{"id":3711,"date":"2019-08-09T13:32:40","date_gmt":"2019-08-09T11:32:40","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3711"},"modified":"2019-08-26T12:19:05","modified_gmt":"2019-08-26T10:19:05","slug":"mu-kirundo-ingo-17-000-zigiye-kuronswa-ingaburo-zikwije-kubera-ubuyapani","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/mu-kirundo-ingo-17-000-zigiye-kuronswa-ingaburo-zikwije-kubera-ubuyapani\/","title":{"rendered":"Mu Kirundo, ingo 17.000 zigiye kuronswa ingaburo zikwije kubera Ubuyapani"},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Umuriyoni w\u2019amafaranga y\u2019amanyamerika, ni wo igihugu c\u2019Ubuyapani kigiye gukoresha mu kiringo c\u2019amezi 11, aho kigiye gukorana n\u2019ikigo gitanga imfashanyo z\u2019ibifungurwa (PAM), mu ntumbero yo kugarukira abana bari munsi y\u2019imyaka 5 n\u2019abakenyezi bibungenze maze batsinde indwara zituruka ku gufungura nabi nk\u2019uko uwuserukira ico kigo mu Burundi, Virginia Villar Arribas yabimenyesheje.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nkuko Muganga Nzorironkankuze Jean Baptiste asanzwe ari umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikranganji  bw\u2019amagara y\u2019abantu no gukinga ikiza ruhonyanganda SIDA abimenyesha, Kirundo ni yo ntara ibangamiwe cane n\u2019ingwara zituruka ku gufungura nabi. <br>Ivyo rero bigatuma abakenyezi bibungenze  bibaruka abana badakwije ibiro, abana bari munsi y\u2019imyaka itanu na bo bakama bagwaragurika ndetse n\u2019iyo hageze gutangura ishure bikabagirira ingaruka. <\/p>\n\n\n\n<p> <strong>PAM\nmu Burundi isanzwe ikora gute?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nk&rsquo;uko M. Serigne Loum asanzwe akorera ikigo PAM yabishikirijeje, haracagurwa abakenyezi bahabwa inyigisho imbere y\u2019uko imfashanyo zitangwa mu karere kanaka ndetse no mu gihe bazitanga, kuko ngo gutanga imfungurwa gusa bidakwiye kugira ngo umuntu agire amagara meza. Abo rero baba barahawe inyigisho, ngo baraheza bakazokwigisha abandi. Izo nyigisho ngo zikaba zisubiriza igihe cose kabiri kabiri.  <\/p>\n\n\n\n<p>Umuyobozi\nVirginia Villar Arribasyagize ati: \u201c<em>Mu\nmigambi ikigo PAM gisanzwe kirangurira, gitanga imfashanyo \nz\u2019ibifungurwa aho hose bigaragara ko hibonekeza inzara<\/em>\n\u201c.<\/p>\n\n\n\n<figure class=\"wp-block-embed-twitter wp-block-embed is-type-rich is-provider-twitter\"><div class=\"wp-block-embed__wrapper\">\n<blockquote class=\"twitter-tweet\" data-width=\"550\" data-dnt=\"true\"><p lang=\"in\" dir=\"ltr\">&quot;Berwa n\u2019isuku mu gihe c\u2019ubutinyanka&quot;&#8230; Icivugo casamiranye mu ntara ya Kirundo kuri uyu wa 28 rusama 2019, mu gihe ishirahamwe <a href=\"https:\/\/twitter.com\/SacodeBurundi?ref_src=twsrc%5Etfw\">@SacodeBurundi<\/a> ryariko rirahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe isuku rijanye n\u2019ubutinyanka <a href=\"https:\/\/t.co\/F9TfYcmNON\">https:\/\/t.co\/F9TfYcmNON<\/a><a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/Burundi?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#Burundi<\/a> <a href=\"https:\/\/twitter.com\/hashtag\/MenstrualHygieneDay?src=hash&amp;ref_src=twsrc%5Etfw\">#MenstrualHygieneDay<\/a> <a href=\"https:\/\/t.co\/6ZJHCSzAZp\">pic.twitter.com\/6ZJHCSzAZp<\/a><\/p>&mdash; Jimbere (@JimbereMag) <a href=\"https:\/\/twitter.com\/JimbereMag\/status\/1136247689379753984?ref_src=twsrc%5Etfw\">June 5, 2019<\/a><\/blockquote><script async src=\"https:\/\/platform.twitter.com\/widgets.js\" charset=\"utf-8\"><\/script>\n<\/div><\/figure>\n\n\n\n<p> Kibicishije mu bushikiranganji bw\u2019amagara y\u2019abantu no gukinga ikiza ruhonyanganda SIDA mu Burundi, ico kigo giha ibifungurwa abana b\u2019abanyeshure bo mu mashure matomato, abakenyezi bibungenze imfashanyo y\u2019ibifungurwa bigizwe n\u2019ingaburo yikwije nk\u2019ifu y\u2019isoya y\u2019ubuyi ihinguwe neza n\u2019ibindi. <br><br>Ubuyapani rero bukaba buje gukorana n\u2019ico kigo aho mbere  mu bifungurwa buzotanga  n\u2019ifi zirimwo, nk\u2019uko tubikesha umuserukizi w\u2019igihgu c\u2019ubuyapani Miyashita Takayuki.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Abamaze\nkuronswa imfashanyo barakeza PAM<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mw\u2019ireresi\nyerekanwe, abakenyezi  bamaze kuronswa na PAM  inyigisho n\u2019imfunguro\nbarakenguruka, mbere bamwe baranashinga intahe bakemeza ko\nbataribwigere bibaruka abana b\u2019ibiro bishika 3. Ariko ngo kuva aho\nPAM itanguriye kubafasha, ngo bibaruka abana beza kandi bakwije\nibiro. \n<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umuriyoni w\u2019amafaranga y\u2019amanyamerika, ni wo igihugu c\u2019Ubuyapani kigiye gukoresha mu kiringo c\u2019amezi 11, aho kigiye gukorana n\u2019ikigo gitanga imfashanyo z\u2019ibifungurwa (PAM), mu ntumbero yo kugarukira abana bari munsi y\u2019imyaka 5 n\u2019abakenyezi bibungenze maze batsinde indwara zituruka ku gufungura nabi nk\u2019uko uwuserukira ico kigo mu Burundi, Virginia Villar Arribas yabimenyesheje. Nkuko Muganga Nzorironkankuze Jean Baptiste asanzwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":33,"featured_media":3714,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[203],"tags":[280,63,279],"coauthors":[231],"class_list":["post-3711","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-amagara","tag-japon","tag-kirundo","tag-pam"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3711","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/33"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3711"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3711\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3737,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3711\/revisions\/3737"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3714"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3711"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3711"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3711"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3711"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}