« Turafise ubwoba ko inyuma y’ikiza ca coronavirus bazohava bakena cane kuruta mbere »

Kubero ico kiza, ibihugu bigize akarere ka Afirika y’ubuseruka vyarasohoye itangazo kuwa 25 Ntwarante 2020 rimenyesha ingingo zidasanzwe zafashwe, nk’ukuba haragabanywa uruja n’uruza ku mbibe z’ivyo bihugu ariko ibidandazwa vyo bikabandanya bihererekanwa eka n’ayandi mabanga akarangurwa. Aka gahengwe ntikahawe abakora urudandaza njabukambibe rutoruto … Nk’uko vyerekanwa n’ibanki nkuru y’igihugu c’Uburundi (BRB) igiciro c’ivyinjiye n’ivyasohotse biciye … Lire la suite de « Turafise ubwoba ko inyuma y’ikiza ca coronavirus bazohava bakena cane kuruta mbere »