{"id":3594,"date":"2019-07-27T08:30:02","date_gmt":"2019-07-27T06:30:02","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3594"},"modified":"2019-08-08T11:09:32","modified_gmt":"2019-08-08T09:09:32","slug":"burundi-imboneza-zurwaruka-nabakenyizi-zo-muri-komine-muhanga-na-bugabira-zarifatiye-ingingo-zobafasha-kubaho","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-imboneza-zurwaruka-nabakenyizi-zo-muri-komine-muhanga-na-bugabira-zarifatiye-ingingo-zobafasha-kubaho\/","title":{"rendered":"Imboneza z\u2019urwaruka n\u2019abakenyezi zo muri komine Muhanga na Bugabira zarifatiye ingingo zobafasha kubaho"},"content":{"rendered":"<p class=\"western\" style=\"margin-bottom: 9.9pt\"><span lang=\"FR\">Intara<\/span><strong><span lang=\"FR\" style=\"font-size: 12.0pt;line-height: 115%\"> ya Kayanza ifise abantu baharurirwa mu bihumbi amajana umunani, abo bagatuma iyo ntara ija mu rutonde rw\u2019intara zitatu mu Burundi zibamwo abantu benshi. Iryo yongerekerana ry\u2019abantu rikaba ari isoko ry\u2019ingorane nyinshi : Indyane z\u2019amatongo, iyongerekana ry\u2019urwaruka rutagira ivyo rukora, abigeme bibungenga imbanyi batipfuza, \u2026 Reta na yo ikaba itoshobora gutorera umuti izo ngorane zose. Ni muri iyo ntumbero imboneza zo ku mitumba zigizwe n\u2019abakenyezi n\u2019urwaruka zaciye zifatira ico kibazo c\u2019ingorane zituruka kw\u2019igwiririkana ry\u2019abantu mu minwe. Izo mboneza rero zikaba ziriko zirigisha abandi ibijanye n\u2019ugutatura amatati, kwitunganiriza imigambi no kwirinda ubushurashuzi.<\/span><\/strong><\/p>\n<p class=\"western\" style=\"margin-bottom: 9.9pt\"><strong><span lang=\"FR\" style=\"font-size: 12.0pt;line-height: 115%\">Izo ngorane ziri mu Kayanza ni zo zibonekeza no mu buraruko bw\u2019igihugu, mu ntara ya Kirundo. Na ho nyene imboneza zirerekana ko ari zo nkigi mu kibano zibamwo.<\/span><\/strong><\/p>\n<p class=\"western\" style=\"margin-bottom: 9.9pt\"><strong><span lang=\"FR\" style=\"font-size: 12.0pt;line-height: 115%\">M\u00e9diatrice nk\u2019akarorero, uyo agendana umugera wa Sida, aba muri komine Bugabira. Ariko, uwo mugera ntutuma atinya kw\u2019igisha abandi uburyo bwo kuwirinda. Canke Epitace, aheruka guheza amashure yisumbuye akaba adatinya kuzinga amaboko y\u2019ishati yiwe iyo agiye kurima, n\u2019ubwo urundi rwaruka rwo ruterekwa ico gikorwa. Rero, imboneza ni abo bagore n\u2019urwaruka bose bariko barakorana inguvu zabo zose kugira babere abandi akarorero mw\u2019iterambere.<\/span><\/strong><\/p>\n<p><span lang=\"FR\" style=\"font-size: 12.0pt;line-height: 115%\">Ikinyamakuru Jimbere caragiriraniye ikiganiro n\u2019izo mboneza z\u2019iriko ziratsimbataza amahoro mu Burundi kandi zifashwe mu mugongo n\u2019ishirahamwe <a href=\"https:\/\/www.facebook.com\/search.burundi\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener noreferrer\">Search For Common Ground<\/a>.<\/span><\/p>\n<h2 class=\"western\" style=\"margin-bottom: 9.9pt\"><b><span lang=\"FR\" style=\"font-size: 12.0pt;line-height: 115%\">\u02c3 <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-imuhanga-urwaruka-rwimboneza-nubwo-ruhura-nintambamyi-ntiruva-kwizima\/\">I MUHANGA, URWARUKA RW\u2019IMBONEZA NUBWO RUHURA N\u2019INTAMBAMYI NTIRUVA KW\u2019IZIMA<\/a> <\/span><\/b><\/h2>\n<h2><strong>\u02c3 <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-baragwanya-ubukwe-budaciye-mu-mategeko\/\">BARAGWANYA UBUKWE BUDACIYE MU MATEGEKO<\/a><\/strong><\/h2>\n<h2><strong>\u02c3 \u00a0<\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-arihata-nubwo-agendana-umugera-wa-sida\/\">ARIHATA, NUBWO AGENDANA UMUGERA WA SIDA<\/a> <\/strong><\/h2>\n<h2><strong>\u02c3 \u00a0<\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-abakenyezi-bimboneza-barashaka-cane-guteza-imbere-i-komine-ya-bugabira\/\">ABAKENYEZI B\u2019IMBONEZA BARASHAKA CANE GUTEZA IMBERE I KOMINE YA BUGABIRA<\/a> <\/strong><\/h2>\n<h2><strong>\u02c3 <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-epitace-umugabo-si-urucumu\/\">EPITACE: UMUGABO SI URUCUMU\u2026<\/a> \u00a0<\/strong><\/h2>\n<p class=\"western\" style=\"margin-bottom: 9.9pt\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Intara ya Kayanza ifise abantu baharurirwa mu bihumbi amajana umunani, abo bagatuma iyo ntara ija mu rutonde rw\u2019intara zitatu mu Burundi zibamwo abantu benshi. Iryo yongerekerana ry\u2019abantu rikaba ari isoko ry\u2019ingorane nyinshi : Indyane z\u2019amatongo, iyongerekana ry\u2019urwaruka rutagira ivyo rukora, abigeme bibungenga imbanyi batipfuza, \u2026 Reta na yo ikaba itoshobora gutorera umuti izo ngorane zose. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":3597,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[278,258],"tags":[],"coauthors":[34],"class_list":["post-3594","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-imboneza-zabakenyezi","category-itorokanirizo-ryuruganda-rwa-jimbere"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3594","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3594"}],"version-history":[{"count":7,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3594\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3687,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3594\/revisions\/3687"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3597"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3594"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3594"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3594"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3594"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}