukirwa \u00a0kiva kukuntu \u00ab\u00a0uyu murondo wo mu Kigobe amaze imisi abica bigacika ku du post twinshi twinshi twazanye pol\u00e9miques za hatari mu bantu\u00a0\u00bb. Umumenyeshamakuru amenyerewe cane mu muziki na cane cane mu kiganiro <em>Hit Connection<\/em> kuri Buja FM aragira ico abivugako: <em>\u00ab\u00a0 Indirimbo yiwe kubwanje ntacibaye kweli. Seulement, yaje mu gihe Tetero ubwiwe yariko a cr\u00e9a ama pol\u00e9miques. Abantu benshi bari bayiteganye igishika kugira bayicritique<\/em>\u00a0\u00bb<\/p>\n\n\n\n<p>Abari mui Team Tetero babajijwe uko indirimbo yakiriwe baravyishimira. Kerry Gladys Ntirampeba ari mu igisata co kumenyesha amakuru muri iyo Team ati\u00a0:\u00a0\u00ab\u00a0 <em>Indirimbo yakiriwe neza cane kurusha mbere nuko twari tuvyiteze<\/em>\u00a0\u00bb. Ariko Elsa, umwe mu bakunzi b \u2019 umuziki agira ati: \u00ab\u00a0 <em>Ego nivyo aka beat karatesa<\/em> muga <em>harimwo contre temps nyinshi<\/em> <em>kabisa<\/em> \u00bb. Mugenziwe Dorine akabandanya ati : \u00ab <em>Utu lyrics ni wararaye ariko hagiyemwo instrumental, Tetero ntasubira no kumvikana<\/em>\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p> Utubazo n\u2019imihari&nbsp; mu bakunzi b\u2019umuziki two tuguma ari umurengera. Hari n\u2019abamuhora rero ko yaririmvye mu kinyamazuru. Ami pro wewe arayica umurya ati :  \u00ab <em>Zouk ntikiri ku cata. Nk&rsquo;umuntu asanzwe azi ko music ihurumbirwa cane n\u2019aba jeunes, Tetero yari kubaha akantu kumutse kabibagiza imihari amaze akwega. Hejuru ya style yaba vieux yaririmvyemwo, yaciye anabivyonga mu kuririmba mu rurimi nibaza ko benshi badatahura. Erega aba bajama bacu ngaha hanze indimi sikirenga naho araba toto town<\/em>&nbsp;\u00bb.&nbsp; Kerry rero yarasiguye igituma irya ndirimbo iri mu gifaransa: \u00ab <em>Ururimi rundi woririmbamwo urukundo n\u2019uruhe atari french? Amajambo yarwo atoreka vyihuta kandi araruhura. Ikindi naco twashaka gushikira benshi&nbsp;\u00bb <\/em><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ngo \u00ab&nbsp;abamenyeshamakuru\nbagize complot contre Tetero&nbsp;\u00bb<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe &nbsp;uwujejwe kumenyesha amakuru muri Team Tetero, Kerry Gladys Ntirampeba, yishimira uko indirimbo yakiriwe, aravuga ko hariho agahaze ku kuntu iyo ndirimbo iriko iravuzwa ku ma radiyo: \u00ab <em>Je ahubwo nibaza ko abamenyeshamakuru bagize urunani rwo kutayivuza peut \u00eatre kubera ibihitiye.<\/em>&nbsp;\u00bb.&nbsp; Na Ami pro ntaja kure y\u2019ivyo, akavuga ati :\u00ab <em>Iyi ndirimbo yaje mu gihe&nbsp;aba journalistes bari bagifise agashavu bivanye nivyo Tetero&nbsp; yavuze (<\/em>Ko agiye gukorana n&rsquo;ama m\u00e9dias yemewe na CNC kandi ko hageze ivya interview bizosabwa handitswe email<em>). Nubwo jewe ndayivuza kenshi biragaragara ko &nbsp;itari muri circulation. Promotion y\u2019iradiyo imwe ntaco ivuze. Vyari kuba vyiza Tetero abanje kwisigura ku bamenyeshamakuru&nbsp;<\/em>\u00bb. Muri team Tetero hoho ntibakozwa ico gusaba ikigongwe. Kerry Gladys ati: <em>\u00ab On ne regrette pas, donc on n\u2019a pas \u00e0 s\u2019excuser<\/em>&nbsp;\u00bb. Agenderako abizeza ko mu gihe gito &nbsp;bagiye kwumva neza agaciro kayo :  <em>\u00ab Ntimugire ubwoba mugiye kuyumva sana. Harateguwe media tour, mwe ni muduhe akanya gato gusa&nbsp;<\/em>\u00bb<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Abahinyanyuzi ntaco\nbashimye kubivugako<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Amir Pro ati \u00ab&nbsp; <em>Ntaco mfise ndayivugako<\/em>&nbsp;\u00bb, Bashir Dia nawe \u00ab <em>Ntayo ndumviriza<\/em> \u00bb . Kolly the Magic ati:  \u00ab <em>Rindira mve mu kazi ndakwishur<\/em>a \u00bb Mbo, akazi ngira kahavuye kanka guhera kuko ntiyigeze atwishura. <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>\u00ab\u00a0Sister aliniangusha sans blague\u00a0\u00bb Iyo niyo nyishu Guilain aba mu Kanyosha yishuye abajijwe uko yakiriye indirimbo ya Laurette Tetero, uwatsindiye Primusic 2019. Aho ni mu gihe uyo murondo amaze iminsi avugisha benshi kandi menshi bivanye n\u2019uko ariko arabana n\u2019ubu star bwiwe. Abenshi bari bakaniye indirimbo yiwe. Ikinyamakuru Jimbere caratemberereye abakunzi n\u2019abahinyanyuzi b\u2019umuziki ndundi kugira cumve [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":27,"featured_media":4082,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[241],"tags":[272],"coauthors":[186],"class_list":["post-4079","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-umuziki","tag-primusic"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4079","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/27"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=4079"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4079\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":4087,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/4079\/revisions\/4087"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/4082"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=4079"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=4079"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=4079"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=4079"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}