{"id":3440,"date":"2019-07-07T17:00:24","date_gmt":"2019-07-07T15:00:24","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3440"},"modified":"2019-07-09T17:19:09","modified_gmt":"2019-07-09T15:19:09","slug":"burundi-erega-na-bo-nyene-baranyoterwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-erega-na-bo-nyene-baranyoterwa\/","title":{"rendered":"Erega na bo nyene baranyoterwa"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: left\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\" wp-image-3445 alignright\" src=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/07\/MARTINE-1006x1024.jpg\" alt=\"\" width=\"477\" height=\"486\" \/>Ku myaka indwi gusa! Esp\u00e9rance niho yatangura gusoma ubwa mbere ku nzoga bita <em>Camudiho<\/em>, iyo nayo ni imwe mu nzoga zengerwa hagati mu gihugu zibujijwe. Ntibitahuritse ariko ni ukuri.\u00a0Eka noneho mu ntara ya Kirundo, iyo nzoga si yo yonye ibujijwe. Ku gutinya yuko izina ryayo rimenyekana hose bavuga ko ari<em> inzoga<\/em> gusa. Biratosekaza \u00ab agateka ku mukenyezi \u00bb. Vyinshi muzovyisomera mu vyo twabatorokanije.<strong><br \/>\n<\/strong><\/p>\n<p>Mu gisara ca Bujumbura, kunywa inzoga zirenze urugero vyarimonogoje kuri bamwe mu bakunzi bazo. Kurenza ni co cerekana ko uri umukunzi wayihebeye.\u00a0Na Leslie ntavuga ibitandukanye n\u2019ivyo.<br \/>\nYatanguye kuja gukesha mu bunywero afise imyaka 17 gusa, uwo munyeshure uducupa tw\u2019 ibiyeri tumutemba neza kandi kuba anywa ntaco bimutwaye. Aho rero ntihavugwa ingorane zishobora gushikira abakenyezi banywa inzoga igihe bibungenze. (Umwana ari mu nda ntakura neza, kugira ikibazo mu bwonko, kumugara ibihimba bimwebimwe,n\u2019ibindi).<\/p>\n<p>Ata gisabwe, hihwejwe ibijanye n\u2019imico n\u2019akaranga k\u2019abarundi, ikinyamakuru Jimbere carashatse kumenya ingene umukenyezi yabona inzoga kugira barabe urugero rw\u2019ingene ibintu bigenda birahinduka. Aho rero turavye ikibanza inzoga ifise mu kibano c\u2019abarundi, birajana n\u2019uruhara umukenyezi afise nk\u2019umuntu atunganya ivyo mu rugo no mu kibano.<br \/>\nUko umukenyezi yiyumva ariko arasoma agacupa biri mu vyerekana ko nawe ariko arikukira ku bijanye n\u2019imico, dufatiye nko ku kibanza kigayitse yari afise mu bikorwa vya vugwa ko ari ivy\u2019abahungu, ivyo na vyo ni nk\u2019ivy\u2019inyubako ivy\u2019intwaro eka n\u2019ivyo kuja mu bu nywero. Bivanye n\u2019izoga\u00a0: abagore ntibaheza ngo bagire ingaruka zimwe n\u2019iz\u2019abagabo, \u2026<\/p>\n<p>Ivyo vyose Jimbere yagiye irabibona.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ku myaka indwi gusa! Esp\u00e9rance niho yatangura gusoma ubwa mbere ku nzoga bita Camudiho, iyo nayo ni imwe mu nzoga zengerwa hagati mu gihugu zibujijwe. Ntibitahuritse ariko ni ukuri.\u00a0Eka noneho mu ntara ya Kirundo, iyo nzoga si yo yonye ibujijwe. Ku gutinya yuko izina ryayo rimenyekana hose bavuga ko ari inzoga gusa. Biratosekaza \u00ab agateka [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":18,"featured_media":3445,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[249,2],"tags":[],"coauthors":[100],"class_list":["post-3440","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ijambo-ryibanze","category-opinions"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3440","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/18"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3440"}],"version-history":[{"count":7,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3440\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3460,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3440\/revisions\/3460"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3445"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3440"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3440"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3440"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3440"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}