« Nawe Nuze »: kuva 2016, abakenyezi ibihumbi 46 baramaze gufashwa na Care International Burundi mu ntara ya Kirundo

Amadorari y’amanyamerika yababa 1 800 000 niyo iryo ishirahamwe rimaze gukoresha mu ntara ya Kirundo mu bisata vyo guteza imbere umukenyezi ribicishije muri uwo mugambi wo kuziganya no kuguranana, ugizwe n’abakenyezi 46.000. Ha mbavu y’ivyo harabaye ukwigisha ivy’agateka ka zina muntu, guteza imbere igiterwa c’umuceri, kurima ibiterwa vy’imboga, kwigisha gufungura neza, … Vyashikiririjwe i Bwambarangwe na … Lire la suite de « Nawe Nuze »: kuva 2016, abakenyezi ibihumbi 46 baramaze gufashwa na Care International Burundi mu ntara ya Kirundo