{"id":3133,"date":"2019-06-02T18:03:24","date_gmt":"2019-06-02T16:03:24","guid":{"rendered":"https:\/\/jimbere.org\/amayagwa\/?p=3133"},"modified":"2019-06-10T14:38:09","modified_gmt":"2019-06-10T12:38:09","slug":"festicab-burundi-ireresi-ni-umwuga-mushasha-urwaruka-rukwiye-kwijukira","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/festicab-burundi-ireresi-ni-umwuga-mushasha-urwaruka-rukwiye-kwijukira\/","title":{"rendered":"\u00ab\u00a0Ireresi ni umwuga mushasha urwaruka rukwiye kwijukira\u00a0\u00bb"},"content":{"rendered":"<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\"><b>\u00ab\u00a0Urwaruka rurakwiye kwijukira umwuga mushasha wo guhingura amareresi rukitandukanya n\u2019ibintu vyose vyotuma bishira ubuzima bwarwo mu kaga, maze rukabikora rufise amagara meza kugira rwubake Uburundi bwiza\u00a0\u00bb. Vyashikirijwe kuri uyu wa 31 rusama 2019 mu kigo c\u2019igishirizwamwo imyuga mu Kigobe mu gihe hariko haruguruzwa icese isabukuru igira 11 y\u2019amareresi mu Burundi (FESTICAB).<\/b><\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\">Mu gihe muri iki gihe urwaruka ruhanzwe n\u2019ingorane nyinshi nko kubura akazi, ukunywa ibiyayura mutwe, inzoga zirenze urugero hamwe n\u2019ubushakanyi, hatangunjwe kuri uyu wa 31 rusama indwi yahariwe isabukuru y\u2019amareresi mu Burundi FESTICAB igira 11 ku civugo \u00ab<\/span><span style=\"font-size: medium\"><i>Urwaruka n\u2019amagara meza\u00bb,<\/i><\/span><span style=\"font-size: medium\"> mu<\/span><span style=\"font-size: medium\"> ntumbero yo guhimiriza urwaruka kurinda ubuzima bwarwo maze rukijukira umwuga mushasha wo gukora amareresi usigaye ukenewe hose mu makungu kugira rwiteze imbere. <\/span><\/p>\n<div id=\"attachment_3135\" style=\"width: 599px\" class=\"wp-caption alignleft\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" aria-describedby=\"caption-attachment-3135\" class=\" wp-image-3135\" src=\"https:\/\/jimbere.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/Francine-Munyana-arongoye-Festicab-1024x683.jpg\" alt=\"\" width=\"589\" height=\"393\" srcset=\"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/Francine-Munyana-arongoye-Festicab-1024x683.jpg 1024w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/Francine-Munyana-arongoye-Festicab-300x200.jpg 300w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/Francine-Munyana-arongoye-Festicab-768x512.jpg 768w, https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-content\/uploads\/2019\/06\/Francine-Munyana-arongoye-Festicab.jpg 1080w\" sizes=\"auto, (max-width: 589px) 100vw, 589px\" \/><p id=\"caption-attachment-3135\" class=\"wp-caption-text\">Munyana Francine arongoye Festicab ati \u00ab\u00a0Ibishasha ni uko abantu b&rsquo;i Mugina, i Tangara, i Gatara, i Kigamba n&rsquo;Isare bazoshobora kurabira amareresi ariko arahiganwa baciye mu bigo vyagenewe ugusoma n&rsquo;imicokama CLAC\u00a0\u00bb<\/p><\/div>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\">Muri iyi minsi urwaruka rwijukiye kuraba imboneshakure, rurumva ningoga amakuru, inyigisho n\u2019ibindi bibera mu makungu biciye mu masanamu asigaye aronderwa cane. Ku bw\u2019ivyo, ico urwaruka rukeneye si ibiyayura mutwe, akaborerwe canke ubushakanyi ahubwo rukeneye gushira iguvu mu kurondera ubumenyi mu bijanye n\u2019ugukora amareresi meza ashobora kuruteza imbere rukamenyekana mu gihugu eka no mu makungu.<\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\"><b>Urwaruka rwokwijukira amareresi ameze gute?<\/b><\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\">L\u00e9once Ngabo arongoye FESTICAB agira ati: <\/span><span style=\"font-size: medium\"><i>\u00ab Twebwe muri Festicab, tujejwe kwerekana amareresi yerekana ibintu vyiza kandi birimwo inyigisho nziza; ari ibintu vy\u2019amahoro, ibintu vy\u2019umubano, amagara, imico n\u2019akaranga vy\u2019igihugu kugira urwaruka rumenye ibikenewe birufasha kwiteza imbere mu buzima bwarwo\u00bb. <\/i><\/span><span style=\"font-size: medium\">Yongerako ati: \u00ab<\/span><span style=\"font-size: medium\"><i> Naho hoba harabaye ibintu bibi, ntituvyerekana kuko kwoba ari ukwigisha urwaruka gukora nabi, nyabuna turabiyungurura ibibi tukabita tukerekana ivyiza birimwo inyigisho n\u2019impanuro urwaruka rukeneye\u00bb. <\/i><\/span><span style=\"font-size: medium\">L\u00e9once Ngabo abona ko urwaruka rwohitamwo umwuga wo gukora amareresi canecane rukitwararika gukora ayigisha kandi adatuma rushira ubuzima bwarwo mu kaga.<\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\">Excellent Nimubona umuhagarikizi wa Festicab 2019, avuga ko amareresi meza yerekana akaranga k\u2019igihugu kandi agafasha mw\u2019iterambere no mu guhindura inyifato za bamwe n\u2019abandi. Agira ati: <\/span><span style=\"font-size: medium\"><i>\u00ab Ireresi iratwigisha, idushira hamwe ikatwereka ikibanza dufise mu kibano\u00bb.<\/i><\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\"><b>Amareresi yoba yarijukiwe?<\/b><\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\">Francis Muhire umunyamabanga mukuru wa Festicab, avuga ko hari igihe amareresi y\u2019abarundi akomera ukabona ko abayakora bayijukiye n\u2019igihe basubira hasi.<\/span><i> <\/i><span style=\"font-size: medium\">L\u00e9once Ngabo na we yemeza ko mu myaka yahera bashobora kuronka nk\u2019amareresi 20 ariko uyu mwaka w\u20192019 habonetse amareresi 10 gusa, maze ngo ivyo bikaba vyavuye k\u2019ukuntu urwaruka rutahaye agaciro uwo mwuga mushasha hamwe n\u2019ibihe bigoye Uburundi bwaciyemwo. kubw\u2019iryogabanuka ry\u2019amareresi Ngabo agira ati:\u00ab<\/span><span style=\"font-size: medium\"><i> Festicab, turiko turakorana n\u2019abasanzwe badufasha nka Reta n\u2019ikigo c\u2019imico kama kugira twongereze inyubakwa zo kurabiramwo amareresi twongere turonse uburyo urwaruka rwinshi rushobora gukora amarerensi menshi kandi meza, maze rushobore kuronka ico rukora kiruteza imbere <\/i><\/span><span style=\"font-size: medium\">\u00bb. <\/span><\/p>\n<p class=\"western\"><span style=\"font-size: medium\">Mu gutsimbataza no guha ikibanza kibereye amareresi yaba ay\u2019abarundi canke ay\u2019abanyamahanga, Festicab yarihaye ihangiro ryo kwerekana amareresi uhereye mu mazoni y\u2019igisagara ca Bujumbura gushika no mu makomine yo hagati mu gihugu kugira n\u2019urwaruka rusanzwe rwo mitumba rwigishwe biciye mu mareresi. Inyigisho n\u2019ibiganiro bishingiye kuri ayo mareresi azerekanwa bikaba bitegekanijwe kugira berekane akamaro n\u2019uruhara rw\u2019amareresi mu kibano. <\/span><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>\u00ab\u00a0Urwaruka rurakwiye kwijukira umwuga mushasha wo guhingura amareresi rukitandukanya n\u2019ibintu vyose vyotuma bishira ubuzima bwarwo mu kaga, maze rukabikora rufise amagara meza kugira rwubake Uburundi bwiza\u00a0\u00bb. Vyashikirijwe kuri uyu wa 31 rusama 2019 mu kigo c\u2019igishirizwamwo imyuga mu Kigobe mu gihe hariko haruguruzwa icese isabukuru igira 11 y\u2019amareresi mu Burundi (FESTICAB). Mu gihe muri iki [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":30,"featured_media":3134,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_monsterinsights_skip_tracking":false,"_monsterinsights_sitenote_active":false,"_monsterinsights_sitenote_note":"","_monsterinsights_sitenote_category":0,"footnotes":""},"categories":[211],"tags":[227,109,232],"coauthors":[189],"class_list":["post-3133","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-imicokama","tag-clac","tag-festicab","tag-ireresi"],"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3133","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/users\/30"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3133"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3133\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":3138,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3133\/revisions\/3138"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media\/3134"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3133"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3133"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3133"},{"taxonomy":"author","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.jimberemag.org\/amayagwa\/wp-json\/wp\/v2\/coauthors?post=3133"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}