Umugambi Menyumenyeshe ufasha urwaruka rurenga 4 700 mu ntara ya Rumonge
Uwo mugambi watanguye mu 2016. Ukaba ushirwa mu ngiro mu ma komine yose y’igihugu n’ishirahamwe Cordaid rifadikanije na Care International Burundi hamwe na UNFPA. Washizwe ho kugira ngo ufashe urwaruka rufise imyaka iri hagati ya 10 na 24 kuronka inkuru z’imvaho ku bijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza. Uwo mugambi ufashwe mu mugongo n’ubuserukizi bw’ingoma y … Lire la suite de Umugambi Menyumenyeshe ufasha urwaruka rurenga 4 700 mu ntara ya Rumonge
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer