{"id":3560,"date":"2019-07-22T08:07:33","date_gmt":"2019-07-22T06:07:33","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3560"},"modified":"2019-08-08T11:10:51","modified_gmt":"2019-08-08T09:10:51","slug":"burundi-dushirehamwe-abakenyezi-baseruka","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-dushirehamwe-abakenyezi-baseruka\/","title":{"rendered":"Dushirehamwe : Abakenyezi baseruka"},"content":{"rendered":"<p><strong>Bose bari mu myaka itandukanye, Abakenyezi bo muri komine Nyabiraba baramaze kubona ko kazoza kabo kari mu bikorwa vy\u2019iminwe yabo. Ibi biri mu mubonano ikinyamakuru cagiranye na bamwe mu bakenyezi b\u2019imboneza.<\/strong><\/p>\n<p>Donavine, Anastasie, Genevi\u00e8ve , Esp\u00e9rance, tubaye turavuga abo, bari mu bakenyezi b\u2019imboneza\u00a0 bariko barahindura ibintu i Nyabiraba. Hari haheze igihe kirekire bameze nkabasigaye inyuma ariko ubu biteguriye guhindura ibintu. \u00ab<em>Abagore ntitwemerana<\/em>\u00bb, bivugwa na Donavine Nibizi, akaba ari umwigisha. God\u00e9li\u00e8ve Bukuru ntiyacitse intege amaze kubona atabaye umukuru w\u2019umutumba wa Kinyami. Agira ati: \u00ab<em> Nari nanganije amajwi n\u2019uwatsinze, baciye bashira imbere uwukuze mu myaka kugira bankuremwo\u00bb.<\/em><\/p>\n<p>Biciye ku mu gambi wa SFCG, uha ikibanza ca mbere umukenyezi, ata n\u2019umwe avuyemwo, bose ubu bashaka kugira uruhara mu guteza imbere umubano n\u2019ubutunzi muri komine yabo. Ubu bari ku gikorwa muri komine Nyabiraba, Dushirehamwe ryihaye ihangiro yo kwigisha gutatura amatati bidaciye mu ngimba, gushikana abafashwe ku nguvu mu kigo kibijejwe, kuronderera abahohotewe\u00a0 abababuranira,\u2026 Kandi ivyo bikorwa biragira ico bihindura. Bukuru agirati: \u00ab<em>Abantu benshi bari mu matati babanza kutwitura kugira tubatunganirize, imbere yo kwitura ubutungane\u00bb<\/em>.<\/p>\n<p><strong>Imboneza zibushitse<\/strong><\/p>\n<p>Bose bemeza ko batari ivyigangeso ku bijanye n\u2019uburongozi bwiza. Nkuko vyemezwa na Donavine Nibizi, \u00ab<em>Inyigisho zo kudukarihiriza ubwenge zarakomeje ubumenyi twaridusanganywe kandi twaranibukijwe ko dutegerezwa gukorera mu runani kugira dushobore kubirangura neza\u00bb.<\/em><\/p>\n<p><em>\u00a0<\/em>God\u00e9li\u00e8ve Bukuru na we nyene aravyemeza. Ni we aserukiye umugwi wabo, yaranaronkejwe urupapuro rwerekana ko yakurikiranye inyigisho zijanye n\u2019uburongozi bwiza.<\/p>\n<p>Kugira bitege ukuroranirwa mu mugambi wabo, abakenyezi bo muri Dushirehamwe bariyunze n\u2019abagabo b\u2019imvugakuri bo ku mitumba bakorerako. Abo rero bahawe izo nyigisho bakaba barishiriyeho ikirangamisi c\u2019ingene barangura ivyo bigishijwe. Bari hose mu mazoni ane agize komine ya Nyabiraba. Ibikorwa nyamukuru bakora, barubatse ishure shingiro rya Mugendo, barasanuye ibomba riri i Bubaji,\u2026<\/p>\n<p>Naho ivyo vyose Babirangurana umutima ukunze, uburyo bwo kwiyunguruza, ibikoresho vyo kwubaka hamwe n\u2019ifunguro biguma bibera intambamyi imigambi yabo.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bose bari mu myaka itandukanye, Abakenyezi bo muri komine Nyabiraba baramaze kubona ko kazoza kabo kari mu bikorwa vy\u2019iminwe yabo. Ibi biri mu mubonano ikinyamakuru cagiranye na bamwe mu bakenyezi b\u2019imboneza. Donavine, Anastasie, Genevi\u00e8ve , Esp\u00e9rance, tubaye turavuga abo, bari mu bakenyezi b\u2019imboneza\u00a0 bariko barahindura ibintu i Nyabiraba. Hari haheze igihe kirekire bameze nkabasigaye inyuma [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":18,"featured_media":3561,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[278,213],"tags":[],"coauthors":[100],"class_list":["post-3560","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-imboneza-zabakenyezi","category-ukubana"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3560","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/18"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3560"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3560\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3563,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3560\/revisions\/3563"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3561"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3560"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3560"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3560"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3560"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}