{"id":3738,"date":"2019-08-10T16:45:46","date_gmt":"2019-08-10T14:45:46","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3738"},"modified":"2019-08-26T12:19:14","modified_gmt":"2019-08-26T10:19:14","slug":"burundi-kanyosha-rirare-butaganzwa-abakenyezi-bijukiye-kuba-imboneza","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-kanyosha-rirare-butaganzwa-abakenyezi-bijukiye-kuba-imboneza\/","title":{"rendered":"Kanyosha Rirare-Butaganzwa, abakenyezi bijukiye kuba imboneza"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Ibihe vyarahindutse. Aho ha mbere umukenyezi\u00a0 yarazwa ishinga n\u2019ugushira inkono ku ziko gusa. Turi muri kanyosha Rural iri mu ntara ya Bujumbura Rural no muri Butaganzwa yo mu ntara ya\u00a0 Kayanza, aho dusanga abakenyezi, n\u2019abana mu mugongo, ibisate vy\u2019inkwi ku mutwe, bagenda umwe umwe, bakura ibibazo biri mu makomine yabo. Ubuhabara, ukwahukana, ugufatanana ku nguvu, bikaba ari vyo biza kw\u2019isonga. Donavine, Godeberte na Seconde, ntibareze amaboko imbere y\u2019ico kiza. Abo ni abavuzwe. <\/strong><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u02c3<\/strong> <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-domitille-ntiyerekwa-abagabo-bibitabanga\/\">Domitille, ntiyerekwa abagabo b\u2019ibitabanga<\/a><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u02c3<\/strong> <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-dushirehamwe-abakenyezi-bo-muri-kanyosha-ya-rirare-bahagurukira-ibibazo-bibahanze\/\">Dushirehamwe :Abakenyezi bo muri Kanyosha ya Rirare bahagurukira ibibazo bibahanze<\/a><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u02c3<\/strong> <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-seconde-sindihebura-umuti-uvura-biciye-mu-gutwenga\/\">Seconde Sindihebura, umuti uvura biciye mu gutwenga<\/a><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u02c3<\/strong> <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-donavine-umukiza-wabapfakazi-bo-muri-kanyosha-ya-rirare\/\">Donavine, umukiza w\u2019abapfakazi bo muri Kanyosha ya Rirare<\/a><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u02c3<\/strong> <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-godeberte-sindayigaya-indongozi-ibushitse\/\">Godeberte Sindayigaya, indongozi ibushitse<\/a><\/p>\n\n\n\n<p><strong>\u02c3<\/strong> <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-abakenyezi-ntagereranywa-bi-butaganzwa\/\">Abakenyezi ntagereranywa b\u2019i Butaganzwa<\/a><\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ikinyamakuru Jimbere caragiriraniye ikiganiro n\u2019izo mboneza z\u2019iriko ziratsimbataza amahoro mu Burundi kandi zifashwe mu mugongo n\u2019ishirahamwe <\/strong><a rel=\"noreferrer noopener\" href=\"https:\/\/www.facebook.com\/search.burundi\/\" target=\"_blank\"><strong>Search For Common Ground<\/strong><\/a><strong>.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibihe vyarahindutse. Aho ha mbere umukenyezi\u00a0 yarazwa ishinga n\u2019ugushira inkono ku ziko gusa. Turi muri kanyosha Rural iri mu ntara ya Bujumbura Rural no muri Butaganzwa yo mu ntara ya\u00a0 Kayanza, aho dusanga abakenyezi, n\u2019abana mu mugongo, ibisate vy\u2019inkwi ku mutwe, bagenda umwe umwe, bakura ibibazo biri mu makomine yabo. Ubuhabara, ukwahukana, ugufatanana ku nguvu, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":3739,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[278],"tags":[286],"coauthors":[34],"class_list":["post-3738","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-imboneza-zabakenyezi","tag-kanyosha"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3738","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3738"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3738\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3746,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3738\/revisions\/3746"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3739"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3738"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3738"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3738"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3738"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}