Hasigaye amezi 4 utumwanya twose dusubirizwe n’ibitekezo bidatitura isi: ntibizokworoha
Amezi 4 niyo asigaye ku kiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo ntihagire akamwanya kazoba kacibonekeza mu gihugu. Ni mu gihe amashirahamwe akora ibitekezo bidatitura isi akiri make ku buryo ivyo bahingura bitokwira ibice 90% vy’abanyagihugu bahora bakoresha utumwanya nk’uko Hugues Nimpagaritse, umukuru wa rimwe mu mashirahamwe abikora abimenyesha yisunze ivyigwa vyakozwe mu gisagara ca Bujumbura. Naho … Lire la suite de Hasigaye amezi 4 utumwanya twose dusubirizwe n’ibitekezo bidatitura isi: ntibizokworoha
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer