ISABU: «Haratowe ibiharage bigwiriyemwo ivyunyunyu birinda gufungura nabi»

Mu Burundi, ibice 60% vy’abantu bafungura nabi. Kubw’ivyo, mu ntumbero yo kugwanya ugufungura nabi, ikigo ISABU carakoze ubushakashatsi bwatanguye mu mwaka wa 2012, aho mu mwaka wa 2015 cashize ahabona ibiharage bigwiriyemwo icunyunyu ca Fer na Zinc. ISABU ikaba yatanguje igikorwa co guhamagarira abantu bose gufungura ivyo biharage kuko birinda ugufungura nabi. Mu Burundi, ibice … Lire la suite de ISABU: «Haratowe ibiharage bigwiriyemwo ivyunyunyu birinda gufungura nabi»