{"id":3280,"date":"2019-06-20T10:20:37","date_gmt":"2019-06-20T08:20:37","guid":{"rendered":"https:\/\/www.jimbere.org\/amayagwa\/?p=3280"},"modified":"2019-06-28T12:21:12","modified_gmt":"2019-06-28T10:21:12","slug":"burundi-kwideribera-akabi-katemangwa-kandi-katavugwa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-kwideribera-akabi-katemangwa-kandi-katavugwa\/","title":{"rendered":"Kwideribera, akabi katemangwa kandi katavugwa"},"content":{"rendered":"<p>Uko tugiye kubayagira si nk\u2019uko tubimenyereye. Mu bisanzwe iyo Jimbere yishikiye gutororokanya amakuru, turerekana abantu batuyagiye, ibitigiri, amasanamu n\u2019ibindi vyerekana uko ibijanye n\u2019inkuru tuba turiko turatunganya imeze. Ubu hoho si ko bimeze na gato.<\/p>\n<p>Bivugwa mu bwongoshwa, ntibabigaragaza, abandi bakabivugira mu biro vyugaye, kubera ko ari agatukisha kwumva ko ishure wigako canke urereyeko canke utangako ubumenyi hakorwa ako kabi.<\/p>\n<p>Naho biri uko, urasanga umunyeshure umwe abwira mugenziwe mw\u2019ibanga ko azi umwigeme yaryamanye n\u2019umwigisha wiwe kugira ngo yunguruzwe. Ivyo rero vyoba bigirwa mu gihugu hagati co kimwe n\u2019i Bujumbura. None vyoba bibandanya no muri kaminuza ? Nta wovyemeza canke ngo abihakane.<\/p>\n<p>Ico Jimbere ishoboye gukora, muri uyu mwanya ni ukubishira ahabona.<\/p>\n<h2>&gt; <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-indero-ibiterasoni-bigoye-kuvuga\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener noreferrer\">IBITERASONI BIGOYE KUVUGA&#8230;.<br \/>\n<\/a>&gt; <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-umurundi-yamye-apfana-isoni\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener noreferrer\">UMURUNDI YAMYE APFANA ISONI\u2026<br \/>\n<\/a>&gt; <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-indero-fidela-igishushungwe\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener noreferrer\">FIDELA, IGISHUSHUNGWE<br \/>\n<\/a>&gt; <a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-amategeko-ku-bijanye-nuguhuza-ibitsina-mu-mashure-abivugako-ki\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener noreferrer\">AMATEGEKO KU BIJANYE N\u2019 UGUHUZA IBITSINA<br \/>\nMU MASHURE ABIVUGAKO IKI?<\/a><br \/>\n<a href=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/burundi-indero-fidela-igishushungwe\/\" target=\"_blank\" rel=\"noopener noreferrer\"><br \/>\n<\/a><\/h2>\n<div style=\"padding: 3px;border: 2px dotted #a5a5a5;background-color: #e3e3e3\">Kugira ngo\u2028iyi nkuru itunganywe, tubikesha Ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika bwafashe mu mugongo ikinyamakuru Jimbere. Ni mu ntubero yo kwegeranya inkuru zitohojwe neza dufatiye ku guteza imbere agateka k\u2019umukenyezi.<\/div>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uko tugiye kubayagira si nk\u2019uko tubimenyereye. Mu bisanzwe iyo Jimbere yishikiye gutororokanya amakuru, turerekana abantu batuyagiye, ibitigiri, amasanamu n\u2019ibindi vyerekana uko ibijanye n\u2019inkuru tuba turiko turatunganya imeze. Ubu hoho si ko bimeze na gato. Bivugwa mu bwongoshwa, ntibabigaragaza, abandi bakabivugira mu biro vyugaye, kubera ko ari agatukisha kwumva ko ishure wigako canke urereyeko canke utangako [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":3281,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[2],"tags":[],"coauthors":[34],"class_list":["post-3280","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-opinions"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3280","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3280"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3280\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3340,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3280\/revisions\/3340"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3281"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3280"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3280"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3280"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3280"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}