Prodefi: « manu » y’abanyagihugu mw’iterambere
Abantu baronse inyigisho z’umugambi wa Reta Prodefi ya mbere ufashwe mu mugongo n’ikigega mpuzamakungu FIDA ngo barashobora kubandanya bashira mu ngiro ivyo bigishijwe kandi bakambandanya kubaho neza kuko ivyo wabakoreye ari igitangaza. Wabakuye mu bukene ubashira ku rugero rwo gushobora kwitunga no gutunga ababo ata ngorane nyishi bahuye. Ni mu gihe uwo mugambi uzosozera ikiringo … Lire la suite de Prodefi: « manu » y’abanyagihugu mw’iterambere
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer