Umugirwa wo gutora ubusurira urashushe mu ntara zo mu buraruko bw’Uburundi

Nimba hari umugirwa uhurumbiwe cane n’imisore yo mu karere k’uburaruko bw’Uburundi, ni uwo bita « kuvumba canke gutora ubusurira » aho umusore mugenzi wabo yarongoreye. Nguku uko bigenda. Umunsi w’urubanza rw’ubugeni wimirije, ni ho umusore agomba ashinge urwiwe, atora abasore b’abizigirwa biwe, bazoja kumutera intege, igihe abatashe urubanza bose basubiye inyuma, abageni na bo binjiye mu … Lire la suite de Umugirwa wo gutora ubusurira urashushe mu ntara zo mu buraruko bw’Uburundi