{"id":3529,"date":"2019-07-23T08:15:12","date_gmt":"2019-07-23T06:15:12","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3529"},"modified":"2019-08-08T11:10:41","modified_gmt":"2019-08-08T09:10:41","slug":"burundi-imboneza-zabakenyezi-dufise-uyu-munsi-ziriko-zica-mu-makanda-yabandi-bakenyezi-bazitangiye-imbere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-imboneza-zabakenyezi-dufise-uyu-munsi-ziriko-zica-mu-makanda-yabandi-bakenyezi-bazitangiye-imbere\/","title":{"rendered":"Imboneza z\u2019abakenyezi dufise uyu munsi ziriko zica mu makanda y\u2019abandi bakenyezi bazitangiye imbere"},"content":{"rendered":"<p><strong>Imvugo y\u2019uwu mukinyi w\u2019ivyese w\u2019umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: \u00ab<em>Abagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari intwari. Abakenyezi barikengera kuko bakura bigereranya n\u2019udukinisho\u00bb. <\/em>Iyo mvugo si yo. Kuko uwo Rita ntarigera ahonyoza ikirenge mu Rugazi. Nta n\u2019ubwo yigeze amanuka imisozi ya Nyabiraba.<\/strong><\/p>\n<p>Muri ako karere, ubutwari buriho kandi bwibonekeza mu buryo butandukanye. Mu gihe c\u2019amagume yo mu myaka ya 1990, abakenyezi b\u2019inararibonye bo mw\u2019ishirahamwe Dushirehamwe, baregeranirije hamwe impunzi zo mu Rugazi, kandi bari bahoze badacana uwaka. Muri iki gihe, abo bakenyezi bakaba bariko barakorera k\u2019uwundi muce : \u00abUguhagararira agateka k\u2019umurundikazi yacinyijwe n\u2019umuco wo kubona ko umugabo adakwiye kurekera umugore\u00a0 uburenganzira bwo kwishira no kwizana\u00bb.<br \/>\nI Nyabiraba, intwari zo mw\u2019ishirahamwe Dushirehamwe na zo nyene ni akarorero mu kibano hose kandi ni zo karorero keza ku rwaruka. Urwo rwaruka ubu bakaba barutamarira. Akarorero\u00a0 n\u2019ak\u2019amashirahamwe nka REJA na CPAJ.<\/p>\n<p><strong>\u02c3 \u00a0 <\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-akarorero-kabakenyezi-barengeye-ibibatandukanya\/\">AKARORERO K\u2019ABAKENYEZI BARENGEYE IBIBATANDUKANYA<\/a> <\/strong><\/p>\n<p><strong>\u02c3\u00a0 <\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-dushirehamwe-abakenyezi-baseruka\/\">DUSHIREHAMWE: ABAKENYEZI BARASERUKA<\/a> <\/strong><\/p>\n<p><strong>\u02c3 \u00a0 <\/strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-reja-urwaruka-rubonekera-mu-vyo-rukora\/\"><strong>REJA: \u00abURWARUKA RUBONEKERA MU VYO RUKORA \u00bb<\/strong><\/a><\/p>\n<p><strong>\u02c3 \u00a0 <\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-helmenegilde-nyunganira-imboneza-kandi-ibunezererewe\/\">HELMENEGILDE NYUNGANIRA \u00ab IMBONEZA KANDI IBUNEZEREREWE\u00bb<\/a> <\/strong><\/p>\n<p><strong>\u02c3 \u00a0\u00a0<\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-benjamin-manirambona-imboneza-mu-rwaruka\/\"> BENJAMIN MANIRAMBONA, IMBONEZA MU RWARUKA<\/a> <\/strong><\/p>\n<p><strong>\u02c3 \u00a0 <\/strong><strong><a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-i-nyabiraba-urwaruka-rurishimiye-kuba-mu-mashirahamwe\/\">I NYABIRABA, URWARUKA RURISHIMIYE KUBA MU MASHIRAHAMWE<\/a> <\/strong><\/p>\n<p>Ikinyamakuru Jimbere, caragendeye abo bakenyezi b\u2019imboneza gikoranye n\u2019ishirahamwe<strong> SFCG<\/strong> ku mugambi wiswe: \u00ab<em>Gufata mu mugongo abakenyezi n&rsquo;urwaruka b\u2019imboneza b\u2019ubu n\u2019abo muri kazoza mu ntumbero yo gusasagaza amahoro mu Burundi\u00bb.<\/em><br \/>\n__________________________________<\/p>\n<p><strong>Aya makuru yatororokanijwe n\u2019ikinyamakuru Jimbere gifashwe mu mugongo n\u2019ishirahamwe SFCG.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imvugo y\u2019uwu mukinyi w\u2019ivyese w\u2019umunyamerikakazi Rita Rudner si yo, aho yavuze ngo: \u00abAbagabo barigirira icizere muri bo kuko bakura biyumva ko ari intwari. Abakenyezi barikengera kuko bakura bigereranya n\u2019udukinisho\u00bb. Iyo mvugo si yo. Kuko uwo Rita ntarigera ahonyoza ikirenge mu Rugazi. Nta n\u2019ubwo yigeze amanuka imisozi ya Nyabiraba. Muri ako karere, ubutwari buriho kandi bwibonekeza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":18,"featured_media":3530,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[278,258],"tags":[],"coauthors":[100,113],"class_list":["post-3529","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-imboneza-zabakenyezi","category-itorokanirizo-ryuruganda-rwa-jimbere"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3529","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/18"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3529"}],"version-history":[{"count":9,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3529\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3582,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3529\/revisions\/3582"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3530"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3529"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3529"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3529"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3529"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}