Mu Mvugo, ku Muguruka n’i Kabonga amafi ariko araborana abarovyi

Muri iki gihe c’iminsi mikuru ya Noheri n’umwaka mushasha, abarovyi bo ku mweha uzwi kw’izina rya Mvugo, ku Muguruka n’i Kabonga, muri komine ya Nyanza-Lac, bariko barahura n’ingaruka zo kutagira ivyuma bikanyisha amafi bikwiye, n’ikibazo c’amatara n’amazi biguma bicikagurika. Bigatuma amafi amwe yononekara canke bakayagurisha ku giciro batipfuza kugira ntibakorere ubusa. Ivyuma 3 bikanyisha vyonyene … Lire la suite de Mu Mvugo, ku Muguruka n’i Kabonga amafi ariko araborana abarovyi