Muri Reta bati « abana 4.000 baramaze kuva mw’ibarabara »

Inyuma y’umugambi wo gukura abana basegerereza mu bisagara, benshi muri bo barasubijwe mu miryango abandi basubizwa mu ma shure. Muti none bigeze hehe ? Ikinyamakuru Jimbere caregereye bamwe mu bana bahoze mw’ibarabara hamwe n’abavyeyi baratuyagira ubuzima babayemwo ubu. Kuva mu mwaka w’ 2016, Reta y’Uburundi ifatikanije n’amwe mu mashirahamwe yitaho agateka k’abana akorera mu Burundi barashizeho … Lire la suite de Muri Reta bati « abana 4.000 baramaze kuva mw’ibarabara »