Ivoka, icamwa kiza kw’isonga i Gitega

Ku murwa mukuru mushasha w’Uburundi, ivoka ni irya mbere. Ni icamwa gifungurwa n’abantu benshi baba abo mu gisagara canke abo mu mitumba. Ivoka ni co camwa abantu bo mu ntara ya Gitega birukira kuko gifungurwa mu ndya nka zose. «Abanyagitega bakunda amavoka», iryo jambo ryari ryacitse nk’uruvyino mu myaka ya za 90, baririmba bakindaga imvukira … Lire la suite de Ivoka, icamwa kiza kw’isonga i Gitega