Ngibi ibituma abakenyezi (birimizi) baronswa ingurane rusangi ku bwinshi ugereranije n’abagabo
Ubuheruka, mu kwezi kwa gatatu, Jimbere yari yashize ahabona ibiharuro vyerekana ingene mu ntara zo mu bumanuko bw’igihugu c’Uburundi ingurane zitangwa. Mu mwaka 2019, ku banyagihugu 20.933 bahawe ingurane rusangi n’amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana « COOPEC » mu ntara za Makamba, Bururi na Rutana, ibice 52% ni abakenyezi. Ibiharuro bitangaje cane mu gihe icegeranyo cakozwe mu … Lire la suite de Ngibi ibituma abakenyezi (birimizi) baronswa ingurane rusangi ku bwinshi ugereranije n’abagabo
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer