Gufatwa nabi n’incuti mu bisagara, kimwe mu bibangamira agateka k’abana

Bivanye n’ubuzima bwo mu mihingo imwe imwe ya ruguru budakunze kworohera abana ku bijanye no kwiga ngo atere imbere, abafise amahirwe yo kugira imiryango mu bisagara barakunze kuja kubayo ngo bikunde baronke ubuzima busumbirije. Muri abo bana, hari abahura n’ingorane zitari nke, bagafatwa nabi, mbere bakipfuza ubuzima bahoramwo bataraja mu kizungu. Inkuru ya Aline Girukwishaka. … Lire la suite de Gufatwa nabi n’incuti mu bisagara, kimwe mu bibangamira agateka k’abana