Harakenewe umwaka ugira 5 wo kuringaniza imishahara mu bakozi ba reta

Nubwo reta atako itakoze kugira umugambi wo gutunganya gushasha imishahara uje mu ngiro, biragaragara ko ukwezi kwa mbere kw’umwaka wa 2020 bitoba biraja mu ngiro kuko ibikorwa bikiri vyinshi kugira umugambi uranguke neza ata mahinyu yibonekeje.  Ivyo ni ivyashikirijwe kuri uwu 17 Kigarama 2019 na Victor Ndabaniwe arongoye urunani mpuzamasendika y’abigisha (Cossesona). Mu minsi mike … Lire la suite de Harakenewe umwaka ugira 5 wo kuringaniza imishahara mu bakozi ba reta