Tuyage ivy’agateka k’abana tubicishije mu bicapo

Vyaraye bibaye kuri uwu wa 9 Munyonyo aho abasore Daniel Kibamba, Don Kevin Habonimana na Hervé Ndayishima baronswa udushimwe kubw’ibicapo vyabo vyayaze bitagira umunwa ivy’agateka k’abana. Abo batatu batowe mu bacafyi 41 bariko barahiganwa. Muri ivyo birori vyabereye kw’ishure ryigisha ivy’ugucapa ETSA ry’i Gitega, hari hakoraniye abatumire batandukanye nk’abari bahagarariye ishirahamwe UNICEF, Margaux Mathez-Loic na … Lire la suite de Tuyage ivy’agateka k’abana tubicishije mu bicapo